ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 11
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 11:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:7

Yeremiya 11:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 27:26; 28:15; Gl 3:10; Heb 8:9

Yeremiya 11:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:3; Ezk 20:6
  • +Kv 13:3; Gus 4:20; 1Bm 8:51
  • +Lw 26:3; 1Sm 15:22; Yr 7:23
  • +It 17:8; Lw 26:12; Ezk 11:20; 2Kr 6:16

Yeremiya 11:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18; Gus 7:12; Zb 105:9
  • +Kv 3:8; Lw 20:24; Gus 6:3; Yos 5:6; Ezk 20:6

Yeremiya 11:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 58:1
  • +Gus 6:3; Yoh 13:17; Rm 2:13; Yak 1:22

Yeremiya 11:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:26
  • +Yr 7:13; 25:4; 35:15

Yeremiya 11:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:16; Yr 6:16; 7:26; Ezk 20:8; Zk 7:11
  • +Zb 78:8; 81:12; Yes 65:2; Yr 3:17; 7:24; 9:14; Zk 7:12; Rm 10:21

Yeremiya 11:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:31; Ezk 22:25

Yeremiya 11:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:11; Zb 78:8; Ezk 20:18; Ivk 7:51
  • +Abc 2:17; 1Sm 8:8; 2Bm 22:17; 2Ng 28:23
  • +Gus 31:16; 2Bm 17:7; Ezk 16:59; Hs 6:7; Heb 8:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 9

Yeremiya 11:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:16; 2Ng 34:24; Yr 6:19; Ezk 7:5
  • +Img 29:1; Am 2:14
  • +Zb 18:41; Img 1:28; Yes 1:15; Yr 14:12; Ezk 8:18; Mik 3:4; Zk 7:13

Yeremiya 11:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:37; Yes 45:20
  • +Yr 2:28

Yeremiya 11:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:17
  • +Hs 9:10
  • +Yr 7:9

Yeremiya 11:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:16; 14:11; 1Yh 5:16
  • +Zb 66:18; Hs 5:6

Yeremiya 11:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:3
  • +Yr 3:8
  • +Ezk 16:25
  • +Hg 2:12
  • +Yak 4:16

Yeremiya 11:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 52:8; Rm 11:17
  • +Mt 3:10

Yeremiya 11:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:2; Yes 5:2; Yr 2:21
  • +Yr 19:15
  • +2Bm 23:5; Yr 7:9; 19:5

Yeremiya 11:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 8:6

Yeremiya 11:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:7
  • +Zb 37:32; Yr 18:18
  • +Zb 116:9; 142:5

Yeremiya 11:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:25; Zb 98:9; Ivk 17:31
  • +1Sm 16:7; 1Ng 28:9; Zb 7:9; Img 11:20; Yr 17:10; 20:12; Ivh 2:23
  • +1Sm 24:15

Yeremiya 11:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:1
  • +Yes 30:10; Am 2:12; 7:16

Yeremiya 11:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:17; Int 2:21
  • +Yr 18:21

Yeremiya 11:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 21:18; 1Ng 6:60
  • +Yr 23:12; 46:21; Mik 7:4; Lk 19:44

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 11:2Yr 1:7
Yer. 11:3Gus 27:26; 28:15; Gl 3:10; Heb 8:9
Yer. 11:4Kv 24:3; Ezk 20:6
Yer. 11:4Kv 13:3; Gus 4:20; 1Bm 8:51
Yer. 11:4Lw 26:3; 1Sm 15:22; Yr 7:23
Yer. 11:4It 17:8; Lw 26:12; Ezk 11:20; 2Kr 6:16
Yer. 11:5It 15:18; Gus 7:12; Zb 105:9
Yer. 11:5Kv 3:8; Lw 20:24; Gus 6:3; Yos 5:6; Ezk 20:6
Yer. 11:6Yes 58:1
Yer. 11:6Gus 6:3; Yoh 13:17; Rm 2:13; Yak 1:22
Yer. 11:7Kv 15:26
Yer. 11:7Yr 7:13; 25:4; 35:15
Yer. 11:8Neh 9:16; Yr 6:16; 7:26; Ezk 20:8; Zk 7:11
Yer. 11:8Zb 78:8; 81:12; Yes 65:2; Yr 3:17; 7:24; 9:14; Zk 7:12; Rm 10:21
Yer. 11:9Yr 5:31; Ezk 22:25
Yer. 11:10Abc 2:11; Zb 78:8; Ezk 20:18; Ivk 7:51
Yer. 11:10Abc 2:17; 1Sm 8:8; 2Bm 22:17; 2Ng 28:23
Yer. 11:10Gus 31:16; 2Bm 17:7; Ezk 16:59; Hs 6:7; Heb 8:9
Yer. 11:112Bm 22:16; 2Ng 34:24; Yr 6:19; Ezk 7:5
Yer. 11:11Img 29:1; Am 2:14
Yer. 11:11Zb 18:41; Img 1:28; Yes 1:15; Yr 14:12; Ezk 8:18; Mik 3:4; Zk 7:13
Yer. 11:12Gus 32:37; Yes 45:20
Yer. 11:12Yr 2:28
Yer. 11:13Gus 32:17
Yer. 11:13Hs 9:10
Yer. 11:13Yr 7:9
Yer. 11:14Yr 7:16; 14:11; 1Yh 5:16
Yer. 11:14Zb 66:18; Hs 5:6
Yer. 11:15Yr 2:3
Yer. 11:15Yr 3:8
Yer. 11:15Ezk 16:25
Yer. 11:15Hg 2:12
Yer. 11:15Yak 4:16
Yer. 11:16Zb 52:8; Rm 11:17
Yer. 11:16Mt 3:10
Yer. 11:17Zb 44:2; Yes 5:2; Yr 2:21
Yer. 11:17Yr 19:15
Yer. 11:172Bm 23:5; Yr 7:9; 19:5
Yer. 11:18Ezk 8:6
Yer. 11:19Yes 53:7
Yer. 11:19Zb 37:32; Yr 18:18
Yer. 11:19Zb 116:9; 142:5
Yer. 11:20It 18:25; Zb 98:9; Ivk 17:31
Yer. 11:201Sm 16:7; 1Ng 28:9; Zb 7:9; Img 11:20; Yr 17:10; 20:12; Ivh 2:23
Yer. 11:201Sm 24:15
Yer. 11:21Yr 1:1
Yer. 11:21Yes 30:10; Am 2:12; 7:16
Yer. 11:222Ng 36:17; Int 2:21
Yer. 11:22Yr 18:21
Yer. 11:23Yos 21:18; 1Ng 6:60
Yer. 11:23Yr 23:12; 46:21; Mik 7:4; Lk 19:44
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 11:1-23

Yeremiya

11 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, riti: 2 “Nimwumve amajambo y’iri sezerano!

“Uze uyabwire+ abagabo ba Yuda n’ababa i Yeruzalemu, 3 ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Aravumwe umuntu atumviriza amajambo y’iri sezerano+, 4 ayo nategetse ba sogokuruza banyu ku musi nabadugana ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, mw’itanure rishongesha ivyuma+, nti: ‘Nimugamburuke ijwi ryanje, mukore mwisunze ivyo ndabategeka vyose+; maze muzoba koko abantu banje, nanje nzoba Imana yanyu+, 5 kugira ngo nshitse indahiro narahiye ba sogokuruza banyu+, ko nzobaha igihugu gitemba amata n’ubuki+, nk’uko biri uyu musi.’”’”

Nuko nishura nti: “Amen, ewe Yehova!”

6 Yehova yongera kumbwira ati: “Tangaza aya majambo yose mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu+ uti: ‘Nimwumve amajambo y’iri sezerano, kandi muze muyashitse+. 7 Kuko nakebuye ba sogokuruza banyu nshimitse ku musi nabadugana ndabakuye mu gihugu ca Misiri+ gushika n’uyu musi, nkazinduka nkabakebura nti: “Nimugamburuke ijwi ryanje+.” 8 Mugabo ntibumvirije canke ngo batege ugutwi+, ahubwo bagumye bagendera umwe wese mu kagagazo k’umutima wiwe mubi+; ni co catumye ndabazanako amajambo yose y’iri sezerano nari narabategetse gushitsa mugabo ntibayashitsa.’”

9 Vyongeye, Yehova ambwira ati: “Habonetse umugambi mubi mu bagabo ba Yuda no mu baba i Yeruzalemu+. 10 Basubiye mu makosa ya ba sekuruza babo+, bamwe ba mbere, abanse kugamburuka amajambo yanje, mugabo bagakurikira izindi mana kugira ngo bazikorere+. Inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda zararenze kw’isezerano ryanje nagiranye na ba sekuruza babo+. 11 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndabazaneko ivyago+ batazoshobora kuvamwo+; bazontabaza koko, mugabo sinzobumviriza+. 12 Ibisagara vya Yuda n’ababa i Yeruzalemu bazoja koko gutabaza imana bariko bafumbishiriza umwotsi w’ibimazi+, mugabo zikaba zitazobazanira namba ubukiriro mu gihe c’ivyago vyabo+. 13 Kuko imana zawe zisigaye zingana n’ibisagara vyawe, ewe Yuda+; kandi mwashiriyeho ca kintu c’akamaramaza+ ibicaniro* bingana n’amabarabara ya Yeruzalemu, ibicaniro vyo gufumbishiriza Bayali umwotsi w’ibimazi+.’

14 “Ariko weho, ntusengere aba bantu, kandi ntubashirire hejuru akamo k’ukwinginga canke isengesho+, kuko ntazokwumviriza igihe bazosemerera bampamagara ku bijanye n’ivyago vyabo+.

15 “Umukundwa wanje arondera iki mu nzu yanje+ ko benshi muri we bakora iki kintu+, ari co mugambi mubi+? Mbega bazotuma bikuvako bikarengana bakoresheje inyama nyeranda+, ivyago vyawe nivyaza? Mbega ico gihe uzokwigina+? 16 Yehova yakwise ‘igiti c’umwelayo gitotahaye, ciza uravye ivyamwa vyaco be n’ukuntu kimeze+.’ Igihe haba ijwi ry’ukwasana gukomeye yaramudomekeye umuriro ururumba, kandi bavunaguye amashami yaco+.

17 “Yehova nyen’ingabo ubwiwe, Umwe yaguteragira+, yakuvuzeko ivyago kubera ikibi c’inzu ya Isirayeli+ n’inzu ya Yuda, ico bo bakoze kugira bambabaze, mu gufumbishiriza Bayali umwotsi w’ibimazi+.”

18 Yehova ubwiwe yarabimbwiye kugira ngo ndabimenye. Ico gihe waranyeretse ibikorwa vyabo+. 19 Nari meze nk’umwagazi w’intama w’isuguru utekereje, ujanywe gukererwa+, nkaba ntari nzi yuko ari jewe bariko bagīra imigambi mibi+, bati: “Duhonereze hamwe igiti n’ibifungurwa vyaco, tumurandure mu gihugu c’abazima+, kugira ngo izina ryiwe ntirisubire kwibukwa.” 20 Mugabo Yehova nyen’ingabo aca urubanza mu bugororotsi+; asuzuma amafyigo n’umutima+. Ese nobona ukuntu ubihōra, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+.

21 Ibi rero ni vyo Yehova avuze ku bantu b’i Anatoti+ barondera ubuzima bwawe, bati: “Ntukavuge ubuhanuzi mw’izina rya Yehova+, kugira ngo ntitukwice”; 22 ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ehe ngira niteho ivyabo. Imisore izokwicwa n’inkota+. Abahungu babo n’abakobwa babo bazokwicwa n’ikigoyi+. 23 Nta n’amasigarira bazosigarana, kuko nzozana ivyago ku bantu b’i Anatoti+, umwaka ivyabo bizokwitabwaho+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika