ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 142
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 142:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 22:1; 24:3; Heb 11:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2011, rup. 10

Zaburi 142:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:2; 50:15; 107:13
  • +Zb 30:8; 77:1; 141:1

Zaburi 142:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 1:16; Yes 26:16; Mt 26:39
  • +Zb 18:6; Yon 2:7; Mr 15:34; Heb 5:7

Zaburi 142:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 5:1; Zb 143:4
  • +Yb 23:10; Zb 1:6; 119:105
  • +Zb 139:3
  • +Zb 140:5; Yr 18:22; Mt 22:15

Zaburi 142:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:11; 69:20; 88:8
  • +1Sm 23:11
  • +Yoh 16:32

Zaburi 142:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:19
  • +Zb 34:8; 46:1; 91:2; Img 18:10
  • +Zb 16:5; 73:26; 119:57; Int 3:24
  • +Zb 27:13; Yr 11:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2011, rup. 10-11

Zaburi 142:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 143:11
  • +Zb 116:6
  • +1Sm 20:33; 23:26; 25:29; Zb 3:1
  • +Zb 38:19

Zaburi 142:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:22; 42:7; Yr 38:13
  • +Zb 54:6
  • +Zb 34:2
  • +Zb 13:6; 116:7; 119:17; Yak 5:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 142:akajambo k’intangamarara1Sm 22:1; 24:3; Heb 11:38
Zab. 142:1Zb 28:2; 50:15; 107:13
Zab. 142:1Zb 30:8; 77:1; 141:1
Zab. 142:21Sm 1:16; Yes 26:16; Mt 26:39
Zab. 142:2Zb 18:6; Yon 2:7; Mr 15:34; Heb 5:7
Zab. 142:3Yos 5:1; Zb 143:4
Zab. 142:3Yb 23:10; Zb 1:6; 119:105
Zab. 142:3Zb 139:3
Zab. 142:3Zb 140:5; Yr 18:22; Mt 22:15
Zab. 142:4Zb 31:11; 69:20; 88:8
Zab. 142:41Sm 23:11
Zab. 142:4Yoh 16:32
Zab. 142:5Zb 107:19
Zab. 142:5Zb 34:8; 46:1; 91:2; Img 18:10
Zab. 142:5Zb 16:5; 73:26; 119:57; Int 3:24
Zab. 142:5Zb 27:13; Yr 11:19
Zab. 142:6Zb 143:11
Zab. 142:6Zb 116:6
Zab. 142:61Sm 20:33; 23:26; 25:29; Zb 3:1
Zab. 142:6Zb 38:19
Zab. 142:7Yes 24:22; 42:7; Yr 38:13
Zab. 142:7Zb 54:6
Zab. 142:7Zb 34:2
Zab. 142:7Zb 13:6; 116:7; 119:17; Yak 5:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 142:1-7

Zaburi

Masikili. Ni izaburi ya Dawidi, igihe yari mw’isenga+. Isengesho.

142 Natabaje Yehova n’ijwi ryanje+;

Natanguye kuririra Yehova n’ijwi ryanje ngo angirire ubutoni+.

 2 Imbere yiwe nagumye nsuka amaganya yanje+;

Imbere yiwe nabandanije kuvuga amarushwa yanje+,

 3 Igihe umushaha wanje+ wadendebukirwa muri jewe.

Waciye umenya ibarabara ryanje+.

Mu munyuro ngenderamwo+

Bahanyegeje umutego wo kuncakira+.

 4 Raba iburyo ubone

Yuko ata n’umwe yerekana na gatoyi ko anzi+.

Ubuhungiro bwanje bwampezeko+;

Nta n’umwe abaza ivy’ubuzima bwanje+.

 5 Naragutabaje, ewe Yehova+!

Navuze nti: “Uri ubuhungiro bwanje+,

Umuturi wanje+ mu gihugu c’abazima+.”

 6 Niwumvirize akamo kanje k’ukwinginga+,

Kuko nsigaye nifumbereje rwose+.

Nundokore unkize abampama+,

Kuko bakomeye kundusha+.

 7 Nukure ubuzima bwanje mu gasho+

Ngo buhaye izina ryawe+.

Abagororotsi nibakoranire irya n’ino yanje+,

Kuko ungirira ibibereye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika