ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 43
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 43:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:8; 26:1; 35:24
  • +1Sm 24:15; Zb 35:1; Img 22:23
  • +Zb 71:4

Zaburi 43:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:7; 140:7
  • +Zb 42:9

Zaburi 43:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 29:3; Zb 40:11; Img 6:23
  • +Zb 5:8; 27:11; 143:10
  • +1Ng 16:1; Zb 3:4; 78:68

Zaburi 43:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 84:3; Heb 13:10
  • +Yes 61:10
  • +2Sm 6:5; Zb 81:2

Zaburi 43:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:5
  • +Zb 37:7; 71:14
  • +Zb 42:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 43:1Zb 7:8; 26:1; 35:24
Zab. 43:11Sm 24:15; Zb 35:1; Img 22:23
Zab. 43:1Zb 71:4
Zab. 43:2Zb 28:7; 140:7
Zab. 43:2Zb 42:9
Zab. 43:3Yb 29:3; Zb 40:11; Img 6:23
Zab. 43:3Zb 5:8; 27:11; 143:10
Zab. 43:31Ng 16:1; Zb 3:4; 78:68
Zab. 43:4Zb 84:3; Heb 13:10
Zab. 43:4Yes 61:10
Zab. 43:42Sm 6:5; Zb 81:2
Zab. 43:5Zb 42:5
Zab. 43:5Zb 37:7; 71:14
Zab. 43:5Zb 42:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 43:1-5

Zaburi

43 Ncira urubanza+, Mana we,

Wifatire mu minwe urubanza mburana+ n’ihanga ritari intahemuka.

Nunkize umuntu w’ubuhendanyi n’ukutagororoka+.

 2 Kuko ari wewe Mana y’iboma ryanje+.

Kubera iki wanshibuye?

Kubera iki ngendagenda mbabaye bitewe n’agahahazo k’umwansi+?

 3 Rungika umuco wawe n’ukuri kwawe+.

Ivyo bibe ari vyo binyobora+.

Nibinzane ku musozi wawe mweranda no kw’itaberenakulo* yawe ihambaye+.

 4 Nanje nzoza ku gicaniro c’Imana+,

Ku Mana, yo munezero wanje w’umwigino+.

Kandi nzoguhaya ku nanga, ewe Mana, Mana yanje+.

 5 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?

Kubera iki usebagirika muri jewe?

Rindira Imana+,

Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye, ko ari yo Mana yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika