ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 23:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:21; 50:6; Ezk 34:2; Zk 11:5; Mt 9:36

Yeremiya 23:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 34:5
  • +Hs 2:13; Mik 7:4

Yeremiya 23:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:47; Yes 11:11; 35:10; Yr 29:14; 31:8; Zk 10:8
  • +Gus 30:3; Yes 65:10; Yr 50:19; Ezk 34:13, 14; Mik 2:12
  • +Gus 30:5; Am 9:14

Yeremiya 23:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:15; Yoh 21:15; Ivk 20:28; 1Pt 5:2
  • +Mik 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 129-130

Yeremiya 23:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 4:2; 11:1; 53:2; Yr 33:15; Zk 3:8; Mt 2:23; Yoh 1:45
  • +Lk 1:32
  • +Zb 72:2; Yes 9:7; 11:4; 32:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 173

Yeremiya 23:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 4:25; Hs 1:7; Zk 10:6
  • +Gus 33:28; Zb 130:7; Yes 62:4; Yr 32:37; Zk 14:11
  • +Yes 54:17; Yr 33:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 173

Yeremiya 23:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 16:14

Yeremiya 23:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 27:12; 43:5; Ezk 34:13; 36:24; Zf 3:20

Yeremiya 23:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 60:3

Yeremiya 23:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:7; Ezk 22:11; Hs 4:2
  • +Yr 3:9; 9:2; 13:27; Ezk 16:32; Hs 7:4
  • +Yes 24:4; Yr 12:4; Hs 4:3; Yw 1:10
  • +Zb 107:34; Yr 9:10; 12:4

Yeremiya 23:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:7; Yr 5:31; 6:13; 8:10; Ezk 22:25; Zf 3:4
  • +2Ng 33:5; 36:14; Yr 7:11; Ezk 8:11; 23:39

Yeremiya 23:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:6; 73:18; Img 4:19; Yr 13:16
  • +Gus 28:15
  • +Yr 8:12; 11:23

Yeremiya 23:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 16:46
  • +Yr 2:8
  • +2Ng 33:9; Yes 9:16

Yeremiya 23:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:13
  • +Yr 29:23
  • +Yr 14:14; 23:26
  • +Gus 30:10; Mal 3:7
  • +Yes 3:9
  • +It 18:20; Gus 32:32; Yes 1:10; Yud 7

Yeremiya 23:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:14; 9:15
  • +Img 11:9; Yes 9:17; 24:5

Yeremiya 23:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:9; 29:8
  • +2Bm 17:15; Yr 2:5
  • +Int 2:14
  • +Yr 14:14; 28:15; Ezk 13:3; 22:28

Yeremiya 23:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:10; 6:14; 8:11; Ezk 13:10
  • +Gus 29:19; Yr 3:17
  • +Am 9:10; Mik 3:11

Yeremiya 23:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:14; 89:7; Yr 23:22
  • +Am 3:7
  • +2Ng 33:10

Yeremiya 23:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:25; Yr 25:32
  • +Abc 9:57; 1Sm 25:39; Neh 4:4; Yr 30:23; Yw 3:7; Ob 15

Yeremiya 23:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:28; Zk 8:14
  • +Yr 30:24
  • +1Bm 8:47

Yeremiya 23:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:14; 27:15; 29:9

Yeremiya 23:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 29:4; Zb 15:1; 25:14; Yr 23:18
  • +Yr 25:5; 29:23

Yeremiya 23:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 113:6; Ivk 17:27

Yeremiya 23:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:13; Zb 90:8; 139:7; Img 15:3; Am 9:2; Heb 4:13
  • +Zb 139:7; Yes 66:1

Yeremiya 23:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:23
  • +Gus 13:1; 18:20; Yr 27:9; Zk 10:2

Yeremiya 23:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:14; 17:9

Yeremiya 23:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:2; Ivk 13:8
  • +Abc 3:7; 2Bm 21:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2019, rup. 4

Yeremiya 23:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 14:5; Lk 12:42; 2Kr 2:17
  • +Yes 41:16; Lk 3:17; 1Kr 3:13

Yeremiya 23:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:27; Yr 5:14; 20:9
  • +Heb 4:12

Yeremiya 23:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:20; Yr 14:15; Ezk 13:2; Mt 24:24
  • +2Sm 15:6; Zb 50:17

Yeremiya 23:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 13:7

Yeremiya 23:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:1; 18:20; Zk 10:2
  • +Zf 3:4
  • +Yr 7:8; Int 2:14; Mt 15:14

Yeremiya 23:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 17:15; Hab 1:1; Mal 1:1
  • +Gh 11:14
  • +Gus 31:17; Yr 12:7; Hs 9:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 11

Yeremiya 23:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:4

Yeremiya 23:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:34; Heb 8:11

Yeremiya 23:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 13:18
  • +Kv 19:8; 1Ng 9:33
  • +Abc 17:6
  • +Yr 2:21, 36

Yeremiya 23:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 18:25

Yeremiya 23:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:17; Hs 4:6
  • +Yr 23:33; Int 5:20

Yeremiya 23:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 20:11; 24:9; 42:18; Dn 9:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 23:1Yr 10:21; 50:6; Ezk 34:2; Zk 11:5; Mt 9:36
Yer. 23:2Ezk 34:5
Yer. 23:2Hs 2:13; Mik 7:4
Yer. 23:3Zb 106:47; Yes 11:11; 35:10; Yr 29:14; 31:8; Zk 10:8
Yer. 23:3Gus 30:3; Yes 65:10; Yr 50:19; Ezk 34:13, 14; Mik 2:12
Yer. 23:3Gus 30:5; Am 9:14
Yer. 23:4Yr 3:15; Yoh 21:15; Ivk 20:28; 1Pt 5:2
Yer. 23:4Mik 5:8
Yer. 23:5Yes 4:2; 11:1; 53:2; Yr 33:15; Zk 3:8; Mt 2:23; Yoh 1:45
Yer. 23:5Lk 1:32
Yer. 23:5Zb 72:2; Yes 9:7; 11:4; 32:1
Yer. 23:61Bm 4:25; Hs 1:7; Zk 10:6
Yer. 23:6Gus 33:28; Zb 130:7; Yes 62:4; Yr 32:37; Zk 14:11
Yer. 23:6Yes 54:17; Yr 33:16
Yer. 23:7Yr 16:14
Yer. 23:8Yes 27:12; 43:5; Ezk 34:13; 36:24; Zf 3:20
Yer. 23:9Zb 60:3
Yer. 23:10Yr 5:7; Ezk 22:11; Hs 4:2
Yer. 23:10Yr 3:9; 9:2; 13:27; Ezk 16:32; Hs 7:4
Yer. 23:10Yes 24:4; Yr 12:4; Hs 4:3; Yw 1:10
Yer. 23:10Zb 107:34; Yr 9:10; 12:4
Yer. 23:11Yes 28:7; Yr 5:31; 6:13; 8:10; Ezk 22:25; Zf 3:4
Yer. 23:112Ng 33:5; 36:14; Yr 7:11; Ezk 8:11; 23:39
Yer. 23:12Zb 35:6; 73:18; Img 4:19; Yr 13:16
Yer. 23:12Gus 28:15
Yer. 23:12Yr 8:12; 11:23
Yer. 23:13Ezk 16:46
Yer. 23:13Yr 2:8
Yer. 23:132Ng 33:9; Yes 9:16
Yer. 23:14Yr 18:13
Yer. 23:14Yr 29:23
Yer. 23:14Yr 14:14; 23:26
Yer. 23:14Gus 30:10; Mal 3:7
Yer. 23:14Yes 3:9
Yer. 23:14It 18:20; Gus 32:32; Yes 1:10; Yud 7
Yer. 23:15Yr 8:14; 9:15
Yer. 23:15Img 11:9; Yes 9:17; 24:5
Yer. 23:16Yr 27:9; 29:8
Yer. 23:162Bm 17:15; Yr 2:5
Yer. 23:16Int 2:14
Yer. 23:16Yr 14:14; 28:15; Ezk 13:3; 22:28
Yer. 23:17Yr 4:10; 6:14; 8:11; Ezk 13:10
Yer. 23:17Gus 29:19; Yr 3:17
Yer. 23:17Am 9:10; Mik 3:11
Yer. 23:18Zb 25:14; 89:7; Yr 23:22
Yer. 23:18Am 3:7
Yer. 23:182Ng 33:10
Yer. 23:19Yes 5:25; Yr 25:32
Yer. 23:19Abc 9:57; 1Sm 25:39; Neh 4:4; Yr 30:23; Yw 3:7; Ob 15
Yer. 23:20Lw 26:28; Zk 8:14
Yer. 23:20Yr 30:24
Yer. 23:201Bm 8:47
Yer. 23:21Yr 14:14; 27:15; 29:9
Yer. 23:22Yb 29:4; Zb 15:1; 25:14; Yr 23:18
Yer. 23:22Yr 25:5; 29:23
Yer. 23:23Zb 113:6; Ivk 17:27
Yer. 23:24It 16:13; Zb 90:8; 139:7; Img 15:3; Am 9:2; Heb 4:13
Yer. 23:24Zb 139:7; Yes 66:1
Yer. 23:25Yr 29:23
Yer. 23:25Gus 13:1; 18:20; Yr 27:9; Zk 10:2
Yer. 23:26Yr 14:14; 17:9
Yer. 23:27Gus 13:2; Ivk 13:8
Yer. 23:27Abc 3:7; 2Bm 21:3
Yer. 23:28Img 14:5; Lk 12:42; 2Kr 2:17
Yer. 23:28Yes 41:16; Lk 3:17; 1Kr 3:13
Yer. 23:29Yes 30:27; Yr 5:14; 20:9
Yer. 23:29Heb 4:12
Yer. 23:30Gus 18:20; Yr 14:15; Ezk 13:2; Mt 24:24
Yer. 23:302Sm 15:6; Zb 50:17
Yer. 23:31Ezk 13:7
Yer. 23:32Gus 13:1; 18:20; Zk 10:2
Yer. 23:32Zf 3:4
Yer. 23:32Yr 7:8; Int 2:14; Mt 15:14
Yer. 23:33Yr 17:15; Hab 1:1; Mal 1:1
Yer. 23:33Gh 11:14
Yer. 23:33Gus 31:17; Yr 12:7; Hs 9:12
Yer. 23:34Mik 7:4
Yer. 23:35Yr 31:34; Heb 8:11
Yer. 23:36Neh 13:18
Yer. 23:36Kv 19:8; 1Ng 9:33
Yer. 23:36Abc 17:6
Yer. 23:36Yr 2:21, 36
Yer. 23:37Ezk 18:25
Yer. 23:39Gus 31:17; Hs 4:6
Yer. 23:39Yr 23:33; Int 5:20
Yer. 23:40Yr 20:11; 24:9; 42:18; Dn 9:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 23:1-40

Yeremiya

23 “Baragowe abungere barandura intama zo mu buragiriro bwanje bakongera bakazishwiragiza+!”, ni ko Yehova avuze.

2 Ibi rero ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze ku bungere baragira abantu banje: “Ni mwebwe mwasanzaje intama zanje; mwagumye muzishwiragiza, ntimwazitaho+.”

“Ehe ngira niteho ivyanyu kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+,” ni ko Yehova avuze.

3 “Jewe nzokoraniriza hamwe amasigarira y’intama zanje ndazikuye mu bihugu vyose nari narazishwiragirijemwo+, ndazigarukane mw’itongo ry’uburagiriro ryazo+, na zo zizorondoka koko, zigwire+. 4 Nzozihagurukiriza abungere bazoziragira koko+; ntizizokwongera gutinya, eka kandi ntizizocika ivutu+, kandi nta n’imwe izobura,” ni ko Yehova avuze.

5 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzohagurukiriza Dawidi umunago ugororotse+. Kandi umwami azoganza koko+, akorane ukwiyubara yongere ashitse ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+. 6 Mu misi yiwe Yuda izokizwa+, kandi Isirayeli izokwibera mu mutekano+. Iri ni ryo zina azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.”

7 “Ku bw’ivyo, ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi ntibazokwongera kuvuga ngo: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, we yaduganye bene Isirayeli abakuye mu gihugu ca Misiri+,’ 8 mugabo bazovuga ngo: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, we yaduganye akongera akazana uruvyaro rw’inzu ya Isirayeli arukuye mu gihugu co mu buraruko no mu bihugu vyose nabashwiragirijemwo,’ kandi bazokwibera koko ku butaka bwabo+.”

9 Nayo ku vyerekeye abahanuzi, umutima wanje wamvunikiyemwo. Amagufa yanje yose atanguye kunyiganyiga. Mbaye nk’umuntu yaborewe+, nk’umuntu w’umugabo yatsinzwe n’umuvinyu, kubera Yehova no kubera amajambo yiwe meranda. 10 Kuko igihugu gisigaye cuzuye+ abarenga ibigo+. Kuko kubera umuvumo igihugu cagiye mu kigandaro+, n’amatongo y’uburagiriro yo mu gahinga yumye+; inyifato yabo ni mbi, kandi ubushobozi bwabo ntibugororotse.

11 “Kuko umuhanuzi n’umuherezi bompi bahumanye+. No mu nzu yanje nasanzeyo ububi bwabo+,” ni ko Yehova avuze. 12 “Ni co gituma inzira yabo izobabera nk’ahantu hanyerera+ mu muzimagiza; bazohenurirwayo bagwe ata kabuza+.”

“Kuko nzobazanako icago, umwaka bazokwitabwaho+,” ni ko Yehova avuze. 13 “Kandi abahanuzi ba Samariya+ nababonyemwo ibitabereye. Bakoze bwa bahanuzi bohejwe na Bayali+, kandi baguma batuma abantu banje, egome, Isirayeli, bayerera+. 14 Nabonye ibintu biteye ikinya mu bahanuzi ba Yeruzalemu+: ukurenga ibigo+ n’ukugendera mu kinyoma+; bakomeje amaboko y’inkozi z’ikibi kugira ngo ntibahindukire+, umwe wese ngo ave mu bubi bwiwe. Bose bambereye nka Sodomu+, ababa muri we bose na bo bambera nka Gomora+.”

15 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze ku bahanuzi: “Ehe ngira ndabarishe ibamba, kandi nzobanywesha amazi arimwo ubumara+. Kuko ubuhuni+ bwakwiragiye mu gihugu cose buvuye ku bahanuzi ba Yeruzalemu.”

16 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ntimwumvirize amajambo y’ubuhanuzi abahanuzi bababwira+. Batuma muba imburakimazi+. Bavuga ukwerekwa kwo mu mutima wabo bwite+, ntibavuga ibiva mu kanwa ka Yehova+. 17 Baguma babwira abatanyubaha ngo: ‘Yehova avuze ati: “Muzogira amahoro+.”’ Kandi babwiye abagendera mu kagagazo k’umutima wabo bose+ ngo: ‘Nta vyago bizobazako+.’ 18 Kuko ni nde yahagaze mu mugwi w’abagenzi somambike+ wa Yehova ngo abone ijambo ryiwe yongere aryumve+? Ni nde yitayeho ijambo ryiwe ngo aryumve+? 19 Ehe ikirura c’umuyaga ca Yehova, ari co bushangashirwe bwiwe, kizosohoka koko, egome, igihuhusi c’agashururu+. Kizozungurukira ku mutwe w’ababisha+. 20 Ishavu rya Yehova ntirizosubira inyuma adashikije+ ivyiyumviro vy’umutima wiwe kandi atabiranguye+. Mu kiringo ca nyuma c’imisi muzobirimbura mwitonze mubitegere+.

21 “Sinatumye abahanuzi, yamara barirutse. Sinavuganye na bo, yamara baravuze ubuhanuzi+. 22 Mugabo iyo bahagarara mu mugwi w’abagenzi somambike+ wanje, baba rero baratumye abantu banje bumva amajambo yanje, kandi baba baratumye bahindukira bakava mu nzira yabo mbi no mu bubi bw’ibikorwa vyabo+.”

23 “Mbega ndi Imana iri hafi,” ni ko Yehova avuze, “atari Imana iri kure+?”

24 “Canke hari umuntu yohishwa mu bwihisho nanje sindamubone+?”, ni ko Yehova avuze.

“Mbega jewe sinuzuye koko amajuru n’isi+?”, ni ko Yehova avuze. 25 “Numvise ivyo abahanuzi bavuga ubuhanuzi bw’ikinyoma mw’izina ryanje+ bavuze, ngo: ‘Narose! Narose+!’ 26 Ivyo bizogeza ryari kuba mu mutima w’abo bahanuzi bavuga ubuhanuzi bw’ikinyoma bakaba n’abahanuzi b’amayeri y’umutima wabo+? 27 Biyumvira kwibagiza abantu banje izina ryanje biciye ku ndoto zabo baguma babwirana+, nk’uko ba se bibagiye izina ryanje biciye kuri Bayali+. 28 Umuhanuzi afise indoto, niyigane iyo ndoto; mugabo uwufise ijambo ryanje, navuge ijambo ryanje mu kuri+.”

“Mbega igikumbi gihuriye ku ki n’urutete+?”, ni ko Yehova avuze.

29 “Mbega ijambo ryanje ntirimeze nk’umuriro+,” ni ko Yehova avuze, “rikamera kandi nk’inyundo y’ugucura imenagura urutare+?”

30 “Ku bw’ivyo, ehe ngira ndwanye abo bahanuzi+,” ni ko Yehova avuze, “abiba amajambo yanje, umwe wese akayiba mugenziwe+.”

31 “Ehe ngira ndwanye abo bahanuzi,” ni ko Yehova avuze, “abakoresha ururimi rwabo kugira ngo bavuge bati: ‘Ijambo+!’”

32 “Ehe ngira ndwanye abo bahanuzi barotora indoto z’ikinyoma,” ni ko Yehova avuze, “abazigana bagatuma abantu banje bayerera kubera ibinyoma vyabo+ no kubera ukwirata kwabo+.”

“Mugabo jewe sinabatumye canke ngo ngire ico ndabategeka. Ku bw’ivyo, nta na kimwe bazomarira aba bantu+,” ni ko Yehova avuze.

33 “Kandi aba bantu canke umuhanuzi canke umuherezi nibakubaza bati: ‘Umuzigo wa Yehova ni uwuhe+?’, uze ubabwire rero uti: ‘“Ni mwebwe—urazi ukuntu muri umuzigo+! Nzobaheba ata gukeka+,” ni ko Yehova avuze.’ 34 Nayo umuhanuzi canke umuherezi canke abantu bavuga ngo: ‘Ewe muzigo wa Yehova!’, nanje nzokwitaho ivy’uwo muntu n’urugo rwiwe+. 35 Ibi ni vyo umwe wese aguma abwira mugenziwe, ivyo umwe wese aguma abwira mwene wabo: ‘Yehova yishuye iki? Kandi Yehova yavuze iki+?’ 36 Mugabo ntimube mukivuga+ umuzigo+ wa Yehova, kuko kuri umwe wese uwo muzigo uba ijambo ryiwe+, kandi mwahinduye amajambo y’Imana nzima+, Yehova nyen’ingabo, Imana yacu.

37 “Ibi ni vyo uzobwira umuhanuzi: ‘Yehova yakwishuye iki? Kandi Yehova yavuze iki+? 38 Kandi nimba muguma muvuga muti: “Umuzigo wa Yehova!”, ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Kubera ko muvuga muti: ‘Iri jambo ni wo muzigo wa Yehova,’ kandi nagumye mbatumako nti: ‘Ntimukavuge ngo: “Umuzigo wa Yehova!”’ 39 ku bw’ivyo, ndi hano! Nzobaheba buhere+, kandi nzobata, nte n’igisagara nabahaye mwe na ba sogokuruza banyu, mumve imbere+. 40 Kandi nzobashirako iceyi co gushika igihe kitagira urugero, n’agateterwe ko gushika igihe kitagira urugero katazokwibagirwa+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika