ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 38
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 38:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:24
  • +2Bm 19:20; Yes 1:1
  • +2Sm 17:23
  • +2Bm 20:1

Yesaya 38:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:30; 2Bm 20:2; Mt 6:6
  • +Zb 50:15; 91:15

Yesaya 38:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 13:22; Zb 20:3; 1Kr 15:58; Heb 6:10
  • +It 5:22; 1Bm 2:4; 2Ng 31:20
  • +Zb 51:6; 145:18
  • +2Ng 31:21
  • +2Bm 20:3

Yesaya 38:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:4

Yesaya 38:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 34:2
  • +2Bm 19:20; Img 15:29; 1Yh 5:14
  • +2Bm 20:5; Zb 39:12; 56:8
  • +2Bm 20:6; Zb 91:16

Yesaya 38:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:34; 2Ng 32:22

Yesaya 38:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:8

Yesaya 38:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 10:12
  • +2Bm 20:9; 2Ng 32:24
  • +2Bm 20:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 8

Yesaya 38:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:1
  • +Gus 32:39; 1Sm 2:6

Yesaya 38:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:17; Zb 9:13; 107:18
  • +Zb 90:10; Ums 3:2; 7:17

Yesaya 38:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Ya” ni impfunyapfunyo y’izina “Yehova.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 6:5; Ums 9:5

Yesaya 38:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 146:4; Ums 8:8
  • +Yb 14:2
  • +Yb 17:1

Yesaya 38:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 130:6; 131:2
  • +Dn 6:24; Hs 5:14
  • +Zb 39:10

Yesaya 38:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:7; Yr 8:7
  • +Yes 59:11; Ezk 7:16; Nah 2:7
  • +Zb 39:7; 119:82
  • +Zb 119:123

Yesaya 38:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 39:12
  • +1Pt 5:7
  • +2Bm 4:27; Yb 7:11; 21:25; Lk 22:62

Yesaya 38:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 33:28; Zb 71:20
  • +1Sm 2:6; Zb 86:13

Yesaya 38:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:5
  • +Zb 28:1; 30:3; 86:13; 88:5; Yon 2:6
  • +Yes 43:25; Mik 7:18; Rm 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 264

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2003, rup. 17-18

Yesaya 38:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 30:9; 88:10; 146:4
  • +Zb 6:5; 115:17; Ums 9:10
  • +Ums 9:5; Yes 38:11

Yesaya 38:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:4; 146:2
  • +Yoh 9:4
  • +It 18:19; Gus 4:9; Yos 4:21; Zb 78:3

Yesaya 38:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:5
  • +Zb 30:12; 150:4
  • +2Bm 20:5; Zb 84:2

Yesaya 38:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 2:7
  • +2Bm 20:7

Yesaya 38:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 38:12Ng 32:24
Yes. 38:12Bm 19:20; Yes 1:1
Yes. 38:12Sm 17:23
Yes. 38:12Bm 20:1
Yes. 38:21Bm 8:30; 2Bm 20:2; Mt 6:6
Yes. 38:2Zb 50:15; 91:15
Yes. 38:3Neh 13:22; Zb 20:3; 1Kr 15:58; Heb 6:10
Yes. 38:3It 5:22; 1Bm 2:4; 2Ng 31:20
Yes. 38:3Zb 51:6; 145:18
Yes. 38:32Ng 31:21
Yes. 38:32Bm 20:3
Yes. 38:42Bm 20:4
Yes. 38:52Ng 34:2
Yes. 38:52Bm 19:20; Img 15:29; 1Yh 5:14
Yes. 38:52Bm 20:5; Zb 39:12; 56:8
Yes. 38:52Bm 20:6; Zb 91:16
Yes. 38:62Bm 19:34; 2Ng 32:22
Yes. 38:72Bm 20:8
Yes. 38:8Yos 10:12
Yes. 38:82Bm 20:9; 2Ng 32:24
Yes. 38:82Bm 20:11
Yes. 38:92Bm 20:1
Yes. 38:9Gus 32:39; 1Sm 2:6
Yes. 38:10Yb 38:17; Zb 9:13; 107:18
Yes. 38:10Zb 90:10; Ums 3:2; 7:17
Yes. 38:11Zb 6:5; Ums 9:5
Yes. 38:12Zb 146:4; Ums 8:8
Yes. 38:12Yb 14:2
Yes. 38:12Yb 17:1
Yes. 38:13Zb 130:6; 131:2
Yes. 38:13Dn 6:24; Hs 5:14
Yes. 38:13Zb 39:10
Yes. 38:14Zb 102:7; Yr 8:7
Yes. 38:14Yes 59:11; Ezk 7:16; Nah 2:7
Yes. 38:14Zb 39:7; 119:82
Yes. 38:14Zb 119:123
Yes. 38:15Zb 39:12
Yes. 38:151Pt 5:7
Yes. 38:152Bm 4:27; Yb 7:11; 21:25; Lk 22:62
Yes. 38:16Yb 33:28; Zb 71:20
Yes. 38:161Sm 2:6; Zb 86:13
Yes. 38:17Zb 30:5
Yes. 38:17Zb 28:1; 30:3; 86:13; 88:5; Yon 2:6
Yes. 38:17Yes 43:25; Mik 7:18; Rm 4:8
Yes. 38:18Zb 30:9; 88:10; 146:4
Yes. 38:18Zb 6:5; 115:17; Ums 9:10
Yes. 38:18Ums 9:5; Yes 38:11
Yes. 38:19Zb 63:4; 146:2
Yes. 38:19Yoh 9:4
Yes. 38:19It 18:19; Gus 4:9; Yos 4:21; Zb 78:3
Yes. 38:20Zb 27:5
Yes. 38:20Zb 30:12; 150:4
Yes. 38:202Bm 20:5; Zb 84:2
Yes. 38:21Yb 2:7
Yes. 38:212Bm 20:7
Yes. 38:222Bm 20:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 38:1-22

Yesaya

38 Muri iyo misi Hezekiya ararwara agera hafi yo gupfa+. Nuko Yesaya+ mwene Amozi umuhanuzi yinjira aho ari maze amubwira ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nuhe amategeko urugo rwawe+, kuko wewe ubwawe ugiye koko gupfa, utazobaho+.’” 2 Hezekiya aca ahindukiriza mu maso hiwe ku ruhome+ maze atangura gusenga Yehova+, 3 avuga ati: “Ndagusavye, ewe Yehova, ndakwinginze wibuke+ ingene nagendeye+ imbere yawe mu kuri+, mfise umutima ukwiye+, kandi ko nakoze ivyari vyiza mu maso yawe.” Nuko Hezekiya atangura kurira cane+.

4 Maze ijambo+ rya Yehova riza kuri Yesaya, riti: 5 “Genda, ubwire Hezekiya uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana ya Dawidi sogokuruza wawe+ avuze: “Numvise isengesho ryawe+. Nabonye amosozi yawe+. Ehe nongeye ku misi yawe imyaka cumi n’itanu+; 6 kandi wewe n’iki gisagara nzobarokora mu kiganza c’umwami wa Ashuri, kandi nzorwanira iki gisagara+. 7 Kandi iki ni co kimenyetso uhawe kivuye kuri Yehova c’uko Yehova azoshitsa iryo jambo avuze+: 8 Ehe ngira ntume igitutu cari camanutse ku ntambuko z’ingazi za Ahazi kubera izuba+ gisubira inyuma intambuko cumi z’ingazi+.”’” Maze izuba risubira inyuma buhorobuhoro intambuko cumi z’ingazi ku ntambuko z’ingazi ryari ryamanutse+.

9 Ivyo Hezekiya umwami wa Yuda yanditse igihe yarwara+ hanyuma agakira indwara yiwe+.

10 Jewe navuze nti: “Imisi yanje igeze hagati, nzoja mu marembo+ y’ukuzimu.

Nzokwakwa imyaka yanje isigaye+.”

11 Navuze nti: “Sinzobona Ya*, emwe, Ya, mu gihugu c’abazima+.

Sinzosubira kuraba abantu—nzoba ndi kumwe n’ababa mu gihugu c’ukutabaho.

12 Aho mba haranduwe+ hakurwa kuri jewe nk’ihema ry’abungere.

Nazingazinze ubuzima bwanje nk’umujishi w’impuzu;

Umuntu arancacura+ ku nyuzi z’umurongo w’inyuzi.

Kuva ku murango gushika mw’ijoro, uguma untanga+.

13 Nihorosheje gushika mu gitondo+.

Kurya kw’intambwe, ni ko aguma amenagura amagufa yanje+;

Kuva ku murango gushika mw’ijoro, uguma untanga+.

14 Kurya kw’intamba, kurya kw’ikirogorye, ni ko nguma njwigira+;

Nguma nguguza nk’inuma+.

Amaso yanje yitegereje ahakirurutse yayamye+:

‘Ewe Yehova, ndi mu gahahazo. Nunyishinge+.’

15 Mvuge iki, kandi azombwira iki vy’ukuri+?

Ubwiwe kandi yaragize ico akoze+.

Mu myaka yanje yose, nguma ngendagenda nihoreye, ndundumiwe mu mutima+.

16 ‘Ewe Yehova, ni co gituma babandanya kubaho; kandi nk’uko biri kuri bose, aho ni ho hari ubuzima bw’impwemu yanje+.

Uzotuma amagara yanje asubirana, unzigamire ubuzima koko+.

17 Raba! Mu kibanza c’amahoro nagize ibirura, egome, birura+;

Kandi wewe ubwawe wafatanye n’ubuzima bwanje, uburinda icobo c’ugusanguka+.

Kuko watereye inyuma y’umugongo wawe ibicumuro vyanje vyose+.

18 Kuko ukuzimu atari kwo gushobora kuguhaya+; urupfu ntirushobora kugushemeza+.

Abamanuka mu cobo ntibashobora kurabana icizigiro ukuri kwawe+.

19 Umuzima, umuzima, ni we ashobora kuguhaya+,

Nk’uko nshobora kubigira uyu musi+.

Se w’abana arashobora kubaha ubumenyi+ ku vyerekeye ukuri kwawe.

20 Ewe Yehova, jako unkize+, natwe tuvuze imirya yanje narobanuye+

Imisi yose y’ubuzima bwacu ku nzu ya Yehova+.’”

21 Hanyuma Yesaya avuga ati: “Nibatore agatsima k’insukoni zumye zafyonzwe zikegerana, bagasige kuri ico gihute+, kugira akire+.” 22 Muri ico gihe, Hezekiya avuga ati: “Ikimenyetso ni igiki c’uko nzoduga ku nzu ya Yehova+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika