ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 29
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 29:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:28; Zb 96:7; Hab 3:3

Zaburi 29:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:8
  • +2Ng 20:21

Zaburi 29:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:13
  • +Ivk 7:2
  • +1Sm 7:10; Yb 37:5
  • +Zb 93:4; 104:3

Zaburi 29:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 26:11; Ezk 10:5
  • +Yb 40:9

Zaburi 29:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 2:13

Zaburi 29:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 114:4; Yr 4:24
  • +Gus 3:9

Zaburi 29:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:18; Zb 77:18; 144:5; Heb 12:18

Zaburi 29:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:13; Heb 12:26
  • +Gh 13:26

Zaburi 29:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 39:1
  • +Yes 10:18; Ezk 20:47
  • +Zb 48:9; 63:2; 134:1; 135:2

Zaburi 29:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:17; Yb 38:25
  • +Zb 10:16; 1Tm 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 20

Zaburi 29:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:9; Yes 40:29
  • +Gh 6:26; Zb 72:7; 147:14; Rm 15:33; 1Kr 1:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 29:11Ng 16:28; Zb 96:7; Hab 3:3
Zab. 29:2Zb 96:8
Zab. 29:22Ng 20:21
Zab. 29:3Zb 18:13
Zab. 29:3Ivk 7:2
Zab. 29:31Sm 7:10; Yb 37:5
Zab. 29:3Zb 93:4; 104:3
Zab. 29:4Yb 26:11; Ezk 10:5
Zab. 29:4Yb 40:9
Zab. 29:5Yes 2:13
Zab. 29:6Zb 114:4; Yr 4:24
Zab. 29:6Gus 3:9
Zab. 29:7Kv 19:18; Zb 77:18; 144:5; Heb 12:18
Zab. 29:8Yes 13:13; Heb 12:26
Zab. 29:8Gh 13:26
Zab. 29:9Yb 39:1
Zab. 29:9Yes 10:18; Ezk 20:47
Zab. 29:9Zb 48:9; 63:2; 134:1; 135:2
Zab. 29:10It 6:17; Yb 38:25
Zab. 29:10Zb 10:16; 1Tm 1:17
Zab. 29:11Zb 28:9; Yes 40:29
Zab. 29:11Gh 6:26; Zb 72:7; 147:14; Rm 15:33; 1Kr 1:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 29:1-11

Zaburi

Agahibongozo ka Dawidi.

29 Herereze kuri Yehova, yemwe bana b’abakomeye,

Herereze kuri Yehova ubuninahazwa n’inkomezi+.

 2 Herereze kuri Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+.

Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+.

 3 Ijwi rya Yehova riri hejuru y’amazi+;

Ya Mana ininahaye+ ubwayo yaturagaye+.

Yehova ari hejuru y’amazi menshi+.

 4 Ijwi rya Yehova ni iry’ububasha+;

Ijwi rya Yehova ni agahore+.

 5 Ijwi rya Yehova rivuna amasederi;

Egome, Yehova avunagura amasederi y’i Libani+,

 6 Atuma yikina amatavu nk’inyana+,

Libani na Siriyoni+ nk’abana b’amashūri y’amanyeshamba.

 7 Ijwi rya Yehova rikorogoshoza imbeya z’umuriro+;

 8 Ijwi rya Yehova rituma agahinga kigonyonzora+,

Yehova atuma agahinga ka Kadeshi+ kigonyonzora.

 9 Ijwi rya Yehova rituma impongokazi zigonyonzora mu bubabare bwo kuvyara+,

Rigakoba ibibira bigasigara biri amenya+.

Kandi mu rusengero rwiwe umwe wese avuga ati: “Ubuninahazwa+!”

10 Yehova yicaye ku mwuzure+;

Yehova avyagiye nk’umwami gushika igihe kitagira urugero+.

11 Yehova ubwiwe azoha koko inkomezi abantu biwe+.

Yehova ubwiwe azohezagiza abantu biwe amahoro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika