ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abami 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:4; 1Bm 2:11; 1Ng 23:1; 29:27; Zb 90:10

1 Abami 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 2:2
  • +2Sm 13:5; 1Bm 1:15
  • +Rs 4:16; 2Sm 4:4
  • +It 16:5
  • +Ums 4:11

1 Abami 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 2:17, 22
  • +Yos 19:18; 2Bm 4:8

1 Abami 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ind 4:7

1 Abami 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 3:4
  • +1Ng 3:2
  • +Img 16:18; Lk 14:11; Rm 12:16
  • +Gus 17:15
  • +2Sm 15:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2005, rup. 28-29

1 Abami 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 13:24; 29:17; Gl 6:1
  • +2Sm 14:25

1 Abami 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 20:25
  • +1Bm 2:22

1 Abami 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 8:17; Ezk 44:15
  • +2Sm 20:23; 1Ng 27:5
  • +2Sm 7:2; 12:1
  • +1Bm 4:18
  • +2Sm 23:8; 1Ng 11:10
  • +Img 24:21

1 Abami 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:12
  • +2Sm 17:17
  • +2Sm 13:23

1 Abami 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:4, 17
  • +2Sm 11:3, 27
  • +2Sm 12:24
  • +2Sm 3:4

1 Abami 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:18; 27:9; Heb 1:1
  • +Abc 9:5; 1Bm 1:21; 2Bm 11:1; Mt 21:38

1 Abami 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:9; 28:5; 29:1; Zb 132:11

1 Abami 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 19:15; 2Kr 13:1

1 Abami 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 43:30; Abc 15:1; 2Sm 13:10
  • +1Bm 1:1
  • +1Bm 1:3

1 Abami 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:23
  • +1Bm 2:20; Est 7:2

1 Abami 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:12; 1Pt 3:6
  • +1Bm 1:13; 1Ng 22:10

1 Abami 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:5
  • +1Bm 1:11

1 Abami 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:9
  • +2Sm 20:25; 1Bm 1:7
  • +2Sm 8:16; 1Bm 2:28
  • +1Bm 1:10

1 Abami 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 123:2
  • +2Sm 23:2; 1Bm 2:15, 24; 1Ng 29:1

1 Abami 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:15; 1Bm 2:10

1 Abami 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:14

1 Abami 1:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 24:8; Rm 13:7; 1Pt 2:17

1 Abami 1:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:5, 18

1 Abami 1:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:12; 1Bm 1:9
  • +1Bm 1:7
  • +2Sm 16:16; 2Ng 23:11

1 Abami 1:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:8
  • +1Ng 27:5
  • +1Bm 1:10

1 Abami 1:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:15

1 Abami 1:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 12:24; 1Bm 1:15

1 Abami 1:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 30:2; Ums 5:4; Mt 5:33
  • +1Sm 20:21
  • +Zb 19:14; 31:5; 103:4
  • +Zb 71:23
  • +2Sm 4:9; 2Kr 1:10

1 Abami 1:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:13, 17

1 Abami 1:31

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:16
  • +Neh 2:3; Dn 2:4

1 Abami 1:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:8
  • +2Sm 20:23; 23:20; 1Ng 27:5

1 Abami 1:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 20:6
  • +It 41:43; 1Bm 1:38; Est 6:8; Zk 9:9; Lk 19:35
  • +2Sm 5:8; 2Ng 32:30

1 Abami 1:34

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 10:1; 16:13; 2Bm 9:3
  • +2Sm 15:10
  • +1Sm 10:24; 2Bm 11:12; 2Ng 23:11

1 Abami 1:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:19
  • +1Ng 17:27; Yr 11:5; 28:6

1 Abami 1:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 16:13
  • +1Ng 28:20
  • +1Bm 3:12; 10:23; 2Ng 9:22; Zb 72:8

1 Abami 1:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:8
  • +2Sm 7:2
  • +1Ng 27:5
  • +1Sm 30:14; 2Sm 8:18
  • +2Sm 15:18; 1Ng 18:17
  • +1Bm 1:33; Mt 21:7
  • +2Ng 32:30

1 Abami 1:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:25; 1Sm 16:13
  • +2Sm 6:17
  • +1Sm 10:1; 1Ng 29:22
  • +1Bm 1:34

1 Abami 1:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:12; 30:29
  • +1Sm 11:15; 2Bm 11:14; Zb 97:1
  • +1Sm 4:5

1 Abami 1:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:9, 25
  • +Ivk 21:30

1 Abami 1:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:36; 17:17
  • +2Sm 18:27

1 Abami 1:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:30

1 Abami 1:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:33

1 Abami 1:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:34
  • +1Bm 1:40

1 Abami 1:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 2:12; 1Ng 29:23; Zb 132:11

1 Abami 1:47

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:37; Lk 19:38
  • +It 47:31; Heb 11:21

1 Abami 1:48

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:10; Neh 9:5; Zb 34:1; 72:18; Dn 4:34; Ef 1:3
  • +2Sm 24:3

1 Abami 1:49

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:1

1 Abami 1:50

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:14; 38:2; 1Bm 2:28

1 Abami 1:52

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 14:45; 2Sm 14:11; Ivk 27:34
  • +Gus 1:17; 1Bm 2:23; Img 13:6; 21:12
  • +Ezk 3:19

1 Abami 1:53

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Abm. 1:12Sm 5:4; 1Bm 2:11; 1Ng 23:1; 29:27; Zb 90:10
1 Abm. 1:2Est 2:2
1 Abm. 1:22Sm 13:5; 1Bm 1:15
1 Abm. 1:2Rs 4:16; 2Sm 4:4
1 Abm. 1:2It 16:5
1 Abm. 1:2Ums 4:11
1 Abm. 1:31Bm 2:17, 22
1 Abm. 1:3Yos 19:18; 2Bm 4:8
1 Abm. 1:4Ind 4:7
1 Abm. 1:51Ng 3:2
1 Abm. 1:5Img 16:18; Lk 14:11; Rm 12:16
1 Abm. 1:5Gus 17:15
1 Abm. 1:52Sm 15:1
1 Abm. 1:52Sm 3:4
1 Abm. 1:6Img 13:24; 29:17; Gl 6:1
1 Abm. 1:62Sm 14:25
1 Abm. 1:72Sm 20:25
1 Abm. 1:71Bm 2:22
1 Abm. 1:82Sm 8:17; Ezk 44:15
1 Abm. 1:82Sm 20:23; 1Ng 27:5
1 Abm. 1:82Sm 7:2; 12:1
1 Abm. 1:81Bm 4:18
1 Abm. 1:82Sm 23:8; 1Ng 11:10
1 Abm. 1:8Img 24:21
1 Abm. 1:92Sm 15:12
1 Abm. 1:92Sm 17:17
1 Abm. 1:92Sm 13:23
1 Abm. 1:112Sm 7:4, 17
1 Abm. 1:112Sm 11:3, 27
1 Abm. 1:112Sm 12:24
1 Abm. 1:112Sm 3:4
1 Abm. 1:12Img 20:18; 27:9; Heb 1:1
1 Abm. 1:12Abc 9:5; 1Bm 1:21; 2Bm 11:1; Mt 21:38
1 Abm. 1:131Ng 22:9; 28:5; 29:1; Zb 132:11
1 Abm. 1:14Gus 19:15; 2Kr 13:1
1 Abm. 1:15It 43:30; Abc 15:1; 2Sm 13:10
1 Abm. 1:151Bm 1:1
1 Abm. 1:151Bm 1:3
1 Abm. 1:161Sm 25:23
1 Abm. 1:161Bm 2:20; Est 7:2
1 Abm. 1:17It 18:12; 1Pt 3:6
1 Abm. 1:171Bm 1:13; 1Ng 22:10
1 Abm. 1:181Bm 1:5
1 Abm. 1:181Bm 1:11
1 Abm. 1:191Bm 1:9
1 Abm. 1:192Sm 20:25; 1Bm 1:7
1 Abm. 1:192Sm 8:16; 1Bm 2:28
1 Abm. 1:191Bm 1:10
1 Abm. 1:20Zb 123:2
1 Abm. 1:202Sm 23:2; 1Bm 2:15, 24; 1Ng 29:1
1 Abm. 1:21It 15:15; 1Bm 2:10
1 Abm. 1:221Bm 1:14
1 Abm. 1:231Sm 24:8; Rm 13:7; 1Pt 2:17
1 Abm. 1:241Bm 1:5, 18
1 Abm. 1:252Sm 15:12; 1Bm 1:9
1 Abm. 1:251Bm 1:7
1 Abm. 1:252Sm 16:16; 2Ng 23:11
1 Abm. 1:261Bm 1:8
1 Abm. 1:261Ng 27:5
1 Abm. 1:261Bm 1:10
1 Abm. 1:27Yoh 15:15
1 Abm. 1:282Sm 12:24; 1Bm 1:15
1 Abm. 1:29Gh 30:2; Ums 5:4; Mt 5:33
1 Abm. 1:291Sm 20:21
1 Abm. 1:29Zb 19:14; 31:5; 103:4
1 Abm. 1:29Zb 71:23
1 Abm. 1:292Sm 4:9; 2Kr 1:10
1 Abm. 1:301Bm 1:13, 17
1 Abm. 1:311Bm 1:16
1 Abm. 1:31Neh 2:3; Dn 2:4
1 Abm. 1:321Bm 1:8
1 Abm. 1:322Sm 20:23; 23:20; 1Ng 27:5
1 Abm. 1:332Sm 20:6
1 Abm. 1:33It 41:43; 1Bm 1:38; Est 6:8; Zk 9:9; Lk 19:35
1 Abm. 1:332Sm 5:8; 2Ng 32:30
1 Abm. 1:341Sm 10:1; 16:13; 2Bm 9:3
1 Abm. 1:342Sm 15:10
1 Abm. 1:341Sm 10:24; 2Bm 11:12; 2Ng 23:11
1 Abm. 1:36Zb 72:19
1 Abm. 1:361Ng 17:27; Yr 11:5; 28:6
1 Abm. 1:371Sm 16:13
1 Abm. 1:371Ng 28:20
1 Abm. 1:371Bm 3:12; 10:23; 2Ng 9:22; Zb 72:8
1 Abm. 1:381Bm 1:8
1 Abm. 1:382Sm 7:2
1 Abm. 1:381Ng 27:5
1 Abm. 1:381Sm 30:14; 2Sm 8:18
1 Abm. 1:382Sm 15:18; 1Ng 18:17
1 Abm. 1:381Bm 1:33; Mt 21:7
1 Abm. 1:382Ng 32:30
1 Abm. 1:39Kv 30:25; 1Sm 16:13
1 Abm. 1:392Sm 6:17
1 Abm. 1:391Sm 10:1; 1Ng 29:22
1 Abm. 1:391Bm 1:34
1 Abm. 1:40Yes 5:12; 30:29
1 Abm. 1:401Sm 11:15; 2Bm 11:14; Zb 97:1
1 Abm. 1:401Sm 4:5
1 Abm. 1:411Bm 1:9, 25
1 Abm. 1:41Ivk 21:30
1 Abm. 1:422Sm 18:27
1 Abm. 1:422Sm 15:36; 17:17
1 Abm. 1:431Bm 1:30
1 Abm. 1:441Bm 1:33
1 Abm. 1:451Bm 1:34
1 Abm. 1:451Bm 1:40
1 Abm. 1:461Bm 2:12; 1Ng 29:23; Zb 132:11
1 Abm. 1:471Bm 1:37; Lk 19:38
1 Abm. 1:47It 47:31; Heb 11:21
1 Abm. 1:481Ng 29:10; Neh 9:5; Zb 34:1; 72:18; Dn 4:34; Ef 1:3
1 Abm. 1:482Sm 24:3
1 Abm. 1:49Img 28:1
1 Abm. 1:50Kv 21:14; 38:2; 1Bm 2:28
1 Abm. 1:521Sm 14:45; 2Sm 14:11; Ivk 27:34
1 Abm. 1:52Gus 1:17; 1Bm 2:23; Img 13:6; 21:12
1 Abm. 1:52Ezk 3:19
1 Abm. 1:53Img 16:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
  • 51
  • 52
  • 53
Bibiliya y’isi nshasha
1 Abami 1:1-53

1 Abami

canke, hisunzwe impinduro y’ikigiriki Septante, IGITABU CA GATATU C’ABAMI

1 Umwami Dawidi yari ashaje+, yitereye mu myaka; bari basigaye bamupfuka impuzu, mugabo ntasusuruke. 2 Nuko abasuku biwe bamubwira bati: “Nibaronderere umukama wanje umwami umukobwa, umwigeme w’isugi+, aze akorere+ umwami, kugira ngo abe uwo kumubungabunga+; aze aryame mu gikiriza+ cawe, maze umukama wanje umwami azosusuruka+ koko.” 3 Nuko barondera umukobwa mwiza mu karere kose ka Isirayeli, amaherezo baronka Abishagi+ Umunyashunemukazi+ baraheza bamuzanira umwami. 4 Kandi uwo mukobwa yari mwiza bihebuje+; nuko aba uwo kubungabunga umwami, aguma amukorera, mugabo umwami ntiyarangurana na we amabanga y’abubatse.

5 Muri ico gihe cose Adoniya+ mwene Hagiti+ yariko yiduza+, avuga ati: “Ni jewe ngiye kuganza+!” Nuko yikoreshereza umukogote, yironderera abagendera ku mafarasi n’abagabo mirongo itanu birukanga imbere yiwe+. 6 Se wiwe ntiyari yarigeze amubabaza mu kumubwira ati: “Kubera iki wakoze gutyo+?” Yari afise umutumba umeze neza cane+, kandi nyina yari yamuvyaye inyuma ya Abusalomu. 7 Agirana ibiganiro na Yowabu mwene Zeruwiya be na Abiyatari+ umuherezi, bano batangura gufasha Adoniya+ no kumukurikira. 8 Nayo Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Natani+ umuhanuzi na Shimeyi+ na Reyi n’abagabo b’abanyenkomezi+ ba Dawidi, ntibifatanya+ na Adoniya.

9 Amaherezo, Adoniya agira ikimazi+ c’intama n’inka n’ibitungwa bikiri bito binuze, hafi y’ibuye rya Zoheleti, iriri iruhande ya Eni-rogeli+, araheza atumira bene wabo bose abahungu b’umwami+ n’abagabo ba Yuda bose abasuku b’umwami; 10 mugabo Natani umuhanuzi na Benaya n’abagabo b’abanyenkomezi na Salomo mwene wabo, ntiyabatumira. 11 Nuko Natani+ abwira Bati-sheba+ nyina wa Salomo+ ati: “Mbega ntiwumvise yuko Adoniya mwene Hagiti+ yabaye umwami, kandi umukama wacu Dawidi akaba ata co abiziko namba? 12 Ubu rero, ndakwinginze uze ndaguhanure nshimitse+. Kandi unyage amagara yawe n’ay’umuhungu wawe Salomo+. 13 Genda winjire aho Umwami Dawidi ari, uheze umubwire uti: ‘Mbega si wewe ga mukama wanje umwami warahiye umushumbakazi wawe uti: “Salomo umuhungu wawe ni we azoba umwami mu nyuma zanje, kandi ni we azokwicara ku ntebe y’ubwami yanje+”? Kubera iki none Adoniya yabaye umwami?’ 14 Ehe, niwaba ukiriko uravugana n’umwami ng’aho, jewe ubwanje nca ninjira mu nyuma zawe maze nemeze koko amajambo yawe+.”

15 Nuko Bati-sheba yinjira aho umwami ari mu cumba+; umwami yari ashaje cane+, Abishagi+ Umunyashunemukazi akaba yakorera umwami. 16 Maze Bati-sheba arunama+, akubita inkoro hasi imbere y’umwami, umwami na we aca avuga ati: “Ushaka gusaba iki+?” 17 Na we amubwira ati: “Mukama wanje+, umushumbakazi wawe ni wewe wamurahiye Yehova Imana yawe uti: ‘Salomo umuhungu wawe ni we azoba umwami mu nyuma zanje, kandi ni we azokwicara ku ntebe y’ubwami yanje+.’ 18 None ehe ubu Adoniya+ ni we yabaye umwami, kandi ubu umukama wanje umwami ubwiwe nta co abiziko namba+. 19 Nkako, yashikanye ibimazi vy’amashūri n’ibitungwa bikiri bito binuze n’intama ku bwinshi, yongera atumira abahungu b’umwami+ bose, na Abiyatari+ umuherezi, na Yowabu+ umukuru w’ingabo; mugabo Salomo umusuku wawe ntiyamutumiye+. 20 Kandi nawe ga mukama wanje umwami, amaso+ ya Isirayeli yose ari kuri wewe, kugira ngo uyibwire uwugiye kwicara ku ntebe y’ubwami y’umukama wanje umwami mu nyuma ziwe+. 21 Kandi ntibizobura kuba yuko umukama wanje umwami niyaba akimara kuryama hamwe na ba sekuruza+, jewe ubwanje n’umuhungu wanje Salomo tuzocika koko nk’abacumuzi.”

22 Maze ehe, akiriko aravugana n’umwami, Natani umuhanuzi arashika+. 23 Baca babwira umwami bati: “Ehe Natani umuhanuzi!” Maze uno yinjira imbere y’umwami hanyuma akubita inkoro hasi imbere y’umwami, mu maso hiwe hakora hasi+. 24 Nuko Natani avuga ati: “Mukama wanje umwami, mbega ni wewe wavuze uti: ‘Adoniya ni we azoba umwami mu nyuma zanje, kandi ni we azokwicara ku ntebe y’ubwami yanje+’? 25 Kuko uyu musi yamanutse, kugira ngo ashikane ibimazi+ vy’amashūri n’ibitungwa bikiri bito binuze n’intama vyinshi, no kugira ngo atumire abahungu b’umwami bose n’abakuru b’ingabo na Abiyatari umuherezi+; ehe bariko barira bongera banywera imbere yiwe, kandi baguma bavuga ngo: ‘Umwami Adoniya nabeho+!’ 26 Mugabo jewe umusuku wawe, jewe na Zadoki+ umuherezi na Benaya+ mwene Yehoyada na Salomo umusuku wawe, ntiyadutumiye+. 27 Nimba ico kintu cakozwe bivuye ku mukama wanje umwami, ntiwamenyesheje+ rero umusuku wawe uwukwiye kwicara ku ntebe y’ubwami y’umukama wanje umwami mu nyuma ziwe.”

28 Umwami Dawidi arishura rero, avuga ati: “Nimumpamagarire Bati-sheba+.” Maze uno yinjira imbere y’umwami, ahagarara imbere yiwe. 29 Nuko umwami ararahira+, avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, we yacunguye+ ubuzima bwanje+ akabukura mu marushwa yose+, 30 nk’uko nyene nakurahiye Yehova Imana ya Isirayeli nti: ‘Salomo umuhungu wawe ni we azoba umwami mu nyuma zanje, kandi ni we azokwicara ku ntebe y’ubwami yanje mu kibanza canje!’, ukwo ni ko nza gukora uyu musi+.” 31 Maze Bati-sheba arunama, mu maso hiwe hakora hasi, akubita inkoro hasi+ imbere y’umwami hanyuma avuga ati: “Umukama wanje Umwami Dawidi nabeho gushika igihe kitagira urugero*+!”

32 Umwami Dawidi aca avuga ati: “Nimumpamagarire Zadoki+ umuherezi na Natani umuhanuzi na Benaya+ mwene Yehoyada.” Nuko binjira imbere y’umwami. 33 Maze umwami ababwira ati: “Nimujane n’abasuku+ b’umukama wanyu, hanyuma mushire Salomo umuhungu wanje ku nyumpu yanje y’ingore+ muheze mumumanukane i Gihoni+. 34 Maze Zadoki umuherezi na Natani umuhanuzi bamurobanuze amavuta*+ ng’aho, abe umwami wo kuganza Isirayeli; namwe muvuze inzamba+, hanyuma muvuge muti: ‘Umwami Salomo nabeho+!’ 35 Muheze muduge mumukurikiye, hanyuma yinjire aheze yicare ku ntebe y’ubwami yanje; ni we azoba umwami mu kibanza canje, kandi ni we nzoshinga igikorwa co kuba indongozi ya Isirayeli n’iya Yuda.” 36 Benaya mwene Yehoyada aca yishura umwami ati: “Amen+! Yehova Imana y’umukama wanje umwami na we nyene avuge gutyo+. 37 Nk’uko nyene Yehova yabanye n’umukama wanje umwami+, abe ari ko abana na Salomo+, kandi atume intebe y’ubwami yiwe iba iyikomeye+ kuruta intebe y’ubwami y’umukama wanje Umwami Dawidi.”

38 Nuko Zadoki+ umuherezi na Natani+ umuhanuzi na Benaya+ mwene Yehoyada n’Abakereti+ n’Abapeleti+ baramanuka, bashira Salomo ku nyumpu y’ingore y’Umwami Dawidi+ hanyuma bamujana i Gihoni+. 39 Zadoki umuherezi atora rero ihembe ry’amavuta+ mw’ihema+ araheza ayarobanuza+ Salomo; batangura kuvuza inzamba, maze abantu bose basemerera bati: “Umwami Salomo nabeho+!” 40 Hanyuma abantu bose baraduga bamukurikiye, kandi abantu bariko bavuza imyironge+ bongera banezerwa akanyamuneza kenshi+, ku buryo isi+ isaduka kubera urwamo rwabo.

41 Nuko Adoniya n’abatumire bose bari kumwe na we bumva nya rwamo, mu gihe bari barangije kurya+. Yowabu yumvise ijwi ry’inzamba, aca avuga ati: “Urwo rwamo rw’igisagara kiri mu ntureka+ rusobanura iki?” 42 Akiriko aravuga, erega, Yonatani+ mwene Abiyatari umuherezi araza. Maze Adoniya avuga ati: “Niwinjire, kuko uri umugabo w’intwari, kandi ukaba uzanye inkuru nziza+.” 43 Mugabo Yonatani arishura, abwira Adoniya ati: “Oya! Umukama wacu Umwami Dawidi yimitse Salomo amugira umwami+. 44 Umwami yamurungikanye rero na Zadoki umuherezi na Natani umuhanuzi na Benaya mwene Yehoyada n’Abakereti n’Abapeleti, baraheza bamushira ku nyumpu y’ingore y’umwami+. 45 Maze Zadoki umuherezi na Natani umuhanuzi bamurobanuza amavuta i Gihoni aba umwami+; mu nyuma bava ng’aho, baduga banezerewe, kandi igisagara kiri mu ntureka. Urwo ni rwo rwamo mwumvise+. 46 Vyongeye, Salomo yicaye ku ntebe y’ubwami y’ingoma+. 47 Ikindi kandi, abasuku b’umwami baje kwipfuriza ineza umukama wacu Umwami Dawidi bati: ‘Imana yawe itume izina rya Salomo ryakaka kuruta izina ryawe, kandi itume intebe y’ubwami yiwe iba iyihambaye kuruta intebe y’ubwami yawe+!’ Umwami yaciye yunama ku gitanda+. 48 Ibi ni vyo kandi umwami yavuze: ‘Hahezagirwe+ Yehova Imana ya Isirayeli, we uno musi yatanze uwo kwicara ku ntebe y’ubwami yanje, amaso yanje bwite avyibonera+!’”

49 Nuko abatumire bose bari kumwe na Adoniya batangura kujugumira, maze barahaguruka baragenda, umwe wese ajana inzira yiwe+. 50 Nayo Adoniya, aratinya kubera Salomo. Arahaguruka rero, aragenda maze acakira amahembe y’igicaniro*+. 51 Mu nyuma Salomo amenyeshwa ngo: “Ehe Adoniya asigaye atinya Umwami Salomo; kandi ehe yafashe amahembe y’igicaniro, avuga ati: ‘Umwami Salomo nabanze andahire yuko atazokwicisha inkota umusuku wiwe.’” 52 Salomo aca avuga ati: “Niyaba umugabo w’intwari, nta gashatsi na kamwe+ kiwe kazokorokera hasi; mugabo niyabonekamwo ikibi+, azobwirizwa rero gupfa+.” 53 Nuko Umwami Salomo atuma abantu kumumanura kuri nya gicaniro. Maze araza, yunamira Umwami Salomo; hanyuma Salomo amubwira ati: “Genda i muhira iwawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika