ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 79
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 79:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:17; Zb 74:3
  • +2Bm 24:13; 2Ng 36:18; Zb 74:7; Int 1:10
  • +2Bm 25:9; 2Ng 36:19; Yr 52:13; Mik 3:12

Zaburi 79:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:33; 15:3
  • +Yr 34:20

Zaburi 79:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 141:7; Yr 14:16; 16:4

Zaburi 79:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:37; Ezk 36:4
  • +Zb 44:13; 80:6

Zaburi 79:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:1; 85:5; Yes 64:9
  • +Zb 89:46; Yes 30:27; Zf 1:18; 2Ts 1:8

Zaburi 79:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:25
  • +Zb 14:4

Zaburi 79:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 53:4
  • +2Ng 36:21

Zaburi 79:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:34; Neh 9:34
  • +Kv 34:6; Zb 69:17; Int 3:22
  • +Gus 28:43; Zb 142:6

Zaburi 79:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:35
  • +2Ng 14:11; Zb 115:1
  • +Yos 7:9; 1Sm 12:22; Zb 65:3; 78:38; Yes 48:9; Yr 14:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 12

Zaburi 79:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:3; 115:2; Yw 2:17
  • +Yr 51:35; Rm 12:19; Ivh 18:20
  • +Ezk 36:23

Zaburi 79:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:23; Zb 69:33; Yes 42:7
  • +Zb 102:20; Yes 33:2

Zaburi 79:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:15; Yes 65:6; Yr 12:14; 32:18; Lk 6:38
  • +Zb 74:18; Rm 15:3

Zaburi 79:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:1; 95:7; 100:3; Ezk 34:31
  • +Zb 45:17; 145:4; Yes 43:21

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 79:1Kv 15:17; Zb 74:3
Zab. 79:12Bm 24:13; 2Ng 36:18; Zb 74:7; Int 1:10
Zab. 79:12Bm 25:9; 2Ng 36:19; Yr 52:13; Mik 3:12
Zab. 79:2Yr 7:33; 15:3
Zab. 79:2Yr 34:20
Zab. 79:3Zb 141:7; Yr 14:16; 16:4
Zab. 79:4Gus 28:37; Ezk 36:4
Zab. 79:4Zb 44:13; 80:6
Zab. 79:5Zb 74:1; 85:5; Yes 64:9
Zab. 79:5Zb 89:46; Yes 30:27; Zf 1:18; 2Ts 1:8
Zab. 79:6Yr 10:25
Zab. 79:6Zb 14:4
Zab. 79:7Zb 53:4
Zab. 79:72Ng 36:21
Zab. 79:8Kv 32:34; Neh 9:34
Zab. 79:8Kv 34:6; Zb 69:17; Int 3:22
Zab. 79:8Gus 28:43; Zb 142:6
Zab. 79:91Ng 16:35
Zab. 79:92Ng 14:11; Zb 115:1
Zab. 79:9Yos 7:9; 1Sm 12:22; Zb 65:3; 78:38; Yes 48:9; Yr 14:7
Zab. 79:10Zb 42:3; 115:2; Yw 2:17
Zab. 79:10Yr 51:35; Rm 12:19; Ivh 18:20
Zab. 79:10Ezk 36:23
Zab. 79:11Kv 2:23; Zb 69:33; Yes 42:7
Zab. 79:11Zb 102:20; Yes 33:2
Zab. 79:12It 4:15; Yes 65:6; Yr 12:14; 32:18; Lk 6:38
Zab. 79:12Zb 74:18; Rm 15:3
Zab. 79:13Zb 74:1; 95:7; 100:3; Ezk 34:31
Zab. 79:13Zb 45:17; 145:4; Yes 43:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 79:1-13

Zaburi

Agahibongozo ka Asafu.

79 Ewe Mana, amahanga yinjiye mu ntoranwa yawe+;

Yahumanije urusengero rwawe rweranda+;

Yagize Yeruzalemu ikirundo c’ibihomvagurike+.

 2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,

Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+.

 3 Yasheshe amaraso yabo nk’amazi

Irya n’ino ya Yeruzalemu, kandi nta wo kubahamba ariho+.

 4 Twacitse iceyi ku babanyi bacu+,

Agatwengo n’akamenyo ku badukikuje+.

 5 Uzogeza ryari ga Yehova kururumba ishavu? Ibihe bidahera+?

Ishaka ryawe rizogeza ryari kwaka nk’umuriro+?

 6 Suka ubushangashirwe bwawe ku mahanga atakumenye+,

No ku bwami butambaje izina ryawe+.

 7 Kuko bamirāje Yakobo+,

Bagatuma ahantu aba hacika umusaka+.

 8 Ntiwibuke amakosa ya ba sogokuruza bacu ngo uyaduhore+.

Nyaruka! Imbabazi zawe nizidusanganire+,

Kuko dusigaye twifumbereje bimwe bibi+.

 9 Dutabare, ewe Mana y’ubukiriro bwacu+,

Ku bw’ubuninahazwa bw’izina ryawe+;

Turokore, upfuke ibicumuro vyacu kubera izina ryawe+.

10 Kuki amahanga yovuga ngo: “Imana yabo iri hehe+?”

Uguhōra amaraso y’abasavyi bawe yasheshwe+

Nikumenyekane mu mahanga mu maso yacu+.

11 Ukuniha kw’imbohe nigushike n’imbere yawe+!

Nk’uko ubukuru bw’ukuboko kwawe buri, nuzigame abagenewe urupfu+.

12 Niwishure ababanyi bacu incuro indwi mu gikiriza cabo+

Iceyi bagusize, ewe Yehova+!

13 Nayo twebwe abantu bawe n’umukuku wo mu buragiriro bwawe+,

Tuzogukengurukira gushika igihe kitagira urugero;

Kuva kw’iyaruka uja ku rindi, tuzomenyesha ishemezo ryawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika