ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abami 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 2:3, 5
  • +1Bm 19:18; Img 8:13
  • +1Sm 22:2

2 Abami 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 3:27; Gl 6:10; Heb 13:16; Yak 1:27
  • +1Bm 17:12

2 Abami 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 6:41; 8:6; Yoh 2:9

2 Abami 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 14:19; 15:37
  • +Yos 5:12; 1Bm 17:14; Yoh 6:12

2 Abami 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:21; Rm 13:8
  • +Zb 128:4

2 Abami 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:18; 1Bm 1:3; Ind 6:13
  • +It 19:3; Abc 13:15; Ivk 16:15

2 Abami 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 31:11; 1Kr 11:3
  • +2Bm 2:9

2 Abami 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 3:20; 1Bm 17:19
  • +Mr 4:21
  • +Mt 10:41; Rm 12:13; Heb 13:2

2 Abami 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:29; 5:20, 27; 8:4
  • +Yos 19:18; 1Sm 28:4

2 Abami 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 16:6; Heb 6:10
  • +2Bm 2:9; 4:2
  • +2Bm 8:3
  • +2Bm 9:5
  • +2Bm 8:1

2 Abami 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:2; 30:1

2 Abami 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:10

2 Abami 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 127:3; Mt 10:41
  • +Gus 18:22

2 Abami 4:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:30

2 Abami 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:1
  • +Yes 49:15; 66:13

2 Abami 4:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:17; Ums 9:12

2 Abami 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:10
  • +2Bm 4:9

2 Abami 4:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 11:3; Ivk 9:38

2 Abami 4:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 10:10; 28:11; Ezk 46:3

2 Abami 4:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:20; 1Sm 25:20

2 Abami 4:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:12

2 Abami 4:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:9
  • +Mr 10:13
  • +2Bm 4:9
  • +Yb 29:25; 2Kr 1:4; 1Ts 5:11
  • +Img 15:13; 17:22
  • +It 18:17; Am 3:7

2 Abami 4:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:16

2 Abami 4:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:12
  • +1Bm 18:46
  • +Kv 4:17
  • +Lk 10:4
  • +Ivk 19:12

2 Abami 4:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:13; Yr 12:16
  • +1Sm 1:26; 2Bm 2:4
  • +Mt 15:28; Yoh 11:40

2 Abami 4:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 17:16; Mr 9:18
  • +Mr 5:39; Lk 8:52; Yoh 11:11

2 Abami 4:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:21

2 Abami 4:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:19; Mt 6:6
  • +1Bm 17:20; Yoh 11:41; Ivk 9:40

2 Abami 4:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:21; Ivk 20:10

2 Abami 4:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 8:1, 5

2 Abami 4:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 4:12
  • +Heb 11:35

2 Abami 4:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:23
  • +1Bm 17:24; Ivk 20:12

2 Abami 4:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 2:1
  • +Gus 28:23; 2Bm 8:1; Ezk 14:13
  • +2Bm 2:3, 5
  • +Img 8:34; Ivk 22:3
  • +2Bm 4:12
  • +Zb 37:19, 25

2 Abami 4:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:19

2 Abami 4:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 12:11
  • +1Bm 17:24; Yes 44:26

2 Abami 4:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:25; 2Bm 2:21

2 Abami 4:42

Utujambo tw'epfo

  • *

    Sayiri ni igiterwa kimeze nk’ingano.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 9:4
  • +Heb 13:16
  • +Kv 23:16; 1Sm 9:7; Gl 6:6
  • +Gus 8:8; Yoh 6:9
  • +1Kr 9:11

2 Abami 4:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 14:17; Mr 8:4
  • +Zb 132:15; Mt 14:20; Mr 8:8

2 Abami 4:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:17; Yoh 6:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Abm. 4:12Bm 2:3, 5
2 Abm. 4:11Bm 19:18; Img 8:13
2 Abm. 4:11Sm 22:2
2 Abm. 4:2Img 3:27; Gl 6:10; Heb 13:16; Yak 1:27
2 Abm. 4:21Bm 17:12
2 Abm. 4:5Mr 6:41; 8:6; Yoh 2:9
2 Abm. 4:6Mt 14:19; 15:37
2 Abm. 4:6Yos 5:12; 1Bm 17:14; Yoh 6:12
2 Abm. 4:7Zb 37:21; Rm 13:8
2 Abm. 4:7Zb 128:4
2 Abm. 4:8Yos 19:18; 1Bm 1:3; Ind 6:13
2 Abm. 4:8It 19:3; Abc 13:15; Ivk 16:15
2 Abm. 4:9Img 31:11; 1Kr 11:3
2 Abm. 4:92Bm 2:9
2 Abm. 4:10Abc 3:20; 1Bm 17:19
2 Abm. 4:10Mr 4:21
2 Abm. 4:10Mt 10:41; Rm 12:13; Heb 13:2
2 Abm. 4:122Bm 4:29; 5:20, 27; 8:4
2 Abm. 4:12Yos 19:18; 1Sm 28:4
2 Abm. 4:13Rm 16:6; Heb 6:10
2 Abm. 4:132Bm 2:9; 4:2
2 Abm. 4:132Bm 8:3
2 Abm. 4:132Bm 9:5
2 Abm. 4:132Bm 8:1
2 Abm. 4:14It 15:2; 30:1
2 Abm. 4:16It 18:10
2 Abm. 4:17Zb 127:3; Mt 10:41
2 Abm. 4:17Gus 18:22
2 Abm. 4:18Mt 13:30
2 Abm. 4:19Yb 14:1
2 Abm. 4:19Yes 49:15; 66:13
2 Abm. 4:201Bm 17:17; Ums 9:12
2 Abm. 4:212Bm 4:10
2 Abm. 4:212Bm 4:9
2 Abm. 4:22Yoh 11:3; Ivk 9:38
2 Abm. 4:23Gh 10:10; 28:11; Ezk 46:3
2 Abm. 4:24Kv 4:20; 1Sm 25:20
2 Abm. 4:252Bm 4:12
2 Abm. 4:27Mt 28:9
2 Abm. 4:27Mr 10:13
2 Abm. 4:272Bm 4:9
2 Abm. 4:27Yb 29:25; 2Kr 1:4; 1Ts 5:11
2 Abm. 4:27Img 15:13; 17:22
2 Abm. 4:27It 18:17; Am 3:7
2 Abm. 4:282Bm 4:16
2 Abm. 4:292Bm 4:12
2 Abm. 4:291Bm 18:46
2 Abm. 4:29Kv 4:17
2 Abm. 4:29Lk 10:4
2 Abm. 4:29Ivk 19:12
2 Abm. 4:30Gus 6:13; Yr 12:16
2 Abm. 4:301Sm 1:26; 2Bm 2:4
2 Abm. 4:30Mt 15:28; Yoh 11:40
2 Abm. 4:31Mt 17:16; Mr 9:18
2 Abm. 4:31Mr 5:39; Lk 8:52; Yoh 11:11
2 Abm. 4:322Bm 4:21
2 Abm. 4:331Bm 17:19; Mt 6:6
2 Abm. 4:331Bm 17:20; Yoh 11:41; Ivk 9:40
2 Abm. 4:341Bm 17:21; Ivk 20:10
2 Abm. 4:352Bm 8:1, 5
2 Abm. 4:362Bm 4:12
2 Abm. 4:36Heb 11:35
2 Abm. 4:371Sm 25:23
2 Abm. 4:371Bm 17:24; Ivk 20:12
2 Abm. 4:382Bm 2:1
2 Abm. 4:38Gus 28:23; 2Bm 8:1; Ezk 14:13
2 Abm. 4:382Bm 2:3, 5
2 Abm. 4:38Img 8:34; Ivk 22:3
2 Abm. 4:382Bm 4:12
2 Abm. 4:38Zb 37:19, 25
2 Abm. 4:39Yes 26:19
2 Abm. 4:40Yb 12:11
2 Abm. 4:401Bm 17:24; Yes 44:26
2 Abm. 4:41Kv 15:25; 2Bm 2:21
2 Abm. 4:421Sm 9:4
2 Abm. 4:42Heb 13:16
2 Abm. 4:42Kv 23:16; 1Sm 9:7; Gl 6:6
2 Abm. 4:42Gus 8:8; Yoh 6:9
2 Abm. 4:421Kr 9:11
2 Abm. 4:43Mt 14:17; Mr 8:4
2 Abm. 4:43Zb 132:15; Mt 14:20; Mr 8:8
2 Abm. 4:44Lk 9:17; Yoh 6:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
Bibiliya y’isi nshasha
2 Abami 4:1-44

2 Abami

4 Nuko umugore umwe wo mu bagore b’abahungu+ b’abahanuzi asemerera yerekeza kuri Elisha, ati: “Umusuku wawe, umugabo wanje, yarapfuye; kandi wewe ubwawe urazi neza yuko umusuku wawe yama atinya+ Yehova; uwufitiwe ideni+ yaje gutwara abana banje bompi ngo abagire abashumba biwe.” 2 Elisha aca amubwira ati: “Ndakugirire iki+? Mbwira; ufise iki mu nzu?” Na we ati: “Umusukukazi wawe nta co afise namba mu nzu atari umubindi w’amavuta ufise umunwa muremure+.” 3 Maze avuga ati: “Genda wisabire ivyombo hanze, mu babanyi bawe bose, ivyombo bigaragara. Nturondere bike gusa. 4 Uheze ugende, wiyugarane n’abahungu bawe, hanyuma usuke amavuta muri ivyo vyombo vyose, ivyuzuye ubishire ku ruhande.” 5 Aca aragenda avuye aho ari.

Yiyugaranye n’abahungu biwe, bano batangura kuzana ivyombo hafi yiwe, nawe akaza arasuka+. 6 Nya vyombo bikimara kwuzura, abwira umuhungu wiwe ati: “Zana n’ikindi combo hafi yanje+.” Mugabo amubwira ati: “Nta kindi combo kiriho.” Nya mavuta aca arahagarara+. 7 Nuko arinjira, avyiganira wa muntu w’Imana y’ukuri; na we avuga rero ati: “Genda ugurishe ayo mavuta uheze urihe imyenda yawe+, hanyuma wewe n’abahungu bawe muzobeshwaho n’ibizoba bisigaye+.”

8 Umusi umwe, Elisha aca i Shunemu+, ahari umugore w’umumenyekana, maze uno atangura kumugobera+ ngo arye umukate. Igihe cose yaba ahaciye, yarakeberezayo kugira ngo arye umukate. 9 Amaherezo uwo mugore abwira umugabo wiwe+ ati: “Ehe rero, ndazi neza yuko ari umuntu mweranda w’Imana+ yama aca iwacu. 10 Ndakwinginze tumukorere icumba co hejuru+ gitoyi ku ruhome hanyuma tumushirireyo uburiri n’imeza n’intebe n’igitereko c’amatara+; maze igihe cose azoba aje iwacu azoshobora gukeberezayo+.”

11 Umusi umwe yinjirayo nk’uko bisanzwe; akebereza muri ca cumba co hejuru araheza aryamayo. 12 Nuko abwira Gehazi+ umusuku wiwe ati: “Hamagara uwo mugore w’Umunyashunemukazi+.” Aca aramuhamagara kugira ngo ahagarare imbere yiwe. 13 Maze abwira Gehazi ati: “Ndakwinginze umubwire uti: ‘Ehe wariyimye ivyo bintu vyose kubera twebwe+. None twogufasha iki+? Hari ico ufise bokubwirira umwami+ canke umukuru+ w’ingabo?’” Na we avuga ati: “Oya, kuko nibera mu b’iwacu+.” 14 Elisha yongerako ati: “None uwo mugore twomufasha iki?” Gehazi avuga rero ati: “Mu vy’ukuri nta muhungu afise+, kandi umugabo wiwe arashaje.” 15 Aca avuga ati: “Muhamagare.” Nuko aramuhamagara, hanyuma nya mugore aguma ahagaze ku bwinjiriro. 16 Maze avuga ati: “Mu mwaka uza, kuri iki gihe cashinzwe, uzoba uriko ugumbira umuhungu+.” Mugabo nya mugore avuga ati: “Oya databuja, ewe muntu w’Imana y’ukuri! Ntubeshe ku bijanye n’umusukukazi wawe.”

17 Ariko uwo mugore aribungenga hanyuma yibaruka umuhungu+ mu mwaka ukurikira kuri ico gihe cashinzwe, nk’uko Elisha yari yaramubwiye+. 18 Uwo mwana aguma akura; umusi umwe arasohoka nk’uko bisanzwe aja kwa se, uno akaba yari kumwe n’abashwabuzi+. 19 Aguma abwira se wiwe ati: “Umutwe wanje, yoo umutwe wanje+!” Amaherezo abwira umusuku ati: “Mutware kwa nyina+.” 20 Aramutwara rero, amushira nyina. Nuko aguma yicaye ku mavi ya nyina gushika ku mutaga, arateba arapfa+. 21 Maze araduga, amuryamika ku buriri+ bwa wa muntu w’Imana y’ukuri+ araheza aramwugarana hanyuma arasohoka. 22 Nuko ahamagara umugabo wiwe, avuga ati: “Ndakwinginze undungikire umwe mu basuku n’imwe mu ndogobwa z’ingore, mpeze niruke gushika kuri wa muntu w’Imana y’ukuri hanyuma ngaruke+.” 23 Mugabo avuga ati: “Kubera iki ugiye kuri we uno musi? Erega si imboneko y’ukwezi+ canke isabato.” Ariko nya mugore avuga ati: “Nta ngorane.” 24 Ashira itandiko kuri nya ndogobwa+, abwira umusuku wiwe ati: “Yiyobore ugende. Ntiwitinye kuyiyobora ngo ni kubera jewe, kiretse ndabikubwiye.”

25 Nuko aragenda maze ashika kuri wa muntu w’Imana y’ukuri ku musozi Karumeli. Nya muntu w’Imana y’ukuri akimubona nka hariya, aca abwira Gehazi umusuku wiwe+ ati: “Ehe wa mugore w’Umunyashunemukazi hariya. 26 Ndakwinginze rero wiruke guhura na we maze umubwire uti: ‘Ni impore? Umugabo wawe ari impore? Wa mwana ari impore?’” Nya mugore na we avuga ati: “Ni impore.” 27 Ashitse kuri nya muntu w’Imana y’ukuri ku musozi, aca amufata ku birenge+. Gehazi aca aregera ngo amusunure+, mugabo nya muntu w’Imana y’ukuri+ avuga ati: “Mureke+, kuko adundumiwe mu mutima+; Yehova ubwiwe yabimpishije+, ntiyabimenyesheje.” 28 Nya mugore avuga rero ati: “Mbega hari umuhungu nasavye biciye ku mukama wanje? Sinavuze nti: ‘Ntutume ngira icizigiro kitari co+’?”

29 Elisha aca abwira Gehazi+ ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ maze ufate inkoni yanje+ mu kuboko kwawe uheze ugende. Nihagira uwo muhura, ntumuramutse+; kandi nihagira uwukuramutsa, ntumwishure. Hanyuma ushire inkoni yanje mu maso h’ako gahungu+.” 30 Nyina wa nya gahungu aca avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+ n’ukubaho kwawe+, simvana nawe+.” Nuko Elisha arahaguruka hanyuma ajana na we. 31 Maze Gehazi arabarengana agenda imbere yabo hanyuma ashira nya nkoni mu maso ha nya gahungu, mugabo ntihagira ijwi ryumvikana canke ngo hagire agakoma+. Asubira inyuma rero guhura na we maze arabimumenyesha, avuga ati: “Ka gahungu ntikikanguye+.”

32 Amaherezo Elisha ashika mu nzu, asanga nya gahungu kapfuye, karyamitswe ku buriri bwiwe+. 33 Nuko arinjira araheza ariyugarana we n’ako gahungu+ hanyuma atangura gusenga Yehova+. 34 Amaherezo arurira hanyuma aryama kuri nya mwana+; ashira umunwa wiwe ku munwa wa nya mwana n’amaso yiwe ku maso ya nya mwana n’ibiganza vyiwe ku biganza vya nya mwana, aguma yubaraye kuri we; maze umubiri wa nya mwana buhorobuhoro urasusuruka. 35 Maze Elisha atangura kwongera kugendagenda mu nzu, aja aha na hariya, hanyuma arurira maze yubarara kuri we. Nya gahungu gatangura kwasamura gushika ku ncuro indwi, hanyuma karakanura+. 36 Nuko ahamagara Gehazi hanyuma avuga ati: “Hamagara uwo mugore w’Umunyashunemukazi+.” Aramuhamagara rero, yinjira aho Elisha ari. Maze avuga ati: “Tora umuhungu wawe+.” 37 Nuko arinjira, agwa ku birenge vyiwe araheza aramwunamira ashika hasi+, hanyuma atora umwana wiwe, arasohoka+.

38 Elisha asubira i Gilugali+, kandi hari ikigoyi+ mu gihugu. Kubera ko abahungu+ b’abahanuzi bari bicaye imbere yiwe+, amaherezo abwira umusuku wiwe+ ati: “Shira ku ziko ya nkono nini uheze utekere isupu abahungu b’abahanuzi+.” 39 Nuko umuntu umwe arasohoka aja mu gahinga kwaha utubabi tw’agati k’umwora+, maze abona umutanga araheza awamurako imitangatanga, yuzuza impuzu yiwe, maze araza, ayikekagurira muri ya nkono y’isupu, kuko batari bazi ivyo ari vyo. 40 Mu nyuma barayisuka kugira nya bagabo barye. Bakimara kurya kuri nya supu, baca batangura gusemerera bati: “Muri iyi nkono hariyo urupfu+, ewe muntu w’Imana y’ukuri+.” Ntibashobora kurya. 41 Maze avuga ati: “Nimuzane rero ifu.” Amaze kuyiterera muri nya nkono, avuga ati: “Sukira abantu barye.” Ntihagira ikintu kibi kiba muri nya nkono+.

42 Nuko umugabo umwe arashika avuye i Bayali-shalisha+, aza azaniye+ nya muntu w’Imana y’ukuri umukate wo mu vyamwa vya mbere vyeze+, imikate mirongo ibiri ya sayiri*+, n’intete nshasha mw’isaho yiwe y’umukate. Maze avuga ati: “Bihe abantu barye+.” 43 Ariko uwamusereva avuga ati: “Ibi nobishira gute imbere y’abagabo ijana+?” Na we avuga ati: “Nubihe abantu barye, kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Baraza kurya, hagire n’ibisigara+.’” 44 Aca abishira imbere yabo, maze batangura kurya, kandi bagira n’ivyo basigaza, nk’uko ijambo rya Yehova ryari+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika