ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 13
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abami 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 11:2, 21
  • +2Bm 8:26; 9:27
  • +2Bm 10:35
  • +2Bm 10:30

2 Abami 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15
  • +1Bm 12:28; 13:33
  • +1Bm 14:16

2 Abami 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:17; Gus 6:15; 7:4; Zb 7:11; Heb 12:29
  • +1Bm 19:17; 2Bm 8:12
  • +2Bm 13:24

2 Abami 13:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “yorosha mu maso ha.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:6; 10:10; 2Ng 33:13; Zb 78:34
  • +Gus 4:7; Zb 50:15; 65:2; 1Yh 5:14
  • +It 31:42; Kv 3:7; Abc 10:16
  • +2Bm 14:26

2 Abami 13:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:27
  • +Zb 130:4

2 Abami 13:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:29; 17:21
  • +1Bm 16:26
  • +Gus 7:5; 1Bm 14:15; 16:33

2 Abami 13:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:32
  • +Gus 28:45; 2Bm 8:12
  • +Am 1:3

2 Abami 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:19; 2Bm 10:34

2 Abami 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:35
  • +2Bm 14:8

2 Abami 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:1

2 Abami 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 13:2; Hs 5:11
  • +2Bm 10:29

2 Abami 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:8, 13; 2Ng 25:17
  • +1Bm 14:19; 2Bm 10:34

2 Abami 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:28
  • +2Bm 10:35; 13:9

2 Abami 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:16; 2Bm 5:8
  • +Zk 1:5
  • +2Bm 5:13
  • +2Bm 2:12

2 Abami 13:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 144:1

2 Abami 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:14
  • +1Sm 29:1; 1Bm 20:26

2 Abami 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 6:9

2 Abami 13:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:26
  • +2Bm 13:25

2 Abami 13:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:8
  • +2Bm 24:2
  • +2Bm 1:1

2 Abami 13:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 11:44; Heb 11:35
  • +Ivh 11:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2017, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2005, rup. 11

2 Abami 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:15; 2Bm 10:32
  • +2Bm 8:12; Zb 106:41

2 Abami 13:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 10:16; 2Bm 14:27; Neh 9:31; Zb 86:15; Yes 30:18; Int 3:32
  • +Zb 145:8; 2Kr 1:3; Ef 2:4
  • +Kv 2:24
  • +It 13:16; 17:7; 22:17; Kv 32:13
  • +It 26:3
  • +It 28:13; Lw 26:42
  • +Zb 105:8; Mik 7:20; Heb 6:18

2 Abami 13:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 13:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Abm. 13:12Bm 11:2, 21
2 Abm. 13:12Bm 8:26; 9:27
2 Abm. 13:12Bm 10:35
2 Abm. 13:12Bm 10:30
2 Abm. 13:2Gus 28:15
2 Abm. 13:21Bm 12:28; 13:33
2 Abm. 13:21Bm 14:16
2 Abm. 13:3Lw 26:17; Gus 6:15; 7:4; Zb 7:11; Heb 12:29
2 Abm. 13:31Bm 19:17; 2Bm 8:12
2 Abm. 13:32Bm 13:24
2 Abm. 13:4Abc 6:6; 10:10; 2Ng 33:13; Zb 78:34
2 Abm. 13:4Gus 4:7; Zb 50:15; 65:2; 1Yh 5:14
2 Abm. 13:4It 31:42; Kv 3:7; Abc 10:16
2 Abm. 13:42Bm 14:26
2 Abm. 13:5Neh 9:27
2 Abm. 13:5Zb 130:4
2 Abm. 13:62Bm 10:29; 17:21
2 Abm. 13:61Bm 16:26
2 Abm. 13:6Gus 7:5; 1Bm 14:15; 16:33
2 Abm. 13:72Bm 10:32
2 Abm. 13:7Gus 28:45; 2Bm 8:12
2 Abm. 13:7Am 1:3
2 Abm. 13:81Bm 14:19; 2Bm 10:34
2 Abm. 13:92Bm 10:35
2 Abm. 13:92Bm 14:8
2 Abm. 13:102Bm 14:1
2 Abm. 13:112Bm 13:2; Hs 5:11
2 Abm. 13:112Bm 10:29
2 Abm. 13:122Bm 14:8, 13; 2Ng 25:17
2 Abm. 13:121Bm 14:19; 2Bm 10:34
2 Abm. 13:132Bm 14:28
2 Abm. 13:132Bm 10:35; 13:9
2 Abm. 13:141Bm 19:16; 2Bm 5:8
2 Abm. 13:14Zk 1:5
2 Abm. 13:142Bm 5:13
2 Abm. 13:142Bm 2:12
2 Abm. 13:16Zb 144:1
2 Abm. 13:17Zb 18:14
2 Abm. 13:171Sm 29:1; 1Bm 20:26
2 Abm. 13:18Gl 6:9
2 Abm. 13:19Yes 44:26
2 Abm. 13:192Bm 13:25
2 Abm. 13:20Zb 139:8
2 Abm. 13:202Bm 24:2
2 Abm. 13:202Bm 1:1
2 Abm. 13:21Yoh 11:44; Heb 11:35
2 Abm. 13:21Ivh 11:11
2 Abm. 13:221Bm 19:15; 2Bm 10:32
2 Abm. 13:222Bm 8:12; Zb 106:41
2 Abm. 13:23Abc 10:16; 2Bm 14:27; Neh 9:31; Zb 86:15; Yes 30:18; Int 3:32
2 Abm. 13:23Zb 145:8; 2Kr 1:3; Ef 2:4
2 Abm. 13:23Kv 2:24
2 Abm. 13:23It 13:16; 17:7; 22:17; Kv 32:13
2 Abm. 13:23It 26:3
2 Abm. 13:23It 28:13; Lw 26:42
2 Abm. 13:23Zb 105:8; Mik 7:20; Heb 6:18
2 Abm. 13:252Bm 13:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
2 Abami 13:1-25

2 Abami

13 Mu mwaka ugira mirongo ibiri na gatatu wa Yehowasi+ mwene Ahaziya+ umwami wa Yuda, Yehowahazi+ mwene Yehu+ aba umwami wa Isirayeli i Samariya imyaka cumi n’indwi. 2 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, akurikira igicumuro ca Yerobowamu+ mwene Nebati, ico yacumurishije Isirayeli+. Ntiyakevya ngo akivemwo. 3 Nuko ishavu rya Yehova+ rirurumbira Isirayeli, ku buryo abatanga mu kuboko kwa Hazayeli+ umwami wa Siriya no mu kuboko kwa Beni-hadadi+ mwene Hazayeli mu misi yabo yose.

4 Mu nyuma Yehowahazi atakambira*+ Yehova, ku buryo Yehova amwumviriza+; kuko yari yabonye agahahazo kagirirwa Isirayeli+, kubera yuko umwami wa Siriya yari yarabahahaje+. 5 Nuko Yehova aha Isirayeli umukiza+, ku buryo bava munsi y’ukuboko kwa Siriya, maze bene Isirayeli babandanya kuba mu mazu yabo nka kera+. 6 (Ariko ntibava mu gicumuro c’inzu ya Yerobowamu, ico yacumurishije Isirayeli+. Agendera muri co+; mbere igikingi ceranda+ kiguma gihagaze i Samariya.) 7 Kuko ata bantu yari yarasigarije Yehowahazi atari abagendera ku mafarasi mirongo itanu n’imikogote cumi n’abagabo ibihumbi cumi bari ku maguru+, kubera yuko umwami wa Siriya yari yarabaranduye+, kugira ngo abagire nk’umukungugu wo ku mbuga y’ikubitiro+.

8 Nayo ibisigaye mu vya Yehowahazi n’ivyo yakoze vyose n’ubushobozi bwiwe, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Isirayeli? 9 Amaherezo Yehowahazi aryama hamwe na ba sekuruza, hanyuma bamuhamba i Samariya+; nuko Yehowasi+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.

10 Mu mwaka ugira mirongo itatu n’indwi wa Yehowasi umwami wa Yuda, Yehowasi+ mwene Yehowahazi aba umwami wa Isirayeli i Samariya imyaka cumi n’itandatu. 11 Abandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Ntiyava mu bicumuro vyose vya Yerobowamu mwene Nebati, ivyo yacumurishije Isirayeli+. Agendera muri vyo.

12 Nayo ibisigaye mu vya Yehowasi n’ivyo yakoze vyose n’ubushobozi bwiwe be n’ingene yarwanije+ Amaziya umwami wa Yuda, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Isirayeli? 13 Amaherezo Yehowasi aryama hamwe na ba sekuruza, hanyuma Yerobowamu+ yicara ku ntebe y’ubwami yiwe. Yehowasi na we ahambwa i Samariya hamwe n’abami ba Isirayeli+.

14 Nayo Elisha+, yari yafashwe n’indwara yari kumwica+. Nuko Yehowasi umwami wa Isirayeli amanuka aho ari maze atangura kuririra mu maso yiwe ati: “Dawe+, dawe, mukogote w’intambara wa Isirayeli n’abagendera ku mafarasi biwe+!” 15 Mugabo Elisha amubwira ati: “Tora umuheto n’imyampi.” Atora rero umuheto n’imyampi. 16 Hanyuma Elisha abwira umwami wa Isirayeli ati: “Shira ukuboko kwawe kuri uwo muheto.” Nuko awushirako ukuboko kwiwe, hanyuma Elisha ashira amaboko yiwe ku maboko+ y’umwami. 17 Maze avuga ati: “Ugurura idirisha ryerekeye mu buseruko.” Nuko araryugurura. Amaherezo Elisha avuga ati: “Rasa!” Nuko ararasa. Elisha avuga rero ati: “Umwampi wa Yehova w’ubukiriro, egome, umwampi w’ubukiriro+ wo kurwanya Siriya! Ata gukeka uzokubitira Siriya i Afeki+ gushika iherengeteye.”

18 Abandanya kuvuga ati: “Tora imyampi.” Nuko arayitora. Maze abwira umwami wa Isirayeli ati: “Kubita hasi.” Nuko akubita incuro zitatu hanyuma arahagarika+. 19 Nya muntu w’Imana y’ukuri+ aramurakarira; avuga rero ati: “Wari gukubita incuro zitanu canke zitandatu! Ni ho mu vy’ukuri wokubise Siriya gushika iherengeteye; mugabo ubu, uzokubita Siriya incuro zitatu gusa+.”

20 Inyuma y’ivyo, Elisha arapfa hanyuma baramuhamba+. Kandi hari utugwi tw’abambuzi+ tw’Abanyamowabu+ twama twinjira mu gihugu mu ntango z’umwaka. 21 Nuko bariko barahamba umuntu, baza babona akagwi k’abambuzi. Baca baterera uwo muntu mu mva ya Elisha baragenda. Uwo muntu akoze ku magufa ya Elisha, aca asubira kuba muzima+, arahagarara+.

22 Nayo Hazayeli+ umwami wa Siriya, ahahaza+ Isirayeli mu misi yose ya Yehowahazi. 23 Ariko Yehova abagirira ubutoni+ yongera abagirira imbabazi+, abasubizako agatima ku bw’isezerano+ yagiranye na Aburahamu+ na Izahaki+ na Yakobo+; ntiyashaka kubahonya+, kandi ntiyabata ngo bave imbere y’amaso yiwe, gushika n’ubu. 24 Amaherezo Hazayeli umwami wa Siriya arapfa, hanyuma Beni-hadadi umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. 25 Nuko Yehowasi mwene Yehowahazi akura mu kuboko kwa Beni-hadadi mwene Hazayeli ibisagara yari yaratwaye abikuye mu kuboko kwa Yehowahazi se wiwe mu ntambara, arabigarukana. Yehowasi amukubita incuro zitatu, maze agarukana ibisagara vya Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika