ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 50
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 50:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:17

Zaburi 50:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 22:22; Yes 46:9; Yr 32:18
  • +Zb 95:3
  • +Am 3:8
  • +Yes 1:2
  • +Yes 45:6

Zaburi 50:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:2; Zb 80:1
  • +Zb 48:2; Int 2:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 9

Zaburi 50:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 83:1; Yes 42:13; 65:6
  • +Kv 19:18; Zb 97:3; Dn 7:10; Heb 12:29
  • +Zb 97:4

Zaburi 50:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:36; 30:19; 32:1; Yes 1:2
  • +Mik 6:2; Heb 10:30

Zaburi 50:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:3; 2Ng 29:20; Zb 14:7; Img 2:8; Yes 13:3
  • +Kv 24:8; Lk 22:20; Yoh 11:52

Zaburi 50:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:6
  • +Zb 7:11; 75:7; Heb 12:23; Ivh 20:12

Zaburi 50:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 81:8
  • +Neh 9:30
  • +Kv 20:2

Zaburi 50:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:6; Yes 1:11; Yr 7:22
  • +1Sm 15:22; Hs 6:6

Zaburi 50:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 6:7

Zaburi 50:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:24; 1Ng 29:14; Yb 40:15
  • +Ivk 17:24

Zaburi 50:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:20; Yb 38:41; Zb 104:12; Mt 10:29
  • +Zb 80:13

Zaburi 50:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:8; Zb 24:1; 89:11
  • +Kv 19:5; Gus 10:14; Yb 41:11; Zb 104:24; 1Kr 10:26

Zaburi 50:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 14:2
  • +Mik 6:6

Zaburi 50:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:30; 107:22; Img 21:3; Hs 6:6; Heb 13:15
  • +Gus 23:21; Zb 15:4; 76:11; Ums 5:4; Yon 2:9; Mt 5:33

Zaburi 50:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 33:12; Zb 77:2; 91:15; Lk 22:44
  • +Zb 22:23; 50:23

Zaburi 50:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:1; Ezk 18:27
  • +Yr 7:4; Mt 7:23; Rm 2:21
  • +Gus 29:21; 31:20; Heb 8:9

Zaburi 50:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:7; 5:12; Heb 12:6
  • +Neh 9:26; Yes 5:24; Yr 8:9

Zaburi 50:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:23; Rm 1:32; 2:21
  • +Yak 4:4; 2Yh 11

Zaburi 50:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 52:3; Yr 9:5
  • +Zb 52:2; Yak 3:5

Zaburi 50:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:16; Zb 31:18; Lk 22:65
  • +Mt 10:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 9

Zaburi 50:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 8:11; Rm 2:4; 2Pt 3:9
  • +Gh 23:19; Zb 73:11; 94:7; Ums 8:12
  • +Img 29:1
  • +Zb 50:4; Ums 12:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2010, rup. 3-4

Zaburi 50:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:17; Yes 51:13; Yr 2:32; Hs 4:6
  • +Zb 7:2

Zaburi 50:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:23; 27:6; Rm 12:1; Ef 5:20; 1Ts 5:18; Heb 13:15
  • +Zb 91:16; Mik 6:8; Lk 2:30

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 50:akajambo k’intangamarara1Ng 15:17
Zab. 50:1Yos 22:22; Yes 46:9; Yr 32:18
Zab. 50:1Zb 95:3
Zab. 50:1Am 3:8
Zab. 50:1Yes 1:2
Zab. 50:1Yes 45:6
Zab. 50:2Gus 33:2; Zb 80:1
Zab. 50:2Zb 48:2; Int 2:15
Zab. 50:3Zb 83:1; Yes 42:13; 65:6
Zab. 50:3Kv 19:18; Zb 97:3; Dn 7:10; Heb 12:29
Zab. 50:3Zb 97:4
Zab. 50:4Gus 4:36; 30:19; 32:1; Yes 1:2
Zab. 50:4Mik 6:2; Heb 10:30
Zab. 50:5Gus 33:3; 2Ng 29:20; Zb 14:7; Img 2:8; Yes 13:3
Zab. 50:5Kv 24:8; Lk 22:20; Yoh 11:52
Zab. 50:6Zb 97:6
Zab. 50:6Zb 7:11; 75:7; Heb 12:23; Ivh 20:12
Zab. 50:7Zb 81:8
Zab. 50:7Neh 9:30
Zab. 50:7Kv 20:2
Zab. 50:8Zb 40:6; Yes 1:11; Yr 7:22
Zab. 50:81Sm 15:22; Hs 6:6
Zab. 50:9Mik 6:7
Zab. 50:10It 1:24; 1Ng 29:14; Yb 40:15
Zab. 50:10Ivk 17:24
Zab. 50:11It 1:20; Yb 38:41; Zb 104:12; Mt 10:29
Zab. 50:11Zb 80:13
Zab. 50:121Sm 2:8; Zb 24:1; 89:11
Zab. 50:12Kv 19:5; Gus 10:14; Yb 41:11; Zb 104:24; 1Kr 10:26
Zab. 50:13Hs 14:2
Zab. 50:13Mik 6:6
Zab. 50:14Zb 69:30; 107:22; Img 21:3; Hs 6:6; Heb 13:15
Zab. 50:14Gus 23:21; Zb 15:4; 76:11; Ums 5:4; Yon 2:9; Mt 5:33
Zab. 50:152Ng 33:12; Zb 77:2; 91:15; Lk 22:44
Zab. 50:15Zb 22:23; 50:23
Zab. 50:16Yes 48:1; Ezk 18:27
Zab. 50:16Yr 7:4; Mt 7:23; Rm 2:21
Zab. 50:16Gus 29:21; 31:20; Heb 8:9
Zab. 50:17Img 1:7; 5:12; Heb 12:6
Zab. 50:17Neh 9:26; Yes 5:24; Yr 8:9
Zab. 50:18Yes 5:23; Rm 1:32; 2:21
Zab. 50:18Yak 4:4; 2Yh 11
Zab. 50:19Zb 52:3; Yr 9:5
Zab. 50:19Zb 52:2; Yak 3:5
Zab. 50:20Lw 19:16; Zb 31:18; Lk 22:65
Zab. 50:20Mt 10:21
Zab. 50:21Ums 8:11; Rm 2:4; 2Pt 3:9
Zab. 50:21Gh 23:19; Zb 73:11; 94:7; Ums 8:12
Zab. 50:21Img 29:1
Zab. 50:21Zb 50:4; Ums 12:14
Zab. 50:22Zb 9:17; Yes 51:13; Yr 2:32; Hs 4:6
Zab. 50:22Zb 7:2
Zab. 50:23Zb 22:23; 27:6; Rm 12:1; Ef 5:20; 1Ts 5:18; Heb 13:15
Zab. 50:23Zb 91:16; Mik 6:8; Lk 2:30
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 50:1-23

Zaburi

Agahibongozo ka Asafu+.

50 Nyenubumana+, Imana, Yehova+, ubwiwe aravuze+,

Atangura guhamagara isi+,

Kuva iyo izuba rirasira gushika iyo rirengera+.

 2 Imana ubwayo yasayanganye+ iri i Siyoni, bwa bwiza butagira akanenge+.

 3 Imana yacu izoza, kandi ntiyoshobora kuguma icereje+.

Imbere yayo umuriro urarigata+,

Kandi irya n’ino yayo hose habaye ikirura gikaze bihebuje+.

 4 Ihamagara amajuru hejuru be n’isi+

Kugira ngo ishitse urubanza ku bantu bayo+:

 5 “Koranirize kuri jewe intahemuka zanje+,

Barya bapfundika isezerano ryanje biciye ku bimazi+.”

 6 Amajuru ayaga ubugororotsi bwayo+,

Kuko Imana ubwayo ari Umucamanza+. Sela.

 7 “Umvirize, bantu banje, ngira mvuge+,

Ewe Isirayeli, ngira nshinge intahe ikwagiriza+.

Ndi Imana, Imana yawe+.

 8 Singukangira ku vyerekeye ibimazi vyawe+

Canke amashikanwa yawe aturirwa yama imbere yanje+.

 9 Nta shūri nzotora mu nzu yawe+,

Canke amasuguru y’impene mu mpongore zawe.

10 Kuko igikoko cose co mu kibira ari rwanje+,

Ibikoko vyo ku misozi igihumbi+.

11 Ndazi neza ikiremwa c’amababa cose co mu misozi+,

Kandi amasinzi y’ibikoko vyo mu gahinga ari kumwe nanje+.

12 Hamwe noba nshonje, sinobikubwira;

Kuko ubutaka bwimbuka+ n’ibibwuzuye ari rwanje+.

13 Mbega ndye inyama z’amashūri y’amanyabubasha+?

Mbega nywe amaraso y’amasuguru y’impene+?

14 Shikanira Imana ugukenguruka bwa bimazi vyawe+,

Kandi ushitse indagano zawe kuri Musumbavyose+;

15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.

Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.”

16 Mugabo umubisha, Imana ntizobura kumubwira+ iti:

“Ni uburenganzira ki ufise bwo kudondagura ingingo nyobozi zanje+,

Ngo utware isezerano ryanje mu kanwa kawe+?

17 Erega wewe, waranse indero+,

Kandi uguma uterera amajambo yanje inyuma yawe+.

18 Igihe cose ubonye igisuma, warahimbarwa na co+;

Kandi wasangira n’abarenga ibigo+.

19 Akanwa kawe warakarekuye ngo kivugire ibibi+,

Kandi ururimi rwawe uguma urufatanije n’ubuhendanyi+.

20 Uricara ukavuga nabi mwene wanyu+,

Ukandagaza akanenge ka mwene nyoko+.

21 Ivyo bintu warabikoze, nanje nguma nicerereje+.

Wiyumviriye yuko ntobuze kumera nkawe+.

Ngira ndagukangire+, kandi nzoshira ibintu mu buryo mu maso yawe+.

22 Enda nimubitahure, mwebwe abibagira Imana+,

Sindabatabagure ata wuri bubarokore+.

23 Uwushikana ugukenguruka bwa kimazi ciwe ni we aninahaza+;

Nayo uwugumya inzira yashinzwe,

Nzomuha kubona ubukiriro Imana itanga+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika