ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 22
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 22:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:5; 2Ng 3:1
  • +2Sm 24:18

1 Ngoma 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 9:21; 2Ng 2:17
  • +1Bm 5:17
  • +1Bm 6:7; 7:9

1 Ngoma 22:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 7:47

1 Ngoma 22:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:11
  • +1Bm 5:6
  • +2Ng 2:3

1 Ngoma 22:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 3:7; 1Ng 29:1
  • +2Ng 2:5; Zb 68:29
  • +Yes 64:11; Hg 2:3
  • +Ums 9:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2017, rup. 29

1 Ngoma 22:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:2; 1Bm 8:17; Zb 132:5
  • +Gus 12:5

1 Ngoma 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:3
  • +1Bm 5:3
  • +1Ng 17:4; 2Ng 6:9

1 Ngoma 22:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Rivuye kw’ijambo risobanura “amahoro.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:12; 1Ng 28:5
  • +1Bm 4:25; 5:4
  • +2Sm 12:24
  • +Zb 72:7; Yes 9:7

1 Ngoma 22:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 5:5; 1Ng 17:12
  • +1Ng 17:13
  • +2Sm 7:14; Heb 1:5
  • +1Ng 17:14; Zb 89:36

1 Ngoma 22:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:20

1 Ngoma 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 1:10; Zb 72:1
  • +Gus 4:6; Zb 19:11

1 Ngoma 22:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 1:8; 1Bm 2:3
  • +Gus 12:1; 17:19
  • +Lw 19:37; 1Ng 28:7
  • +Gh 36:13
  • +Yos 1:6; 1Ng 28:20
  • +Gus 31:6
  • +Yos 1:9; 2Tm 1:7

1 Ngoma 22:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:1; Rm 8:22
  • +1Ng 29:4
  • +1Ng 29:2
  • +1Ng 29:7

1 Ngoma 22:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 5:17; 6:7; 7:9
  • +1Bm 7:14; Img 22:29

1 Ngoma 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:3
  • +Fp 2:13
  • +2Ng 1:1; Rm 8:31

1 Ngoma 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:12
  • +2Sm 7:1; Img 16:7
  • +2Sm 5:20; Zb 44:2

1 Ngoma 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:29
  • +2Ng 20:3; Dn 9:3
  • +2Ng 20:8
  • +1Bm 6:1
  • +1Bm 8:6, 21; 2Ng 5:7
  • +Gus 12:21; 1Bm 8:29; 9:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 22:1Gus 12:5; 2Ng 3:1
1 Ngo. 22:12Sm 24:18
1 Ngo. 22:21Bm 9:21; 2Ng 2:17
1 Ngo. 22:21Bm 5:17
1 Ngo. 22:21Bm 6:7; 7:9
1 Ngo. 22:31Bm 7:47
1 Ngo. 22:42Sm 5:11
1 Ngo. 22:41Bm 5:6
1 Ngo. 22:42Ng 2:3
1 Ngo. 22:51Bm 3:7; 1Ng 29:1
1 Ngo. 22:52Ng 2:5; Zb 68:29
1 Ngo. 22:5Yes 64:11; Hg 2:3
1 Ngo. 22:5Ums 9:10
1 Ngo. 22:72Sm 7:2; 1Bm 8:17; Zb 132:5
1 Ngo. 22:7Gus 12:5
1 Ngo. 22:81Ng 28:3
1 Ngo. 22:81Bm 5:3
1 Ngo. 22:81Ng 17:4; 2Ng 6:9
1 Ngo. 22:92Sm 7:12; 1Ng 28:5
1 Ngo. 22:91Bm 4:25; 5:4
1 Ngo. 22:92Sm 12:24
1 Ngo. 22:9Zb 72:7; Yes 9:7
1 Ngo. 22:101Bm 5:5; 1Ng 17:12
1 Ngo. 22:101Ng 17:13
1 Ngo. 22:102Sm 7:14; Heb 1:5
1 Ngo. 22:101Ng 17:14; Zb 89:36
1 Ngo. 22:111Ng 28:20
1 Ngo. 22:122Ng 1:10; Zb 72:1
1 Ngo. 22:12Gus 4:6; Zb 19:11
1 Ngo. 22:13Yos 1:8; 1Bm 2:3
1 Ngo. 22:13Gus 12:1; 17:19
1 Ngo. 22:13Lw 19:37; 1Ng 28:7
1 Ngo. 22:13Gh 36:13
1 Ngo. 22:13Yos 1:6; 1Ng 28:20
1 Ngo. 22:13Gus 31:6
1 Ngo. 22:13Yos 1:9; 2Tm 1:7
1 Ngo. 22:14Yb 14:1; Rm 8:22
1 Ngo. 22:141Ng 29:4
1 Ngo. 22:141Ng 29:2
1 Ngo. 22:141Ng 29:7
1 Ngo. 22:151Bm 5:17; 6:7; 7:9
1 Ngo. 22:151Bm 7:14; Img 22:29
1 Ngo. 22:161Ng 22:3
1 Ngo. 22:16Fp 2:13
1 Ngo. 22:162Ng 1:1; Rm 8:31
1 Ngo. 22:18Abc 6:12
1 Ngo. 22:182Sm 7:1; Img 16:7
1 Ngo. 22:182Sm 5:20; Zb 44:2
1 Ngo. 22:19Gus 4:29
1 Ngo. 22:192Ng 20:3; Dn 9:3
1 Ngo. 22:192Ng 20:8
1 Ngo. 22:191Bm 6:1
1 Ngo. 22:191Bm 8:6, 21; 2Ng 5:7
1 Ngo. 22:19Gus 12:21; 1Bm 8:29; 9:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 22:1-19

1 Ngoma

22 Maze Dawidi avuga ati: “Aha ni ho nzu+ ya Yehova Imana y’ukuri, kandi iki ni co gicaniro+ co gushikanirako ishikanwa riturirwa ku bwa Isirayeli.”

2 Nuko Dawidi avuga ko bakoranya ba kavamahanga+ bari mu gihugu ca Isirayeli, maze abagira ababaji b’amabuye+ kugira ngo babaze amabuye+ y’ikwadarato yo kwubaka inzu y’Imana y’ukuri. 3 Vyongeye, Dawidi ategura ivyuma vyinshi vyo gukoramwo imisumari y’imiryango y’amarembo n’ivyo gukoramwo ibidadizo, ategura n’umujumpu mwinshi utoshobora gupimwa+, 4 be n’ibiti vy’amasederi+ bitagira igitigiri; kuko Abanyasidoni+ n’Abanyatiro+ bari bazaniye Dawidi ibiti vy’amasederi vyinshi. 5 Dawidi avuga rero ati: “Salomo umuhungu wanje aracari muto kandi nta nkomezi aragira+, kandi inzu igiye kwubakirwa Yehova izoba ari iy’agatangaza bimwe bihebuje+, kugira ngo ibe ntangere mu bwiza+ ku bihugu vyose. Hinge rero ndamugirire imyiteguro.” Nuko Dawidi ategura ibintu vyinshi imbere y’uko apfa+.

6 Vyongeye, ahamagara Salomo umuhungu wiwe kugira ngo amutegeke kwubakira inzu Yehova Imana ya Isirayeli. 7 Nuko Dawidi abwira Salomo umuhungu wiwe ati: “Jewe ubwanje naragize icipfuzo mu mutima wanje+ co kwubakira inzu izina+ rya Yehova Imana yanje. 8 Mugabo ijambo rya Yehova ryaje kuri jewe riti: ‘Wavishije amaraso menshi+ kandi warwanye intambara zikomakomeye+. Ntuzokwubakira inzu izina ryanje+, kuko wavishije amaraso menshi kw’isi imbere yanje. 9 Ehe uzovyarirwa umuhungu+. Azoba umugabo arangwa n’akaruhuko, kandi nzomuha ata gukeka kuruhuka abansi biwe bose impande zose+; kuko azokwitwa Salomo*+, kandi nzoha amahoro+ n’impore Isirayeli mu misi yiwe. 10 Ni we azokwubakira inzu izina ryanje+, kandi azombera umwana+, nanje ndamubere se+. Sinzobura gushimangira intebe y’ubwami y’ingoma yiwe+ kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero.’

11 “None rero mwananje, Yehova abane nawe; uze uroranirwe, wubake inzu ya Yehova Imana yawe, nk’uko yavuze ku bikwerekeye+. 12 Gusa, Yehova aguhe ukwiyubara n’ugutegera+, kandi aguhe ibwirizwa ku vyerekeye Isirayeli, egome, kugira ngo ugumye itegeko rya Yehova Imana yawe+. 13 Aho ni ho uzororanirwa+, niwitwararika gushitsa ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane+ Yehova yategetse+ Musa ku bijanye na Isirayeli. Ugire umutima rugabo kandi ukomere+. Ntutinye+ canke ngo utekerwe n’ubwoba+. 14 Ehe mu kiringo c’amarushwa yanje+ narateguriye inzu ya Yehova italanto ibihumbi ijana z’inzahabu+ n’italanto umuliyoni z’ifeza; umujumpu+ n’ivyuma+ ntibishobora gupimwa kuko ari vyinshi cane; kandi nateguye ibiti n’amabuye, mugabo uzovyongereza. 15 Kandi uri kumwe n’abazokora ico gikorwa benshi, ababaji b’amabuye n’abakora mu vy’amabuye+ n’ibiti, n’umuntu wese w’umuhanga mu gikorwa c’ubwoko bwose+. 16 Inzahabu, ifeza, umujumpu n’ivyuma ntibishobora guharurwa+. Haguruka ukore+, kandi Yehova abane nawe+.”

17 Maze Dawidi ategeka abaganwa bose ba Isirayeli gufasha Salomo umuhungu wiwe, ati: 18 “Mbega Yehova Imana yanyu+ ntari kumwe namwe, kandi ntiyabahaye akaruhuko impande zose+? Kuko yatanze mu kuboko kwanje ababa mu gihugu, kandi igihugu caramazwe igabo imbere ya Yehova+ n’imbere y’abantu biwe. 19 None rero, nimushire umutima wanyu n’ubuzima bwanyu+ ku kubaza Yehova Imana yanyu+, kandi muhaguruke mwubake aheranda+ ha Yehova Imana y’ukuri+, kugira ngo muzane isandugu+ y’isezerano rya Yehova n’ibikoresho vyeranda vy’Imana y’ukuri ku nzu yubakiwe izina+ rya Yehova.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika