ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 13
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:14

Yeremiya 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:19; Img 16:18; Zf 3:11; Lk 18:14; Yak 4:6; 1Pt 5:5

Yeremiya 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:16
  • +Yr 6:28; 9:14; 11:8; 16:12; Ivk 7:51
  • +Abc 2:12; 1Sm 8:8; 2Ng 7:19

Yeremiya 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 26:18
  • +Kv 19:5; Zb 135:4
  • +Yr 33:9
  • +Zb 81:11; Yr 6:17

Yeremiya 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 10:3; 25:18; 2Sm 16:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    9/2015, rup. 7

Yeremiya 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 75:8; Yes 29:9; 51:17; 63:6; Yr 25:27
  • +Yr 29:16

Yeremiya 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:21; Ezk 5:10; Mt 10:21
  • +Yes 13:9; 27:11; Ezk 7:4; 24:14; Rm 2:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 258

Yeremiya 13:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 18:12; Yak 4:10
  • +Yr 26:15

Yeremiya 13:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:19; Zb 96:7
  • +Yes 5:30; 8:22; Am 8:9
  • +Img 4:19
  • +Yes 59:9
  • +Zb 44:19
  • +Yes 60:2

Yeremiya 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:5; Mal 2:2
  • +Yr 9:1; Int 1:2; 2:18
  • +Zb 80:1; 100:3

Yeremiya 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 10:13; 24:12; Yr 22:26
  • +Img 25:7; Lk 14:8
  • +Ezk 21:26

Yeremiya 13:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:64; 2Bm 25:21; Yr 39:9

Yeremiya 13:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:22
  • +Ezk 34:8; Ivk 20:29

Yeremiya 13:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:3
  • +Yes 39:2
  • +Yes 13:8; Yr 6:24; Mik 4:9; 1Ts 5:3

Yeremiya 13:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ibice vyo hepfo vy’impuzu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 1:12
  • +Yr 5:19; 16:10
  • +Yes 20:4; Ezk 16:37; Hs 2:3

Yeremiya 13:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:10
  • +Img 27:22; Mt 19:24
  • +Yr 9:5

Yeremiya 13:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Gus 28:64; Lk 21:24
  • +Zb 1:4; Yr 4:11; Hs 13:3

Yeremiya 13:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:6; Mt 24:51
  • +Gus 32:18; Zb 106:21; Yr 2:32
  • +Gus 32:38; Yes 28:15; Yr 10:14; Hab 2:18

Yeremiya 13:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 1:8; Ezk 16:37; 23:29; Hs 2:10

Yeremiya 13:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:20; 3:2; Ezk 16:15
  • +Yr 5:8
  • +Yes 65:7; Ezk 6:13
  • +Ezk 24:13
  • +Hs 8:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 13:4It 2:14
Yer. 13:9Lw 26:19; Img 16:18; Zf 3:11; Lk 18:14; Yak 4:6; 1Pt 5:5
Yer. 13:102Ng 36:16
Yer. 13:10Yr 6:28; 9:14; 11:8; 16:12; Ivk 7:51
Yer. 13:10Abc 2:12; 1Sm 8:8; 2Ng 7:19
Yer. 13:11Gus 26:18
Yer. 13:11Kv 19:5; Zb 135:4
Yer. 13:11Yr 33:9
Yer. 13:11Zb 81:11; Yr 6:17
Yer. 13:121Sm 10:3; 25:18; 2Sm 16:1
Yer. 13:13Zb 75:8; Yes 29:9; 51:17; 63:6; Yr 25:27
Yer. 13:13Yr 29:16
Yer. 13:14Yr 6:21; Ezk 5:10; Mt 10:21
Yer. 13:14Yes 13:9; 27:11; Ezk 7:4; 24:14; Rm 2:5
Yer. 13:15Img 18:12; Yak 4:10
Yer. 13:15Yr 26:15
Yer. 13:16Yos 7:19; Zb 96:7
Yer. 13:16Yes 5:30; 8:22; Am 8:9
Yer. 13:16Img 4:19
Yer. 13:16Yes 59:9
Yer. 13:16Zb 44:19
Yer. 13:16Yes 60:2
Yer. 13:17Yr 22:5; Mal 2:2
Yer. 13:17Yr 9:1; Int 1:2; 2:18
Yer. 13:17Zb 80:1; 100:3
Yer. 13:182Bm 10:13; 24:12; Yr 22:26
Yer. 13:18Img 25:7; Lk 14:8
Yer. 13:18Ezk 21:26
Yer. 13:19Gus 28:64; 2Bm 25:21; Yr 39:9
Yer. 13:20Yr 6:22
Yer. 13:20Ezk 34:8; Ivk 20:29
Yer. 13:21Yes 10:3
Yer. 13:21Yes 39:2
Yer. 13:21Yes 13:8; Yr 6:24; Mik 4:9; 1Ts 5:3
Yer. 13:22Zf 1:12
Yer. 13:22Yr 5:19; 16:10
Yer. 13:22Yes 20:4; Ezk 16:37; Hs 2:3
Yer. 13:231Ng 1:10
Yer. 13:23Img 27:22; Mt 19:24
Yer. 13:23Yr 9:5
Yer. 13:24Lw 26:33; Gus 28:64; Lk 21:24
Yer. 13:24Zb 1:4; Yr 4:11; Hs 13:3
Yer. 13:25Zb 11:6; Mt 24:51
Yer. 13:25Gus 32:18; Zb 106:21; Yr 2:32
Yer. 13:25Gus 32:38; Yes 28:15; Yr 10:14; Hab 2:18
Yer. 13:26Int 1:8; Ezk 16:37; 23:29; Hs 2:10
Yer. 13:27Yr 2:20; 3:2; Ezk 16:15
Yer. 13:27Yr 5:8
Yer. 13:27Yes 65:7; Ezk 6:13
Yer. 13:27Ezk 24:13
Yer. 13:27Hs 8:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 13:1-27

Yeremiya

13 Ibi ni vyo Yehova ambwiye: “Genda wironse umukaba wo mu nyuzi z’ilino, uwukenyere mu mafyinga, mugabo ntihagire amazi uwukozamwo.” 2 Nuko nironsa nya mukaba, nk’uko Yehova yari yambwiye, maze ndawukenyera mu mafyinga. 3 Ijambo rya Yehova rinzako ubugira kabiri riti: 4 “Tora wa mukaba wironsa, umwe uri mu mafyinga yawe, maze uhaguruke uje kuri Efurate+, uheze uwunyegezeyo mu mugaga w’urutare.” 5 Nuko ndagenda, ndawunyegeza iruhande ya Efurate, nk’uko Yehova yari yantegetse.

6 Mugabo haciye imisi myinshi, Yehova ambwira ati: “Haguruka uje kuri Efurate, utoreyo wa mukaba nagutegeka kunyegezayo.” 7 Nuko nja kuri Efurate, ndimba, hanyuma ntora nya mukaba aho nari narawunyegeje, nsanga warononekaye; nta co wari ukimaze.

8 Maze ijambo rya Yehova rinzako, riti: 9 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ukwo nyene ni ko nzokwonona ubwishime bwa Yuda+ n’ubwishime bwinshi bwa Yeruzalemu. 10 Aba bantu babi banka kugamburuka amajambo yanje+, bagendera mu kagagazo k’umutima wabo+ kandi bakaguma bakurikira izindi mana kugira bazikorere bongere bazunamire+, bazocika rero nk’uyu mukaba ata co ukimaze.’ 11 ‘Kuko nk’uko umukaba wumira mu mafyinga y’umuntu, ni ko natumye inzu yose ya Isirayeli n’inzu yose ya Yuda zumira kuri jewe+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kugira ngo bambere igisata+, n’izina+, n’ishemezo be n’ikintu ciza; mugabo ntibagamburutse+.’

12 “Uze ubabwire iri jambo uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Umubindi munini wose ni ikintu cuzuzwa umuvinyu+.”’ Na bo ntibazobura kuvuga bati: ‘None ntituzi neza yuko umubindi munini wose ari ikintu cuzuzwa umuvinyu?’ 13 Nawe uze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nuzuze akaborerwe+ ababa muri iki gihugu bose, n’abami bicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ mu kibanza ciwe, n’abaherezi, n’abahanuzi, n’ababa i Yeruzalemu bose. 14 Nzobamenagura mu kubasekanya, ba se n’abana, icarimwe+,” ni ko Yehova avuze. “Sinzogira impuhwe, canke ngo numve akagongwe, kandi sinzogira imbabazi ngo ndeke kubahonya+.”’

15 “Nimwumve kandi mutege ugutwi. Ntimwibone+, kuko Yehova ubwiwe avuze+. 16 Nimuninahaze Yehova Imana yanyu+, atarazana umwiza+, n’ibirenge vyanyu bitaratsitaranako ku misozi buhwibiriye+. Muzokwizigira kuronka umuco+, na we atume koko uba igitutu kizitanye+; azowuhindura umuzimagiza w’umuzitanya+. 17 Kandi nimutavyumva+, umutima wanje uzoririra mu bwihisho kubera ubwishime bwanyu, ukorore amosozi koko; ijisho ryanje rizotemba amosozi+, kuko ubusho+ bwa Yehova buzoba bwatwawe ari imbohe.

18 “Bwira umwami n’umugore w’iteka+ uti: ‘Nimwicare mu kibanza co hasi+, kuko urugori rwanyu rw’ubwiza ruzotibuka rukava ku mitwe yanyu+.’ 19 Ibisagara vyo mu bumanuko vyugawe, ku buryo ata wuvyugurura. Yuda yose uko ingana yajanywe mu bunyagano. Yajanywe mu bunyagano yose+.

20 “Raramura amaso yawe urabe abaje bavuye mu buraruko+. Buri hehe bwa busho wahabwa, wa mukuku wawe mwiza+? 21 Uzovuga iki ivyawe nivyitabwaho+, kandi ari wewe wabigishirije iruhande yawe bwa bagenzi somambike mu ntango+? Mbega imisonga y’ukwibaruka ntizogucakira, nk’iy’umugore ariko yibaruka+? 22 Kandi niwavuga mu mutima wawe+ uti: ‘Kubera iki ibi bintu binshikiye+?’; kubera ubwinshi bw’ikosa ryawe, impuzu* zawe wahora wipfuka ziratwawe+; ibitsintsiri vyawe vyagiriwe ivy’ubukazi.

23 “Mbega Umukushi+ arashobora guhindura urukoba rwiwe, canke ingwe igahindura ibirabagu vyayo+? Namwe rero mwoshobora gukora iciza, mwebwe abantu bigishijwe gukora ikibi+. 24 Nzobashwiragiza+ rero nk’ibishakara bitwawe n’umuyaga uvuye mu gahinga+. 25 Uwo ni wo muturi wawe, umugabane wawe nkugereye+,” ni ko Yehova avuze, “kuko wanyibagiye+, ukaba uguma wizigira ikinyoma+. 26 Nanje rero nzoduza impuzu zawe ndazikurenze mu maso, maze babone koko ubwambure bwawe+, 27 ukurenga ibigo kwawe+ n’ukwanaga kwawe+, ubushirasoni* bwawe mu bumaraya. Nabonye ibintu bisesemye vyawe ku mirambi, mu gahinga+. Uragowe, Yeruzalemu we! Ntushobora kuba uwutyoroye+—uzogeza ryari+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika