ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 22
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 22:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:1; 13:1; 22:5; Yr 6:6
  • +Yes 15:3; Yr 48:38

Yesaya 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:13; Am 6:6
  • +Yes 3:1; Yr 14:18; 38:2; Int 4:9

Yesaya 22:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:10
  • +2Bm 25:4; Yr 39:4; 52:7
  • +Yr 52:24

Yesaya 22:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 33:7; Yr 4:19; 6:26; 9:1; Mik 1:8
  • +Yr 8:18; 31:15

Yesaya 22:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:5; Am 5:18
  • +Yes 5:5; 10:6
  • +Mik 7:4
  • +2Bm 25:10; Neh 1:3; Int 2:2
  • +Hs 10:8; Lk 23:30; Ivh 6:16

Yesaya 22:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:22; Yes 21:2
  • +2Bm 16:9; Am 1:5

Yesaya 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 3:19
  • +1Bm 7:2

Yesaya 22:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:10; Yr 52:7
  • +2Bm 20:20; 2Ng 32:30; Neh 3:15; Yoh 9:7

Yesaya 22:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 1:3

Yesaya 22:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:17; Yes 7:3; 36:2

Yesaya 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:24
  • +Neh 8:9; Yes 15:3; Yw 2:17
  • +Yb 1:20; Am 8:10; Mik 1:16

Yesaya 22:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:12; 56:12; Am 6:4; Lk 17:27
  • +Yes 21:5; 1Kr 15:32; Yak 5:5

Yesaya 22:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:9; Am 3:7
  • +Yes 1:11; Yr 15:1; Ezk 24:13; Heb 10:26
  • +Lw 26:31

Yesaya 22:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:37; 19:2; Yes 36:3; 37:2
  • +2Bm 10:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2018, rup. 25

Yesaya 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:18; Mt 27:60

Yesaya 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 40:11; Zb 75:7; Lk 1:52

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 8-9

Yesaya 22:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:45; 1Kr 4:2
  • +2Bm 18:18, 37; Yes 36:3
  • +2Bm 18:26

Yesaya 22:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:42; 1Sm 18:4; Est 8:15
  • +It 45:8

Yesaya 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 9:27; Ivh 3:7
  • +Mt 18:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 31

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 63

Yesaya 22:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:8
  • +It 45:9; 1Sm 2:8; Lk 22:30; Ivh 3:21

Yesaya 22:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 22:15
  • +Yes 22:17
  • +Yes 46:11; Yr 4:28

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 22:1Yes 1:1; 13:1; 22:5; Yr 6:6
Yes. 22:1Yes 15:3; Yr 48:38
Yes. 22:2Yes 32:13; Am 6:6
Yes. 22:2Yes 3:1; Yr 14:18; 38:2; Int 4:9
Yes. 22:3Yes 1:10
Yes. 22:32Bm 25:4; Yr 39:4; 52:7
Yes. 22:3Yr 52:24
Yes. 22:4Yes 33:7; Yr 4:19; 6:26; 9:1; Mik 1:8
Yes. 22:4Yr 8:18; 31:15
Yes. 22:5Yr 30:5; Am 5:18
Yes. 22:5Yes 5:5; 10:6
Yes. 22:5Mik 7:4
Yes. 22:52Bm 25:10; Neh 1:3; Int 2:2
Yes. 22:5Hs 10:8; Lk 23:30; Ivh 6:16
Yes. 22:6It 10:22; Yes 21:2
Yes. 22:62Bm 16:9; Am 1:5
Yes. 22:8Neh 3:19
Yes. 22:81Bm 7:2
Yes. 22:92Bm 25:10; Yr 52:7
Yes. 22:92Bm 20:20; 2Ng 32:30; Neh 3:15; Yoh 9:7
Yes. 22:10Neh 1:3
Yes. 22:112Bm 18:17; Yes 7:3; 36:2
Yes. 22:12Ivk 4:24
Yes. 22:12Neh 8:9; Yes 15:3; Yw 2:17
Yes. 22:12Yb 1:20; Am 8:10; Mik 1:16
Yes. 22:13Yes 5:12; 56:12; Am 6:4; Lk 17:27
Yes. 22:13Yes 21:5; 1Kr 15:32; Yak 5:5
Yes. 22:14Yes 5:9; Am 3:7
Yes. 22:14Yes 1:11; Yr 15:1; Ezk 24:13; Heb 10:26
Yes. 22:14Lw 26:31
Yes. 22:152Bm 18:37; 19:2; Yes 36:3; 37:2
Yes. 22:152Bm 10:5
Yes. 22:16Yes 14:18; Mt 27:60
Yes. 22:19Yb 40:11; Zb 75:7; Lk 1:52
Yes. 22:20Mt 24:45; 1Kr 4:2
Yes. 22:202Bm 18:18, 37; Yes 36:3
Yes. 22:202Bm 18:26
Yes. 22:21It 41:42; 1Sm 18:4; Est 8:15
Yes. 22:21It 45:8
Yes. 22:221Ng 9:27; Ivh 3:7
Yes. 22:22Mt 18:18
Yes. 22:23Ezr 9:8
Yes. 22:23It 45:9; 1Sm 2:8; Lk 22:30; Ivh 3:21
Yes. 22:25Yes 22:15
Yes. 22:25Yes 22:17
Yes. 22:25Yes 46:11; Yr 4:28
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 22:1-25

Yesaya

22 Ijambo ryamenyeshejwe ku vyerekeye umubande w’ukwerekwa+: Ni amaki none ko waduze wese ku bisenge+? 2 Wari wuzuye uruyogoyogo, gisagara gisebagirika, gisagara cigina+. Abagandaguwe bawe si abagandagujwe inkota, canke abapfiriye ku rugamba+. 3 Intwazagikenye+ zawe zose zahungiye icarimwe+. Zagizwe imbohe ata muheto wiriwe urakenerwa. Ababonetse bawe bose bagiriwe imbohe hamwe+. Bari bahungiye kure.

4 Ni co gituma navuze nti: “Nimunkureko amaso. Ngira nserure umururazi mu kurira+. Yaco mukovya mu kumpoza ku bijanye n’ukunyagwa kw’umukobwa w’abantu banje+. 5 Kuko umusi w’umuvurungano+ n’uguhonyangira hasi+ be n’ugutera kuzazanirwa+ ari wo Umukama Segaba, Yehova nyen’ingabo, afise mu mubande w’ukwerekwa. Hari umusituzi w’uruhome+, n’akaruru kagana umusozi+. 6 Elamu+ yatoye umutana, mu mukogote w’intambara w’umuntu yakuwe mw’ivu, uwukwegwa n’amafarasi y’imbangutsi; kandi Kiri+ yapfukuye inkinzo. 7 Kandi ikiyaya c’intorwa mu biyaya vyawe vyo hasi kizokwuzura imikogote y’intambara, kandi amafarasi y’imbangutsi azokwitondeka kw’irembo, 8 kandi umuntu azokuraho igikingirizo ca Yuda. Kuri uwo musi uzoraba ububiko bw’ibirwanisho+ bw’inzu y’ikibira+, 9 kandi muzobona ibihengeri vy’Igisagara ca Dawidi, kuko bizoba ari vyinshi koko+. Kandi muzokwegeranya amazi y’ikidengeri co hepfo+. 10 Kandi muzoharura amazu y’i Yeruzalemu. Muzositura kandi amazu kugira ngo bitume uruhome+ rudashikirwa. 11 Kandi hazoba ikinogo c’iyegeranirizo muzotunganya hagati ya za mpome zibiri ku bw’amazi y’ikidengeri ca kera+. Ntimuzogenda muravye wa Muhinguzi wavyo Ahambaye, kandi uwabiteguye kera ntimuzogenda mumubonye.

12 “Kandi Umukama+ Segaba, Yehova nyen’ingabo, azotera akamo kuri uwo musi ko kurira+ no kugandara no kugira ubuhanza no gukenyera igunira+. 13 Mugabo, ehe: umwigino n’umunezero, ukubaga inka n’ugukerera intama, ukurya inyama n’ukunywa umuvinyu+, hakavugwa ngo: ‘Turye, tunywe, kuko ejo tuzopfa+.’”

14 Kandi Yehova nyen’ingabo yihishuye mu matwi yanje+ ati: “‘Iryo kosa ntimuzorihongerwa+ gushika mupfuye+,’ ni ko Umukama Segaba, Yehova nyen’ingabo, avuze.”

15 Ibi ni vyo Umukama Segaba, Yehova nyen’ingabo, avuze: “Genda, winjire iw’uyu mubwiriza, kwa Shebuna+, ahagarikiye inzu+, 16 uvuge uti: ‘Uhiga iki ng’aha, kandi urondera nde ng’aha, ko wikorogoshoreye imva ng’aha+?’ Akorogoshora imva yiwe hejuru; yibazira uburaro mu rutare. 17 ‘Raba! Yehova agira akuraririze hasi n’ukuraririza gukaze, ewe muntu w’umugabo, akurahe. 18 Azokuzingazinga ata kabuza akudadire, nk’umupira wo guta mu gihugu cagutse. Aho ni ho uzopfira, kandi ni ho imikogote y’ubuninahazwa bwawe izobera agateterwe k’inzu ya shobuja. 19 Nzoguhinda uve mu kibanza cawe; kandi bazogusenyura uve ku giti cawe c’ubukuru+.

20 “‘Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: nzohamagara umusavyi wanje+, ari we Eliyakimu+ mwene Hilikiya+. 21 Nzomwambika ikanzu yawe, igikenyezo cawe ndakimukenyeze rwose+, inganji yawe na yo ndayishire mu kuboko kwiwe; kandi azobera se uwuba i Yeruzalemu n’inzu ya Yuda+. 22 Nzoshira urupfunguruzo+ rw’inzu ya Dawidi ku rutugu rwiwe, kandi azokwugurura ntihagire uwugara, yugare ntihagire uwugurura+. 23 Nzomukomēra nk’urumambo+ ahantu h’intahava, kandi azobwirizwa gucika nk’intebe y’ubwami y’ubuninahazwa ku nzu ya se+. 24 Kandi bazomumanikako ubuninahazwa bwose bw’inzu ya se, abamuka kuri se be n’imivyaro, ivyombo vyose bitobito, ivyombo vyo mu bwoko bw’ibakure hamwe n’ivyombo vyose vy’imibindi mininiminini.

25 “‘Kuri uwo musi,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, ‘urumambo+ rukomerewe ahantu h’intahava ruzokurwaho+, kandi ruzotemwa rugwe, n’umutwaro uri kuri rwo utegerezwa gukurwaho, kuko Yehova ubwiwe abivuze+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika