ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 25
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 25:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 8:1; 18:1

Yobu 25:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 4:3

Yobu 25:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 4:17
  • +Yb 15:14

Yobu 25:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 25:1Yb 8:1; 18:1
Yobu 25:2Dn 4:3
Yobu 25:4Yb 4:17
Yobu 25:4Yb 15:14
Yobu 25:6Zb 22:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 25:1-6

Yobu

25 Biludadi+ Umushuhi arishura ati:

 2 “Ubutware n’inguvu ziteye ubwoba bibarizwa iwayo+;

Isasagaza amahoro ahantu hayo iyo hejuru.

 3 Mbega abasirikare bayo bari n’igitigiri?

Vyongeye, ni nde umuco wayo utarasirako?

 4 None umuntu buntu yoba mu kuri gute imbere y’Imana+,

Canke uwavutse ku mugore yoba uwudahumanye gute+?

 5 Raba! Mbere n’ukwezi ari ukwezi ntikwakaka;

N’inyenyeri ubwazo ntizityoroye mu maso yayo.

 6 Nkanswe umuntu buntu, kandi ari urunyo,

N’umwana w’umuntu, kandi ari umusiba+!”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika