ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 20
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 20:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 13:18
  • +Gh 13:26
  • +It 25:18
  • +It 10:19

Itanguriro 20:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:13; 20:12
  • +It 12:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 12

Itanguriro 20:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:17; Zb 105:14
  • +Gus 22:22

Itanguriro 20:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:19
  • +It 18:25

Itanguriro 20:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:17; Zb 26:6

Itanguriro 20:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:7; Img 21:2; Yr 17:10
  • +It 39:9
  • +Img 6:29; 1Kr 7:1

Itanguriro 20:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:1; Zb 105:15
  • +Gus 9:20; Yb 42:8; Yak 5:16; 1Pt 3:12
  • +Ezk 3:19

Itanguriro 20:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:10; Heb 13:4
  • +Img 28:10

Itanguriro 20:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:18; 26:10

Itanguriro 20:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:1; Img 8:13
  • +It 12:12; 26:7

Itanguriro 20:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2017 rup. 12

Itanguriro 20:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:1; Ivk 7:3
  • +It 47:29; Rs 3:10; 2Sm 9:7; Kl 3:12
  • +It 12:13; Ef 5:22

Itanguriro 20:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:16

Itanguriro 20:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:6

Itanguriro 20:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “Ni ivyo kukubera igipfukisho c’amaso.” “Igipfukisho c’amaso” ni imvugo ncakagani y’igiheburayo isigura ukwemeza mu buryo buhuje n’amategeko yuko izina ry’umugore ritariko iceyi, akaba rero akuweko icagirizo mu maso y’abandi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:13; 20:2
  • +Img 12:16

Itanguriro 20:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:8; Yak 5:16

Itanguriro 20:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 20:1It 13:18
Ita. 20:1Gh 13:26
Ita. 20:1It 25:18
Ita. 20:1It 10:19
Ita. 20:2It 12:13; 20:12
Ita. 20:2It 12:15
Ita. 20:3It 12:17; Zb 105:14
Ita. 20:3Gus 22:22
Ita. 20:4Lw 18:19
Ita. 20:4It 18:25
Ita. 20:51Ng 29:17; Zb 26:6
Ita. 20:61Sm 16:7; Img 21:2; Yr 17:10
Ita. 20:6It 39:9
Ita. 20:6Img 6:29; 1Kr 7:1
Ita. 20:7Kv 7:1; Zb 105:15
Ita. 20:7Gus 9:20; Yb 42:8; Yak 5:16; 1Pt 3:12
Ita. 20:7Ezk 3:19
Ita. 20:9Lw 20:10; Heb 13:4
Ita. 20:9Img 28:10
Ita. 20:10It 12:18; 26:10
Ita. 20:11Yb 1:1; Img 8:13
Ita. 20:11It 12:12; 26:7
Ita. 20:12It 11:29
Ita. 20:13It 12:1; Ivk 7:3
Ita. 20:13It 47:29; Rs 3:10; 2Sm 9:7; Kl 3:12
Ita. 20:13It 12:13; Ef 5:22
Ita. 20:14It 12:16
Ita. 20:15It 47:6
Ita. 20:16It 12:13; 20:2
Ita. 20:16Img 12:16
Ita. 20:17Img 15:8; Yak 5:16
Ita. 20:18It 12:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 20:1-18

Itanguriro

20 Nuko Aburahamu yimura ikambi avuye ng’aho+, aja mu gihugu ca Negebu maze aba hagati y’i Kadeshi+ n’i Shuri+ yongera aba i Gerari+ ari kavamahanga. 2 Kandi Aburahamu yaza aravuga ku vyerekeye Sara umugore wiwe ati: “Ni mushikanje+.” Nuko Abimeleki umwami wa Gerari atuma kuzana Sara+. 3 Mu nyuma Imana iza kuri Abimeleki mu ndoto mw’ijoro, imubwira iti: “Ehe urapfuye kubera umugore watwaye+, kuko ari umugore w’uwundi mugabo+.” 4 Ariko Abimeleki ntiyari yamwegereye+. Ku bw’ivyo avuga ati: “Yehova, mbega wokwica ihanga rigororotse vy’ukuri+? 5 None ntiyambwiye ati: ‘Ni mushikanje’? Kandi uno na we, ntiyavuze ati: ‘Ni musazanje’? Ivyo nabigize mu kugororoka kw’umutima wanje kandi mbigirana ugutungana kw’ibiganza vyanje+.” 6 Nuko Imana y’ukuri imubwira muri nya ndoto iti: “Na jewe namenye ko ivyo wabigize mu kugororoka kw’umutima wawe+, vyongeye ni jewe kandi nariko ngutangira ngo ntuncumureko+. Ico ni co catumye ntakwemerera kumukorako+. 7 Mugabo ubu rero nusubize umugore w’uwo mugabo, kuko uwo mugabo ari umuhanuzi+, na we azotakamba ku bwawe+, ubandanye kubaho. Mugabo nutamusubiza, umenye ko uzopfa ata kabuza, mwe n’abawe bose+.”

8 Nuko Abimeleki avyuka kare mu gitondo, ahamagara abasuku biwe bose, avugira ivyo bintu vyose mu matwi yabo. Nya bantu baratinya cane. 9 Maze Abimeleki ahamagara Aburahamu, amubwira ati: “Wadukoreye ibiki, kandi nagukoreye igicumuro ki, muko uzana kuri jewe no ku bwami bwanje igicumuro gikomeye+? Wankoreye ibintu bitari bikwiye gukorwa+.” 10 Abimeleki yongera kubwira Aburahamu ati: “Washaka gushika ku ki mu gukora ico kintu+?” 11 Aburahamu na we avuga ati: “Ni uko nibwiye nti: ‘Ni ukuri nta gutinya Imana kuri aha hantu+, kandi ntibazobura kunyica kubera umugore wanje+.’ 12 Bisubiye, ni mushikanje vy’ukuri, umukobwa wa dawe, uretse ko atari umukobwa wa mawe; kandi yacitse umugore wanje+. 13 Nuko, igihe Imana yatuma nyerēra mvuye mu nzu ya dawe+, naramubwiye rero nti: ‘Ubu ni bwo buntu bwuzuye urukundo+ wongirira: Ahantu hose tuzoshika uzovuge ku binyerekeye uti: “Ni musazanje+.”’”

14 Inyuma y’ivyo Abimeleki afata intama n’inka n’abasuku n’abasukukazi abiha Aburahamu, yongera amusubiza Sara umugore wiwe+. 15 Vyongeye Abimeleki avuga ati: “Ehe igihugu canje kiri imbere yawe. Nube aho ubona ko ari heza mu maso yawe+.” 16 Abwira Sara na we ati: “Ehe mpaye koko musazawe+ ibice igihumbi vy’amahera y’ifeza. Ni ivyo kwereka abari kumwe nawe bose n’umuntu wese ko uri intungane*+, kandi urakuweko iceyi.” 17 Nuko Aburahamu atangura gutakambira Imana y’ukuri+; maze Imana ikiza Abimeleki n’umugore wiwe n’abashumbakazi biwe, baraheza batangura kuvyara abana. 18 Kuko Yehova yari yarugaye aradadira ibitereko vyose vy’ab’inzu ya Abimeleki kubera Sara umugore wa Aburahamu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika