ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 28
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 28:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 24:37; Kv 34:15; 1Bm 11:1; 1Kr 7:39; 2Kr 6:14

Itanguriro 28:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 29:16

Itanguriro 28:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:5; 46:15; 1Ng 2:1; Rm 4:17

Itanguriro 28:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:2
  • +It 15:5; Rm 9:7; Gl 3:29
  • +It 12:7; 15:13; 17:8
  • +Heb 11:9

Itanguriro 28:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:20
  • +It 24:29
  • +It 25:28

Itanguriro 28:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:1; 2Kr 6:14

Itanguriro 28:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:43; Kv 20:12; Lw 19:3

Itanguriro 28:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 24:3; 27:46

Itanguriro 28:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:2

Itanguriro 28:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:31; 27:43

Itanguriro 28:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:19

Itanguriro 28:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:6; Yb 33:15
  • +Mt 28:2; Yoh 1:51; Heb 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 28

    15/10/2003, rup. 28-29

Itanguriro 28:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:9
  • +It 26:24; Mr 12:26; Ivk 7:32
  • +It 12:7; 28:4; Zb 105:11; Ivk 7:5

Itanguriro 28:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 13:16; 1Bm 4:20
  • +It 13:14
  • +It 18:18; 22:18

Itanguriro 28:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:6; 46:4
  • +It 31:3; Gh 23:19; Yos 23:14; Heb 6:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2013, rup. 20-21

Itanguriro 28:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:6; Abc 13:22; Mt 17:6
  • +Zb 47:2; 66:5; 68:35
  • +It 35:1; Zb 27:4

Itanguriro 28:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:13

Itanguriro 28:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Bisobanura ngo “Inzu y’Imana.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 4:5; Hs 12:4
  • +It 35:6; Yos 16:2; Abc 1:23

Itanguriro 28:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 5:4
  • +Mt 6:30

Itanguriro 28:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:2; Gus 26:17

Itanguriro 28:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:1
  • +It 14:20; Lw 27:30; Mal 3:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 28:1It 24:37; Kv 34:15; 1Bm 11:1; 1Kr 7:39; 2Kr 6:14
Ita. 28:2It 29:16
Ita. 28:3It 17:5; 46:15; 1Ng 2:1; Rm 4:17
Ita. 28:4It 12:2
Ita. 28:4It 15:5; Rm 9:7; Gl 3:29
Ita. 28:4It 12:7; 15:13; 17:8
Ita. 28:4Heb 11:9
Ita. 28:5It 25:20
Ita. 28:5It 24:29
Ita. 28:5It 25:28
Ita. 28:6It 28:1; 2Kr 6:14
Ita. 28:7It 27:43; Kv 20:12; Lw 19:3
Ita. 28:8It 24:3; 27:46
Ita. 28:9It 36:2
Ita. 28:10It 11:31; 27:43
Ita. 28:11It 28:19
Ita. 28:12Gh 12:6; Yb 33:15
Ita. 28:12Mt 28:2; Yoh 1:51; Heb 1:14
Ita. 28:13Dn 7:9
Ita. 28:13It 26:24; Mr 12:26; Ivk 7:32
Ita. 28:13It 12:7; 28:4; Zb 105:11; Ivk 7:5
Ita. 28:14It 13:16; 1Bm 4:20
Ita. 28:14It 13:14
Ita. 28:14It 18:18; 22:18
Ita. 28:15It 35:6; 46:4
Ita. 28:15It 31:3; Gh 23:19; Yos 23:14; Heb 6:18
Ita. 28:17Kv 3:6; Abc 13:22; Mt 17:6
Ita. 28:17Zb 47:2; 66:5; 68:35
Ita. 28:17It 35:1; Zb 27:4
Ita. 28:18It 31:13
Ita. 28:19Abc 4:5; Hs 12:4
Ita. 28:19It 35:6; Yos 16:2; Abc 1:23
Ita. 28:20Ums 5:4
Ita. 28:20Mt 6:30
Ita. 28:21Kv 15:2; Gus 26:17
Ita. 28:22It 35:1
Ita. 28:22It 14:20; Lw 27:30; Mal 3:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 28:1-22

Itanguriro

28 Ku bw’ivyo rero Izahaki ahamagara Yakobo, aramuhezagira hanyuma amutegeka ati: “Ntuze wabire umugore mu bakobwa b’i Kanani+. 2 Haguruka, ugende i Padani-aramu ku nzu ya Betuweli se wa nyoko wawe, urondere umugore mu bakobwa ba Labani musaza wa nyoko wawe+. 3 Imana Mushoboravyose izoguhezagira, itume urondoka yongere ikugwize, kandi ntuzobura gucika ishengero ry’ibisata vy’abantu+. 4 Izoguha umuhezagiro wa Aburahamu+, wewe n’uruvyaro rwawe+, kugira wigarurire igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, ico Imana yahaye Aburahamu+.”

5 Nuko Izahaki arungika Yakobo, maze uno aja i Padani-aramu, kwa Labani mwene Betuweli Umusiriya+, musaza wa Rebeka+, nyina wa Yakobo na Esawu+.

6 Esawu abonye ko Izahaki yari yahezagiye Yakobo akongera akamurungika i Padani-aramu kuronderayo umugore, kandi ko igihe yamuhezagira yamutegetse ati: “Ntuze urondere umugore mu bakobwa b’i Kanani+”; 7 kandi ko Yakobo yariko agamburukira se wiwe na nyina wiwe, akaba yariko aja i Padani-aramu+; 8 Esawu rero abona ko abakobwa b’i Kanani batari bahimbaye mu maso ya Izahaki se wiwe+. 9 Ku bw’ivyo Esawu aja kwa Ishimayeli maze yabira Mahalati umukobwa wa Ishimayeli mwene Aburahamu, mushiki wa Nebayoti, amugira umugore yiyongera ku bagore biwe bandi+.

10 Nuko Yakobo arabandanya avuye i Beyeri-sheba, aguma agenda i Harani+. 11 Mu nyuma aza abona ashitse ahantu kanaka, maze yiyemeza kuharara kuko izuba ryari ryarenze. Atora rero rimwe mu mabuye yaho, arishiraho ngo risegure umutwe wiwe, araheza aryama aho hantu+. 12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+. 13 Kandi ehe Yehova yari hejuru yayo, maze atangura kuvuga+ ati:

“Ndi Yehova Imana ya Aburahamu so wawe n’Imana ya Izahaki+. Igihugu uryamyeko ngiye kugiha wewe n’uruvyaro rwawe+. 14 Uruvyaro rwawe ruzoba koko nk’udutete tw’umukungugu wo kw’isi+, kandi ata gukeka uzokwiragira mu burengero no mu buseruko no mu buraruko no mu bumanuko+, kandi biciye kuri wewe, biciye no ku ruvyaro rwawe, imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro+. 15 Kandi ehe ndi kumwe nawe; nzokuzigama mu nzira yose uriko ujana nongere ndakugarukane kuri ubu butaka+, kuko ntazoguta, gushika nkoze koko ivyo nakubwiye+.”

16 Maze Yakobo arikangura ava mw’itiro araheza avuga ati: “Vy’ukuri Yehova ari aha hantu, kandi jewe ubwanje sinari ndabizi.” 17 Agira ubwoba maze yongerako+ ati: “Ese ukuntu aha hantu hateye ubwoba+! Aha si ikindi atari inzu y’Imana+, kandi iri ni irembo ry’amajuru.” 18 Nuko Yakobo avyuka kare mu gitondo, afata rya buye ryari riseguye umutwe wiwe, arishinga bwa nkingi, maze asuka amavuta kw’isonga ryaryo+. 19 Vyongeye, aho hantu ahita Beteli*+; mugabo ikizwi coco ni uko Luzi ari ryo ryari izina ry’ico gisagara kera+.

20 Nuko Yakobo aragana indagano+, ati: “Imana niyagumana nanje kandi vy’ukuri ikanzigama kuri iyi nzira ndiko njana, ikampa vy’ukuri umukate wo kurya n’impuzu zo kwambara+ 21 kandi koko nkagaruka amahoro ku nzu ya dawe, Yehova azoba rero yerekanye ko ari Imana yanje+. 22 Kandi iri buye nashinze bwa nkingi rizocika inzu y’Imana+. Nayo ku vyerekeye ikintu cose uzompa, sinzobura kuguha ic’icumi caco+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika