ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 10
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 10:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:15; 1Bm 19:4; Yb 7:16; Yon 4:3; Rm 8:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2006, rup. 15

Yobu 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:25; Gus 32:4; Rm 3:8
  • +Yb 14:15; Zb 138:8; Yes 64:8

Yobu 10:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4
  • +1Sm 16:7

Yobu 10:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 90:2; Yr 10:10; Heb 1:12

Yobu 10:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 10:14; Rm 3:12

Yobu 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:8; Zb 139:1
  • +Gus 32:39

Yobu 10:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:73; 139:13, 15

Yobu 10:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:7; Yes 45:9; Rm 9:21
  • +It 3:19; Zb 104:29; Ums 12:7

Yobu 10:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 64:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2006, rup. 14

Yobu 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:15

Yobu 10:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:16
  • +Zb 8:4

Yobu 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:1
  • +Gh 14:18

Yobu 10:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:11
  • +Yb 9:15; Lk 17:10
  • +Zb 25:18; 119:153

Yobu 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:28; Yb 40:11; Yes 2:11; Lk 1:51; Yak 4:6
  • +Yes 38:13

Yobu 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 3:11; Yr 20:18

Yobu 10:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 7:6; 14:1; Zb 39:5; 103:15
  • +Yb 9:27; Zb 39:13

Yobu 10:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 7:9; Zb 115:17; Yes 38:11
  • +Yb 3:5; 38:17; Zb 23:4; 88:12; Ums 9:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2006, rup. 14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 10:1Gh 11:15; 1Bm 19:4; Yb 7:16; Yon 4:3; Rm 8:20
Yobu 10:3It 18:25; Gus 32:4; Rm 3:8
Yobu 10:3Yb 14:15; Zb 138:8; Yes 64:8
Yobu 10:4Zb 11:4
Yobu 10:41Sm 16:7
Yobu 10:5Zb 90:2; Yr 10:10; Heb 1:12
Yobu 10:6Yb 10:14; Rm 3:12
Yobu 10:7Yb 1:8; Zb 139:1
Yobu 10:7Gus 32:39
Yobu 10:8Zb 119:73; 139:13, 15
Yobu 10:9It 2:7; Yes 45:9; Rm 9:21
Yobu 10:9It 3:19; Zb 104:29; Ums 12:7
Yobu 10:10Yes 64:8
Yobu 10:11Zb 139:15
Yobu 10:12Zb 139:16
Yobu 10:12Zb 8:4
Yobu 10:14Zb 139:1
Yobu 10:14Gh 14:18
Yobu 10:15Yes 3:11
Yobu 10:15Yb 9:15; Lk 17:10
Yobu 10:15Zb 25:18; 119:153
Yobu 10:162Sm 22:28; Yb 40:11; Yes 2:11; Lk 1:51; Yak 4:6
Yobu 10:16Yes 38:13
Yobu 10:18Yb 3:11; Yr 20:18
Yobu 10:20Yb 7:6; 14:1; Zb 39:5; 103:15
Yobu 10:20Yb 9:27; Zb 39:13
Yobu 10:21Yb 7:9; Zb 115:17; Yes 38:11
Yobu 10:21Yb 3:5; 38:17; Zb 23:4; 88:12; Ums 9:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 10:1-22

Yobu

10 “Umutima wanje wumva vy’ukuri ushishwe n’ubuzima bwanje+.

Nzosuka amaganya yanje y’ibinyerekeye.

Nzovuga ndundumiwe mu mutima!

 2 Nzobwira Imana nti: ‘Ntunyite umubisha.

Numenyeshe igituma uriko uranigana nanje.

 3 Mbega ni vyiza yuko wewe worenganya+,

Ugata nk’akanuka icavuye mu gikorwa c’ubutame c’amaboko yawe+,

Kandi ugakayanganira ku mpanuro y’ababisha?

 4 Mbega ufise amaso+ y’inyama,

Canke ubona nk’uko umuntu buntu abona+?

 5 Mbega imisi yawe ni nk’imisi y’umuntu buntu+,

Canke imyaka yawe nk’imisi y’umuntu w’umugabo,

 6 Ku buryo woshaka kubona ikosa ryanje

Kandi ukaguma urondera igicumuro canje+?

 7 Ivyo bikaba kandi uzi yuko ntari mw’ikosa+,

Kandi ata wuriho arokora mu kuboko kwawe+?

 8 Amaboko yawe ni yo yambumbabumvye, arankora+

Uko nakabaye, impande zose, yamara ugira umire.

 9 Ndakwinginze wibuke ko wankoze mw’ibumba+

Kandi ko mu mukungugu ari ho uzonsubiza+.

10 Mbega ntiwaciye unsuka nk’amata

Ukamvurisha nk’iforomaji+?

11 Waciye unyambika urukoba n’inyama

Unjishisha amagufa n’imitsi, ndaterana+.

12 Wampaye ubuzima be n’ubuntu bwuzuye urukundo+;

Ubwitwararitsi+ bwawe bwararinze impwemu yanje.

13 Kandi ivyo bintu wabihishije mu mutima wawe.

Ndazi neza ko ivyo biri kumwe nawe.

14 Nimba nacumuye ukaguma unshinze ijisho+

Kandi ntumfate nk’intungane ku bijanye n’ikosa ryanje+;

15 Nimba vy’ukuri ndi mw’ikosa, ndigorewe+!

Kandi nimba vy’ukuri ndi mu kuri, sinoduza umutwe+,

Noba nuzuye agateterwe, mbogaboga amarushwa+.

16 Na wo niwakorana ubwibone+, wewe uzompiga nk’intambwe y’umukangara+,

Kandi wewe uzokwongera kwiyerekana ko utangaje ku binyerekeye.

17 Uzonzana imbere ivyabona vyawe bishasha,

Utume umwikomo ndagutera uba agakomeye.

Amagume arakurakuranwa kuri jewe.

18 Kuki none wansohoye nkava mu gitereko+?

Iyo mba naracikanye ntihagire n’ijisho rimbona,

19 Hariya, mba nabaye nk’aho ntari narabayeho;

Mba nakuwe mu nda njanwa mu mva.’

20 Mbega imisi yanje si mikeyi+? Nareke,

Nankureko amaso, nanje nkayangane+ gatoyi

21 Imbere y’uko nigira, kandi sinzogaruka+,

Imbere y’uko nigira mu gihugu c’umwiza n’igitutu kizitanye+,

22 Mu gihugu c’umukorane w’umuzimagiza, c’igitutu kizitanye

Be n’umuvurungano, ahadakayangana ngo harushe umuzimagiza.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika