ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 50
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 50:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:4
  • +Ums 7:2; Yoh 11:35; Ivk 8:2

Itanguriro 50:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 50:26

Itanguriro 50:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:29

Itanguriro 50:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:3

Itanguriro 50:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:31; Mt 5:33; Heb 6:16
  • +It 48:21; 1Kr 15:22
  • +It 23:17; 49:30
  • +It 46:4; 47:29; Yoh 19:38

Itanguriro 50:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:31

Itanguriro 50:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:22; Ivk 4:8

Itanguriro 50:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 32:5; 46:27

Itanguriro 50:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:43; 46:29; Ivk 8:28

Itanguriro 50:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:12
  • +Gus 1:1
  • +1Sm 31:13; Mr 5:38

Itanguriro 50:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:19

Itanguriro 50:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:29; 49:29; Ef 6:1

Itanguriro 50:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 23:17; 25:9; 35:27; 49:30

Itanguriro 50:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:41; Lw 19:17; Img 19:11; 28:1
  • +It 37:28; 42:21; Zb 105:17; Img 24:29; Lk 17:3; Rm 12:17; 1Kr 13:5

Itanguriro 50:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:12; 18:35; Lk 17:3; Ef 4:32
  • +It 37:28; 1Sm 24:17; Img 28:13; Rm 13:10
  • +2Kr 7:10

Itanguriro 50:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:7; Ef 6:7

Itanguriro 50:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:35; Rm 12:19

Itanguriro 50:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:18; 45:5; Zb 105:17; 119:71; Rm 8:28

Itanguriro 50:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:12; 1Pt 3:9

Itanguriro 50:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 7:20
  • +Yos 17:1; 1Ng 7:14
  • +It 30:3

Itanguriro 50:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:31
  • +It 12:7; 17:8; 26:3; 28:13

Itanguriro 50:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:19; Yos 24:32; Heb 11:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 28

Itanguriro 50:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 50:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 50:1It 46:4
Ita. 50:1Ums 7:2; Yoh 11:35; Ivk 8:2
Ita. 50:2It 50:26
Ita. 50:3Gh 20:29
Ita. 50:4It 18:3
Ita. 50:5It 47:31; Mt 5:33; Heb 6:16
Ita. 50:5It 48:21; 1Kr 15:22
Ita. 50:5It 23:17; 49:30
Ita. 50:5It 46:4; 47:29; Yoh 19:38
Ita. 50:6It 47:31
Ita. 50:7Zb 105:22; Ivk 4:8
Ita. 50:8It 32:5; 46:27
Ita. 50:9It 41:43; 46:29; Ivk 8:28
Ita. 50:10Mt 3:12
Ita. 50:10Gus 1:1
Ita. 50:101Sm 31:13; Mr 5:38
Ita. 50:11It 10:19
Ita. 50:12It 47:29; 49:29; Ef 6:1
Ita. 50:13It 23:17; 25:9; 35:27; 49:30
Ita. 50:15It 27:41; Lw 19:17; Img 19:11; 28:1
Ita. 50:15It 37:28; 42:21; Zb 105:17; Img 24:29; Lk 17:3; Rm 12:17; 1Kr 13:5
Ita. 50:17Mt 6:12; 18:35; Lk 17:3; Ef 4:32
Ita. 50:17It 37:28; 1Sm 24:17; Img 28:13; Rm 13:10
Ita. 50:172Kr 7:10
Ita. 50:18It 37:7; Ef 6:7
Ita. 50:19Gus 32:35; Rm 12:19
Ita. 50:20It 37:18; 45:5; Zb 105:17; 119:71; Rm 8:28
Ita. 50:21It 47:12; 1Pt 3:9
Ita. 50:231Ng 7:20
Ita. 50:23Yos 17:1; 1Ng 7:14
Ita. 50:23It 30:3
Ita. 50:24Kv 4:31
Ita. 50:24It 12:7; 17:8; 26:3; 28:13
Ita. 50:25Kv 13:19; Yos 24:32; Heb 11:22
Ita. 50:26It 50:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 50:1-26

Itanguriro

50 Maze Yozefu yubama kuri se mu maso+, araturikisha amuririrako, aramusoma+. 2 Hanyuma Yozefu ategeka abasuku biwe b’abaganga gusīga se wiwe ibimubuza kubora+. Nuko nya baganga basīga Isirayeli; 3 bamara imisi mirongo ine yuzuye bamusīga, kuko ico ari co gitigiri c’imisi basanzwe bamara mu gusīga ibibuza kubora; Abanyamisiri bamara imisi mirongo irindwi bamuririra+.

4 Amaherezo imisi yo kumuririra irahera, maze Yozefu abwira urugo rwa Farawo ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yanyu+, ndabinginze mubwire Farawo, muti: 5 ‘Dawe yarandahije+ ati: “Ehe ngira mpfe+. Mu mva yanje niyimbishirije mu gihugu ca Kanani+, haze habe ari ho umpamba+.” None rero ndakwinginze, undeke nduge guhamba dawe; nzoheza ngaruke.’” 6 Nuko Farawo avuga ati: “Duga uhambe so nk’uko yakurahije+.”

7 Yozefu rero aduga guhamba se wiwe, adugana n’abasuku ba Farawo bose, abagabo b’inararibonye+ b’urugo rwiwe n’abagabo b’inararibonye bose b’igihugu ca Misiri, 8 n’urugo rwose rwa Yozefu, na bene wabo, n’urugo rwa se wiwe+. Abana babo bakiri batoyi n’imikuku yabo n’amasho yabo ni vyo gusa basize mu gihugu ca Gosheni. 9 Adugana n’imikogote+ n’abagendera ku mafarasi, iyo kambi iba nini cane. 10 Maze bashika ku mbuga y’ikubitiro+ ya Atadi iri mu karere ka Yorodani+; bahavugiriza amaborogo menshi cane kandi akomeye cane, agira n’imigenzo y’ukugandarira se wiwe imisi indwi+. 11 Ababa muri ico gihugu, Abanyakanani, babona nya migenzo y’ukugandara ku mbuga y’ikubitiro ya Atadi, maze baratangara bati: “Iki ni ikigandaro gikomeye ku Banyamisiri!” Ni co catumye hitwa Abeli-misirayimu; haherereye mu karere ka Yorodani+.

12 Abahungu biwe bamugirira neza na neza nk’uko yari yarabategetse+. 13 Nuko abahungu biwe bamutwara mu gihugu ca Kanani, bamuhamba mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela, itongo Aburahamu yari yaraguze na Efuroni Umuheti ngo ribe itongo ryo guhambamwo yigabira, imbere ya Mamure+. 14 Yozefu amaze guhamba se wiwe, asubira mu Misiri, we hamwe na bene wabo n’abaduganye na we bose guhamba se wiwe.

15 Bene wabo na Yozefu babonye ko se apfuye, batangura kuvuga bati: “Hari aho Yozefu yoba atubikiye akazikira+, kandi ntazobura kutwishura ikibi cose twamugiriye+.” 16 Maze bamenyesha Yozefu itegeko bati: “So wawe yaratanze itegeko imbere y’uko apfa, ati: 17 ‘Ibi ni vyo muzobwira Yozefu: “Ndagusavye, ndakwinginze uharire+ umugararizo wa bene wanyu n’igicumuro cabo kuko bakugiriye nabi+.”’ None rero ndakwinginze uharire umugararizo w’abasavyi b’Imana ya so+.” Aho bavuganiye na we, Yozefu aca araturikisha ararira. 18 Hanyuma bene wabo na bo baraza, bikubita hasi imbere yiwe, bavuga bati: “Ehe turi abashumba bawe+!” 19 Maze Yozefu ababwira ati: “Ntimutinye; mbega jewe mbaye mu kibanza c’Imana+? 20 Mwebwe mwari mwiyumviriye kunkorera ikibi. Mugabo Imana yiyumviriye kugihinduramwo iciza kugira ikore ibintu nk’uko biri uyu musi: kugira izigamire ubuzima abantu benshi+. 21 Ntimutinye rero. Jewe nzoguma ndabaronsa ibifungurwa mwe n’abana banyu batoyi+.” Nuko arabahoza, avugana na bo mu buryo buhumuriza.

22 Yozefu abandanya kuba mu Misiri, we hamwe n’inzu ya se; Yozefu abaho imyaka ijana na cumi. 23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+. 24 Amaherezo Yozefu abwira bene wabo ati: “Ngiye gupfa, mugabo Imana ntizobura kubitaho+, kandi ntizobura kubadugana ikabakura muri iki gihugu ikabajana mu gihugu yarahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo+.” 25 Yozefu rero arahiza bene Isirayeli ati: “Imana ntizobura kubitaho. Namwe rero muze mudugane amagufa yanje muyakure ng’aha+.” 26 Hanyuma Yozefu arapfa, apfa afise imyaka ijana na cumi; bamusigisha ibibuza kubora+, baraheza bamushira mw’isandugu mu Misiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika