ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 20
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 20:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:14
  • +Ivk 5:24

Yeremiya 20:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:2
  • +2Ng 16:10; Yr 29:26; Ivk 16:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 57-58, 84

Yeremiya 20:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:3
  • +Hs 1:4
  • +Zb 31:13; Yr 6:25; 46:5; 49:29; Int 2:22

Yeremiya 20:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:65; Zb 73:19
  • +Gus 28:32; 2Bm 25:7; Yr 29:21; 39:6
  • +Yr 25:9; 39:9

Yeremiya 20:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:17; 24:13; 25:13; Int 1:10; Ezk 22:25
  • +2Ng 36:10; Yr 15:13

Yeremiya 20:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 15:2; 29:21; Ezk 12:11
  • +Yr 5:31
  • +Yr 14:14; 28:15; 29:21

Yeremiya 20:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 3:14; Mik 3:8
  • +Yb 12:4; Zb 22:7; Yr 15:10; Int 3:14; Ivk 17:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 35-37

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 9

Yeremiya 20:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:7
  • +2Ng 36:16; Yr 6:10; 15:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 118

Yeremiya 20:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:4; Yon 1:3
  • +Yb 32:18; Zb 39:3; Yr 6:11; Am 3:8; Ivk 4:20; 18:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 9

    15/2/2010, rup. 7

    1/7/2000, rup. 20

    1/3/2000, rup. 27

    Yeremiya, rup. 118

Yeremiya 20:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “abantu bapfa.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:13
  • +Neh 6:6; Img 10:18; Lk 20:20
  • +Yb 19:19; Zb 38:16; 41:9
  • +Lk 11:54

Yeremiya 20:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:10; Yr 1:8; Rm 8:31
  • +Zb 47:2; 66:5
  • +Gus 32:35; Zb 27:2; Yr 15:15, 20; 17:18
  • +Zb 6:10; 35:26; 40:14; Yr 23:40

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 30

    Yeremiya, rup. 36-37

Yeremiya 20:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:5; 17:3; Yr 17:10
  • +Zb 7:9; Yr 11:20
  • +Zb 54:7; 59:10; Yr 17:18
  • +Zb 62:8; 1Pt 2:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 148-149

Yeremiya 20:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:9; 109:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 86

Yeremiya 20:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 3:3; Yr 15:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 9-10

Yeremiya 20:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 127:3; Lk 1:58

Yeremiya 20:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:25; Gus 29:23; Am 4:11; 2Pt 2:6
  • +Yr 4:19; 18:22; Zf 1:16

Yeremiya 20:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 3:10; 10:18

Yeremiya 20:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 3:20; 14:1
  • +Zb 90:10; Int 3:1
  • +Yak 5:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 20:11Ng 24:14
Yer. 20:1Ivk 5:24
Yer. 20:2Ivk 23:2
Yer. 20:22Ng 16:10; Yr 29:26; Ivk 16:24
Yer. 20:3Ivk 4:3
Yer. 20:3Hs 1:4
Yer. 20:3Zb 31:13; Yr 6:25; 46:5; 49:29; Int 2:22
Yer. 20:4Gus 28:65; Zb 73:19
Yer. 20:4Gus 28:32; 2Bm 25:7; Yr 29:21; 39:6
Yer. 20:4Yr 25:9; 39:9
Yer. 20:52Bm 20:17; 24:13; 25:13; Int 1:10; Ezk 22:25
Yer. 20:52Ng 36:10; Yr 15:13
Yer. 20:6Yr 15:2; 29:21; Ezk 12:11
Yer. 20:6Yr 5:31
Yer. 20:6Yr 14:14; 28:15; 29:21
Yer. 20:7Ezk 3:14; Mik 3:8
Yer. 20:7Yb 12:4; Zb 22:7; Yr 15:10; Int 3:14; Ivk 17:32
Yer. 20:8Yr 6:7
Yer. 20:82Ng 36:16; Yr 6:10; 15:15
Yer. 20:91Bm 19:4; Yon 1:3
Yer. 20:9Yb 32:18; Zb 39:3; Yr 6:11; Am 3:8; Ivk 4:20; 18:5
Yer. 20:10Zb 31:13
Yer. 20:10Neh 6:6; Img 10:18; Lk 20:20
Yer. 20:10Yb 19:19; Zb 38:16; 41:9
Yer. 20:10Lk 11:54
Yer. 20:11Yes 41:10; Yr 1:8; Rm 8:31
Yer. 20:11Zb 47:2; 66:5
Yer. 20:11Gus 32:35; Zb 27:2; Yr 15:15, 20; 17:18
Yer. 20:11Zb 6:10; 35:26; 40:14; Yr 23:40
Yer. 20:12Zb 11:5; 17:3; Yr 17:10
Yer. 20:12Zb 7:9; Yr 11:20
Yer. 20:12Zb 54:7; 59:10; Yr 17:18
Yer. 20:12Zb 62:8; 1Pt 2:23
Yer. 20:13Zb 35:9; 109:31
Yer. 20:14Yb 3:3; Yr 15:10
Yer. 20:15Zb 127:3; Lk 1:58
Yer. 20:16It 19:25; Gus 29:23; Am 4:11; 2Pt 2:6
Yer. 20:16Yr 4:19; 18:22; Zf 1:16
Yer. 20:17Yb 3:10; 10:18
Yer. 20:18Yb 3:20; 14:1
Yer. 20:18Zb 90:10; Int 3:1
Yer. 20:18Yak 5:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 20:1-18

Yeremiya

20 Nuko Pashuri mwene Imeri+, umuherezi, akaba kandi yari icariho kizigenza mu nzu ya Yehova+, aguma yumviriza Yeremiya mu gihe yariko avuga ayo majambo y’ubuhanuzi. 2 Maze Pashuri akubita Yeremiya umuhanuzi+ yongera amushira mu mpatane z’ibiti*+ zari mw’Irembo ryo Haruguru rya Benyamini, iryari mu nzu ya Yehova. 3 Mugabo ku musi ukurikira, Pashuri akura Yeremiya muri nya mpatane z’ibiti+, maze Yeremiya amubwira ati:

“Yehova ntakwise+ Pashuri, mugabo akwise Vutu irya n’ino+. 4 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Ehe nkugize ivutu kuri wewe no ku bakunzi bawe bose; bazogwishwa koko n’inkota y’abansi babo+ amaso yawe avyitegereza+; kandi Yuda yose nzoyitanga mu kuboko kw’umwami wa Babiloni, na we azobajana koko mu bunyagano i Babiloni, abicishe inkota+. 5 Nzotanga ibintu bibitswe vyose vy’iki gisagara n’umwimbu waco wose n’ibintu vy’agaciro vyaco vyose; kandi amatunga yose y’abami ba Yuda ngira ndayatange mu kuboko kw’abansi babo+. Na bo bazobisahura ata kabuza, babitware, babijane i Babiloni+. 6 Nayo wewe, ewe Pashuri, n’ababa mu nzu yawe bose, muzojanwa kugirwa imbohe+; uzoja i Babiloni maze upfireyo kandi ni yo uzohambwa mwe n’abakunzi bawe bose+, kuko wababwiye ubuhanuzi mu kinyoma+.’”

7 Warampenze, ewe Yehova, ndahendeka. Wakoresheje inkomezi zawe mu kundwanya, ku buryo unesha+. Nabaye agatwengo burinda bwira; abantu bose bantwengera mw’ijigo+. 8 Kuko igihe cose mvuze, nsemerera. Ubukazi n’ukunyaga ni vyo nsemerera+. Kuko ijambo rya Yehova ryambereye iceyi n’akamenyo burinda bwira+. 9 Nuko mvuga nti: “Sinzovuga ivyiwe, kandi sinzokwongera kuvuga mw’izina ryiwe+.” Mugabo mu mutima wanje haba nk’umuriro ururumba wugaraniwe mu magufa yanje; nduhishwa no kuwugumya, sinashobora kuwihanganira+. 10 Kuko numvise inkuru mbi ya benshi+. Irya n’ino hari ivutu. “Nimubivuge, kugira ngo tuvuge ivyiwe+.” Abantu buntu* bose bambwira bati: “Amahoro!”—bareretse ko nocumbagira+, bakavuga bati: “Hari aho yohendeka+, natwe tukamunesha, tukamwihora.” 11 Mugabo Yehova yari kumwe nanje+ nk’umunyenkomezi ateye ubwoba+. Ni co gituma abampama bazotsitara, ntibaneshe+. Emwe, bazomaramara rwose, kuko batazoba batunganiwe. Uguteterwa kwabo kw’igihe kitagira urugero ntikuzokwibagirwa+.

12 Mugabo wewe, ewe Yehova nyen’ingabo, urasuzuma umugororotsi+; urabona amafyigo n’umutima+. Ese nobona ingene ubihora+, kuko ari wewe nahishuriye imburano zanje+.

13 Nimuririmbire Yehova! Nimushemeze Yehova! Kuko yarokoye ubuzima bw’umworo mu kuboko kw’inkozi z’ikibi+.

14 Urakavumwa umusi navukiyeko! Umusi mawe yanyibarukiyeko ntugahezagirwe+! 15 Arakavumwa umuntu yazaniye inkuru nziza dawe ati: “Uvyariwe umuhungu, umwana w’igitsina-gabo!” Yaramunezereje koko+. 16 Uwo muntu arakaba nk’ibisagara Yehova yatembagaje ntiyicuze+. Aze yumve amaborogo mu gitondo be n’ikimenyetso c’ukugabisha mu gihe co ku mutaga+.

17 Kubera iki atanyiciye mu gitereko ngo bihere biheze, kugira ngo mawe ambere imva, igitereko ciwe na co cibungenge gushika igihe kitagira urugero+? 18 Kubera iki navuye mu gitereko+ kugira mbone igikorwa c’ubutame n’intuntu+, no kugira ngo imisi yanje irangirire mu bumaramare+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika