ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 1:1

Yeremiya 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 37:33
  • +Ezk 16:8; Hs 2:15
  • +Kv 24:3
  • +Gus 2:7; Neh 9:12

Yeremiya 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:6; Gus 7:6
  • +Yak 1:18; Ivh 14:4
  • +Yes 41:11; Zk 1:15
  • +Kv 17:13

Yeremiya 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:20
  • +Hs 4:1

Yeremiya 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:4; Mik 6:3
  • +Yr 12:2
  • +Gus 32:21; 1Bm 16:26; 2Bm 17:15; Ivk 14:15
  • +Zb 115:8

Yeremiya 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:30; Abc 6:13; Yes 63:11; Hs 13:4
  • +Gus 1:1; 32:10
  • +Gus 8:15; Neh 9:20
  • +Zb 23:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2003, rup. 8

Yeremiya 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 13:27; Gus 6:11; 8:7; Neh 9:25
  • +Lw 18:24; Gh 35:33; Gus 21:23; Zb 78:58; 106:38; Yr 16:18; Ezk 36:17

Yeremiya 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:12; Int 4:13
  • +Lk 11:52; Yoh 8:55
  • +Ezk 34:8
  • +1Bm 18:19; Yr 23:13
  • +1Sm 12:21; Hab 2:18

Yeremiya 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 20:35; Mik 6:2
  • +Kv 20:5

Yeremiya 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:4; Gh 24:24
  • +It 25:13; Zb 120:5; Yr 49:28
  • +Yr 18:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 9

Yeremiya 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 4:5
  • +Zb 115:4; Yes 37:19; Yr 16:20; 1Kr 8:4
  • +Zb 106:20; Hs 4:7; Rm 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 9

Yeremiya 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:2; Yr 6:19

Yeremiya 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 10:13; 1Sm 12:10
  • +Zb 36:9; Yr 17:13; Yoh 17:3; Ivh 22:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 68-69

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

    1/12/2003, rup. 32

Yeremiya 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:22; Yes 41:8

Yeremiya 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:29
  • +Ezk 5:14
  • +Yr 4:7; 9:11; Zf 3:6

Yeremiya 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:13; Yr 44:1; 46:19; Ezk 30:13
  • +Yr 43:7; 46:14; Ezk 30:18
  • +Yes 1:7

Yeremiya 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:9; 2Ng 7:19
  • +Gus 32:10; Zb 77:20; 78:54; 136:16; Yes 63:13

Yeremiya 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:2; 31:1; Int 5:6; Ezk 16:26; 17:15; 23:3; 2Kr 6:14
  • +Yos 13:3; Yes 23:3
  • +2Bm 16:7; Hs 5:13

Yeremiya 2:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:9; Hs 5:5
  • +Hs 11:7
  • +Yr 4:18; Am 8:10
  • +Yr 5:22
  • +Ivk 4:24

Yeremiya 2:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:13; Gus 4:20; Yes 9:4; Nah 1:13
  • +Yes 57:5; Yr 3:6; 17:2
  • +1Bm 14:23; Ezk 6:13; Hs 4:13
  • +Kv 34:15; Ezk 16:15; Hs 6:10

Yeremiya 2:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:17; Zb 44:2; 80:8; Yes 5:1
  • +Yes 1:21; 5:4

Yeremiya 2:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 9:30
  • +Gus 32:34; Yb 14:17; Zb 90:8; Yr 16:17; Hs 13:12; Am 8:7

Yeremiya 2:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:13; 30:12
  • +Img 30:20
  • +Yr 7:31

Yeremiya 2:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 8:9
  • +Yr 14:6

Yeremiya 2:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 2:3
  • +Yr 18:12
  • +Yes 2:6; Yr 3:13
  • +Yr 44:17

Yeremiya 2:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:7
  • +Ezr 9:7; Dn 9:6

Yeremiya 2:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:13; Hab 2:18
  • +2Ng 29:6; Yr 32:33
  • +Abc 10:15; 2Ng 20:9; Zb 78:34; 106:47; Yes 26:16; Hs 5:15

Yeremiya 2:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:37; Abc 10:13; Yes 45:20
  • +Abc 10:14; Yes 46:7
  • +Yr 11:13

Yeremiya 2:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:10
  • +Yr 5:1; 9:2; Dn 9:11; Hs 7:13

Yeremiya 2:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:22; Yes 9:13
  • +Yes 1:5; Yr 5:3; Zf 3:2
  • +2Ng 36:16; Neh 9:26; Mt 21:35; 23:34; Ivk 7:52; 1Ts 2:15

Yeremiya 2:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 6:9
  • +2Ng 31:10; Neh 9:25
  • +Gus 32:15

Yeremiya 2:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:21; Yes 17:10; Yr 13:25; 18:15; Hs 8:14

Yeremiya 2:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 33:9

Yeremiya 2:34

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “mu bice vyo hepfo vy’impuzu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:16; 24:4; Zb 106:38; Yes 10:2; 59:7; Yr 19:4; Mt 23:35
  • +Kv 22:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 22

Yeremiya 2:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:13
  • +1Yh 1:8

Yeremiya 2:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 12:2
  • +Yes 30:3; Yr 37:7
  • +2Ng 28:20

Yeremiya 2:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 13:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 2:1Heb 1:1
Yer. 2:2Yes 37:33
Yer. 2:2Ezk 16:8; Hs 2:15
Yer. 2:2Kv 24:3
Yer. 2:2Gus 2:7; Neh 9:12
Yer. 2:3Kv 19:6; Gus 7:6
Yer. 2:3Yak 1:18; Ivh 14:4
Yer. 2:3Yes 41:11; Zk 1:15
Yer. 2:3Kv 17:13
Yer. 2:4Yr 5:20
Yer. 2:4Hs 4:1
Yer. 2:5Yes 5:4; Mik 6:3
Yer. 2:5Yr 12:2
Yer. 2:5Gus 32:21; 1Bm 16:26; 2Bm 17:15; Ivk 14:15
Yer. 2:5Zb 115:8
Yer. 2:6Kv 14:30; Abc 6:13; Yes 63:11; Hs 13:4
Yer. 2:6Gus 1:1; 32:10
Yer. 2:6Gus 8:15; Neh 9:20
Yer. 2:6Zb 23:4
Yer. 2:7Gh 13:27; Gus 6:11; 8:7; Neh 9:25
Yer. 2:7Lw 18:24; Gh 35:33; Gus 21:23; Zb 78:58; 106:38; Yr 16:18; Ezk 36:17
Yer. 2:81Sm 2:12; Int 4:13
Yer. 2:8Lk 11:52; Yoh 8:55
Yer. 2:8Ezk 34:8
Yer. 2:81Bm 18:19; Yr 23:13
Yer. 2:81Sm 12:21; Hab 2:18
Yer. 2:9Ezk 20:35; Mik 6:2
Yer. 2:9Kv 20:5
Yer. 2:10It 10:4; Gh 24:24
Yer. 2:10It 25:13; Zb 120:5; Yr 49:28
Yer. 2:10Yr 18:13
Yer. 2:11Mik 4:5
Yer. 2:11Zb 115:4; Yes 37:19; Yr 16:20; 1Kr 8:4
Yer. 2:11Zb 106:20; Hs 4:7; Rm 1:23
Yer. 2:12Yes 1:2; Yr 6:19
Yer. 2:13Abc 10:13; 1Sm 12:10
Yer. 2:13Zb 36:9; Yr 17:13; Yoh 17:3; Ivh 22:1
Yer. 2:14Kv 4:22; Yes 41:8
Yer. 2:15Yes 5:29
Yer. 2:15Ezk 5:14
Yer. 2:15Yr 4:7; 9:11; Zf 3:6
Yer. 2:16Yes 19:13; Yr 44:1; 46:19; Ezk 30:13
Yer. 2:16Yr 43:7; 46:14; Ezk 30:18
Yer. 2:16Yes 1:7
Yer. 2:171Ng 28:9; 2Ng 7:19
Yer. 2:17Gus 32:10; Zb 77:20; 78:54; 136:16; Yes 63:13
Yer. 2:18Yes 30:2; 31:1; Int 5:6; Ezk 16:26; 17:15; 23:3; 2Kr 6:14
Yer. 2:18Yos 13:3; Yes 23:3
Yer. 2:182Bm 16:7; Hs 5:13
Yer. 2:19Yes 3:9; Hs 5:5
Yer. 2:19Hs 11:7
Yer. 2:19Yr 4:18; Am 8:10
Yer. 2:19Yr 5:22
Yer. 2:19Ivk 4:24
Yer. 2:20Lw 26:13; Gus 4:20; Yes 9:4; Nah 1:13
Yer. 2:20Yes 57:5; Yr 3:6; 17:2
Yer. 2:201Bm 14:23; Ezk 6:13; Hs 4:13
Yer. 2:20Kv 34:15; Ezk 16:15; Hs 6:10
Yer. 2:21Kv 15:17; Zb 44:2; 80:8; Yes 5:1
Yer. 2:21Yes 1:21; 5:4
Yer. 2:22Gus 32:34; Yb 14:17; Zb 90:8; Yr 16:17; Hs 13:12; Am 8:7
Yer. 2:22Yb 9:30
Yer. 2:23Img 28:13; 30:12
Yer. 2:23Img 30:20
Yer. 2:23Yr 7:31
Yer. 2:24Hs 8:9
Yer. 2:24Yr 14:6
Yer. 2:25Hs 2:3
Yer. 2:25Yr 18:12
Yer. 2:25Yes 2:6; Yr 3:13
Yer. 2:25Yr 44:17
Yer. 2:26Kv 22:7
Yer. 2:26Ezr 9:7; Dn 9:6
Yer. 2:27Yes 44:13; Hab 2:18
Yer. 2:272Ng 29:6; Yr 32:33
Yer. 2:27Abc 10:15; 2Ng 20:9; Zb 78:34; 106:47; Yes 26:16; Hs 5:15
Yer. 2:28Gus 32:37; Abc 10:13; Yes 45:20
Yer. 2:28Abc 10:14; Yes 46:7
Yer. 2:28Yr 11:13
Yer. 2:291Sm 2:10
Yer. 2:29Yr 5:1; 9:2; Dn 9:11; Hs 7:13
Yer. 2:302Ng 28:22; Yes 9:13
Yer. 2:30Yes 1:5; Yr 5:3; Zf 3:2
Yer. 2:302Ng 36:16; Neh 9:26; Mt 21:35; 23:34; Ivk 7:52; 1Ts 2:15
Yer. 2:31Mik 6:9
Yer. 2:312Ng 31:10; Neh 9:25
Yer. 2:31Gus 32:15
Yer. 2:32Zb 106:21; Yes 17:10; Yr 13:25; 18:15; Hs 8:14
Yer. 2:332Ng 33:9
Yer. 2:342Bm 21:16; 24:4; Zb 106:38; Yes 10:2; 59:7; Yr 19:4; Mt 23:35
Yer. 2:34Kv 22:2
Yer. 2:35Img 28:13
Yer. 2:351Yh 1:8
Yer. 2:36Hs 12:2
Yer. 2:36Yes 30:3; Yr 37:7
Yer. 2:362Ng 28:20
Yer. 2:372Sm 13:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 2:1-37

Yeremiya

2 Ijambo rya Yehova rinzako+ riti: 2 “Genda usemerere mu matwi ya Yeruzalemu uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze+: “Ndibuka neza ku bijanye nawe ubuntu bwuzuye urukundo bwo mu buto bwawe+, urukundo wari ufise igihe wari urehejwe+, n’ingene wankurikira mu gahinga, mu gihugu kitabibwamwo imbuto+. 3 Isirayeli yari ikintu ceranda kuri Yehova+, umwimbu wa mbere kuri we+.”’ ‘Abantu bose bamurotsa baba bikwegeye ukwagirwa n’icaha+. Ivyago vyarabazako,’ ni ko Yehova yavuze+.”

4 Niwumve ijambo rya Yehova, ewe nzu ya Yakobo+, namwe mwese miryango y’inzu ya Isirayeli+! 5 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ni ikintu ikihe c’akarenganyo ba so basanze muri jewe+, ku buryo bigira kure yanje+, bakaguma bakurikira ca kigirwamana c’imburakimazi+, na bo ubwabo bagacika imburakimazi+? 6 Kandi ntibavuze ngo: ‘Yehova ari hehe, Umwe yatudugana adukuye mu gihugu ca Misiri+, Umwe yaducisha mu gahinga, mu gihugu c’ibiyaya vy’ubugaragwa+ n’ivyobo, mu gihugu kitagira amazi+ kandi c’igitutu kizitanye+, mu gihugu ata muntu yagiciyemwo kandi ata muntu yakuwe mw’ivu yakibayemwo?’

7 “Amaherezo narabazanye mu gihugu c’imirima y’ivyamwa, kugira ngo murye ivyamwa vyaco n’ibintu vyiza vyaco+. Mugabo mwaraje, muhumanya igihugu canje; intoranwa yanje mwayigize ikintu giteye ishishi+. 8 Abaherezi ntibavuze ngo: ‘Yehova ari hehe+?’ Abajejwe itegeko jewe ntibamenye+; kandi abungere barancumuyeko+, mbere n’abahanuzi bavuze ubuhanuzi mw’izina rya Bayali+, bakurikira ibitari gushobora kuzana inyungu+.

9 “‘Ni co gituma nzokwongera kubarwanya+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi nzorwanya abahungu b’abahungu banyu+.’

10 “‘Mugabo nimujabuke muje mu bihugu vyo ku nkengera y’amazi vya Kitimu+, murabe. Egome, nimutume intumwa n’i Kedari+ maze murimbure mwitonze, murabe ko hari ikintu nk’iki cabaye+. 11 Mbega hari ihanga ryakavye imana zaryo+, egome, rikazikaba ibitari imana+? Mugabo abantu banje ubuninahazwa bwanje babukavye ibidashobora kuzana inyungu+. 12 Nimubirabe mwumiwe, mwa majuru mwe; nimumerereze kubera ikinya cinshi cane,’ ni ko Yehova avuze+, 13 ‘kuko hari ibintu bibiri bibi abantu banje bakoze: Barampevye+, jewe sôko ry’amazi mazima+, kugira ngo biyimbire amatangi, amatangi yatobotse adashobora kubika amazi.’

14 “‘Mbega Isirayeli ni umusuku+, canke umushumba yavukiye mu rugo? Kubera iki yahindutse uwo gusahurwa? 15 Intambwe z’imikangara z’imigāra zimuroherako+; zarumvikanishije ijwi ryazo+. Maze igihugu ciwe zikigira akajoreza. Ibisagara vyiwe vyaraturiwe, ku buryo ata muntu ahaba+. 16 Mbere ab’i Nofu+ n’i Tahapanesi+ bagumye bakurya ku rutwariro+. 17 Mbega ivyo si wewe wavyikwegeye mu guheba Yehova Imana yawe+ igihe yakugendesha mu nzira+? 18 None ubu inzira ya Misiri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya Shihori+? Kandi inzira ya Ashuri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya rwa Ruzi? 19 Ububi bwawe bwari bukwiye kugukosora+, kandi ubuhemu bwawe bwari bukwiye kugukangira+. Numenye rero wongere ubone yuko guheba Yehova Imana yawe ari ikintu kibi kandi kibishe+, kandi ivyo ntivyatumye untinya+,’ ni ko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo*, avuze.

20 “‘Kuko kera navunaguye ingǒgo* yawe+; navutaguye imizana yawe. Mugabo wavuze uti: “Sinzogukorera,” kuko waryama utambikije+ ku murambi muremure wose no munsi y’igiti gitotahaye cose+, ugira ubumaraya+. 21 Ariko jewe, nari naraguteye uri umuzabibu utukura w’indobanurwa+, wose ari imbuto nyakuri. None wampindukiye gute imivyaro yononekaye y’umuzabibu w’icaduka+?’

22 “‘Mugabo naho wokwiyuhagiza ivyitwa alikali kandi naho wokoresha isabuni nyinshi+, ikosa ryawe ryoguma koko ari ikirabagu imbere yanje+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. 23 Uvuga ute ngo: ‘Sinihumanije+. Sinakurikiye za Bayali+’? Raba inzira yawe yo mu mubande+. Numenye ico wakoze. Uri ingamiya y’ingore inyaruka yiruka irya n’ino mu nzira zayo, itagira iyo ija; 24 uri imparage+ imenyereye agahinga, isunitswe n’icipfuzo cayo gikomeye, imotēra umuyaga+; iyo hageze ko yima, ni nde yoshobora kuyisubiza inyuma? Iziyirondera zose ntizizokwirirwa ziriruhisha. Ukwezi kwayo kugeze zizoyironka. 25 Nubuze ikirenge cawe gucika ikirenge kiri amenya, n’umuhogo wawe kugira inyota+. Mugabo wavuze uti: ‘Ni ivy’ubusa+! Oya, ahubwo nakunze ab’ahandi+, kandi nzobakurikira+.’

26 “Ab’inzu ya Isirayeli bagize ibimaramare nka birya vy’igisuma iyo gifashwe+, bo hamwe n’abami babo, n’abaganwa babo, n’abaherezi babo be n’abahanuzi babo+. 27 Babwira igiti bati: ‘Uri dawe+,’ bakabwira ibuye bati: ‘Ni wewe wamvyaye.’ Mugabo jewe bampaye ibitugu ntibampaye mu maso+. Mu gihe c’ivyago vyabo bazovuga bati: ‘Haguruka udukize+!’

28 “Ariko none ziri hehe za mana zawe wihinguriye+? Nizihaguruke nimba zishobora kugukiza mu gihe c’ivyago vyawe+. Kuko imana zawe zisigaye zingana n’igitigiri c’ibisagara vyawe, ewe Yuda+!

29 “‘Kubera iki mubandanya kundwanya+? Kubera iki mwebwe mwese mwancumuyeko+?’, ni ko Yehova avuze. 30 Narakubise abahungu banyu ntihagira ikivamwo+. Ntibemeye gutozwa indero+. Inkota yanyu yararokeje abahanuzi banyu, nka kurya kw’intambwe iyogeza+. 31 Yemwe yaruka, nimwirabire ijambo rya Yehova+.

“Mbega nacitse agahinga kuri Isirayeli+ canke igihugu c’umwiza w’umuzitanya? Kubera iki aba bantu banje bavuze bati: ‘Twarayerereye. Ntitukigaruka kuri wewe+’? 32 Mbega umwigeme w’isugi yokwibagira udusharizo twiwe, umugeni akibagira imikanda yiwe yo mu gikiriza? Yamara abantu banje bo, baranyibagiye imisi itagira igitigiri+.

33 “Kubera iki ga wa mugore ugira neza inzira yawe kugira ngo urondere urukundo? Ni co gituma wigishije inzira zawe ibintu bibi+. 34 Vyongeye, mu mpuzu* zawe habonetse ibirabagu vy’amaraso y’aboro b’intungane+. Ntibishwe ngo ni uko bariko bamena inzu, ariko ibirabagu vy’amaraso yabo nabisanze ku mpuzu zawe zose+.

35 “Mugabo uvuga uti: ‘Nagumye ndi intungane. Ni ukuri ishavu ryiwe ryamvuyeko risubira inyuma+.’

“Ehe ngira mburane nawe kubera uvuga ngo: ‘Sinacumuye+.’ 36 Kubera iki ubona ko guhindura inzira yawe ata co bivuze+? Misiri na yo nyene izotuma umaramara+, nk’uko Ashuri yatumye umaramara+. 37 Ku bw’ivyo kandi uzogenda wikoreye amaboko+, kuko Yehova yanse ivyo wizigiye, kandi ntibizotuma uroranirwa.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika