Zaburi
ג [Gimelu]
2 Uruvyaro rwiwe ruzogira inkomezi mw’isi+.
ד [Daleti]
Nayo iyaruka ry’abagororotse, rizohezagirwa+.
ה [Heʼ]
3 Ibintu vy’agaciro n’ubutunzi biri mu nzu yiwe+;
ו [Vau]
Kandi ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+.
ז [Zayini]
4 Yarabije mu mwiza nk’umuco ku bagororotse+.
ח [Heti]
Ni umunyempuhwe n’umunyembabazi n’umugororotsi+.
ט [Teti]
5 Umuntu w’umunyempuhwe+ kandi aguranana ni mwiza+.
י [Yodi]
Ivyiwe abishigikiza ubutungane+.
כ [Kafu]
6 Kuko atazokwigera anyiganyizwa+.
ל [Lamedi]
Umugororotsi azoguma yibukwa gushika igihe kitagira urugero+.
מ [Memu]
7 Mbere n’inkuru mbi ntazoyitinya+.
ס [Sameki]
8 Umutima wiwe ntushobora kunyiganyizwa+; ntazotinya+,
ע [ʽAyini]
Gushika yitegereje abarwanizi biwe+.
פ [Peʼ]
9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+.
צ [Tsade]
Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+.
ק [Kofu]
Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+.
ר [Reshi]
10 Umubisha azobibona kamurye koko+.
ש [Sini]
Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+.
ת [Tau]
Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+.