ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 43
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 43:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:17; 26:8; 42:5

Yeremiya 43:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 42:1
  • +Yr 40:13; 41:16
  • +Zb 123:4; Img 11:2
  • +Img 21:24; 29:20
  • +Yr 5:12

Yeremiya 43:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 36:4; 45:1
  • +Yr 38:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 19

Yeremiya 43:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:16
  • +Zb 37:3

Yeremiya 43:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 40:10

Yeremiya 43:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 41:10
  • +Yr 39:10; 40:7
  • +2Bm 25:22
  • +2Ng 34:20; Yr 26:24
  • +2Bm 22:8
  • +Yr 36:26; 45:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 19

Yeremiya 43:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:18
  • +Yes 30:4; Yr 2:16; 44:1; Ezk 30:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2006, rup. 19

Yeremiya 43:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 13:1; 19:1

Yeremiya 43:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:21; 5:18
  • +Yr 25:9; 27:6; Ezk 29:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 161

Yeremiya 43:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:19; 46:2, 13; Ezk 29:19; 30:4, 18
  • +Yr 15:2; 44:13; Ezk 5:12; Zk 11:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 161

Yeremiya 43:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:12; Yes 19:1; Yr 46:25
  • +Yes 49:18

Yeremiya 43:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “Inzu y’Izuba.”

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 43:1Yr 1:17; 26:8; 42:5
Yer. 43:2Yr 42:1
Yer. 43:2Yr 40:13; 41:16
Yer. 43:2Zb 123:4; Img 11:2
Yer. 43:2Img 21:24; 29:20
Yer. 43:2Yr 5:12
Yer. 43:3Yr 36:4; 45:1
Yer. 43:3Yr 38:4
Yer. 43:4Neh 9:16
Yer. 43:4Zb 37:3
Yer. 43:5Yr 40:10
Yer. 43:6Yr 41:10
Yer. 43:6Yr 39:10; 40:7
Yer. 43:62Bm 25:22
Yer. 43:62Ng 34:20; Yr 26:24
Yer. 43:62Bm 22:8
Yer. 43:6Yr 36:26; 45:1
Yer. 43:7Yes 19:18
Yer. 43:7Yes 30:4; Yr 2:16; 44:1; Ezk 30:18
Yer. 43:9Yr 13:1; 19:1
Yer. 43:10Dn 2:21; 5:18
Yer. 43:10Yr 25:9; 27:6; Ezk 29:20
Yer. 43:11Yr 25:19; 46:2, 13; Ezk 29:19; 30:4, 18
Yer. 43:11Yr 15:2; 44:13; Ezk 5:12; Zk 11:9
Yer. 43:12Kv 12:12; Yes 19:1; Yr 46:25
Yer. 43:12Yes 49:18
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 43:1-13

Yeremiya

43 Yeremiya akirangiza kubwira abantu bose amajambo yose ya Yehova Imana yabo, ayo Yehova Imana yari yamutumye kuri bo, egome, ayo majambo yose+, 2 Azariya mwene Hoshaya+ na Yohanani+ mwene Kareya n’abagabo bose bita imbere+, babwira Yeremiya bati: “Uvuze ikinyoma+. Yehova Imana yacu ntiyagutumye kuvuga ngo: ‘Ntimwinjire mu Misiri kubayo muri ba kavamahanga+.’ 3 Mugabo Baruki+ mwene Neriya ni we ariko akudushuhurirako kugira ngo udutange mu kuboko kw’Abakaludaya, ngo batwice canke badutware mu bunyagano i Babiloni+.”

4 Nuko Yohanani mwene Kareya, n’abakuru bose b’inteko za gisirikare n’abantu bose ntibagamburuka ijwi rya Yehova+, ngo bagume baba mu gihugu ca Yuda+. 5 Yohanani mwene Kareya n’abakuru bose b’inteko za gisirikare batora rero amasigarira yose ya Yuda, ayari yagarutse avuye mu mahanga yose yari yarashwiragirijwemwo, kugira ngo babe barabaye mu gihugu ca Yuda+, 6 egome, abantu b’abagabo n’abagore n’abana batoyi n’abakobwa b’umwami+ n’umuntu wese Nebuzaradani+ umukuru w’abacungera ubuzima yari yarasize bari kumwe na Gedaliya+ mwene Ahikamu+, Ahikamu mwene Shafani+, na Yeremiya umuhanuzi na Baruki+ mwene Neriya. 7 Amaherezo binjira mu gihugu ca Misiri+, kuko batagamburutse ijwi rya Yehova; barahava bashika i Tahapanesi+.

8 Maze ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya i Tahapanesi riti: 9 “Tora mu kuboko kwawe amabuye maninimanini, uyanyegeze mu budongo ahakirurutse h’amatafari hari ku bwinjiriro bw’inzu ya Farawo i Tahapanesi, ubigirire mu maso y’abagabo b’Abayuda+. 10 Uheze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Ehe ngira ntumeko Nebukadirezari umwami wa Babiloni+, umusavyi wanje+; nzomutora hanyuma ndamushire ku ntebe yiwe y’ubwami hejuru y’aya mabuye nanyegeje, na we azosanza koko ihema ryiwe ry’ubwami hejuru yayo. 11 Azoza ata kabuza, asasike igihugu ca Misiri+. Uwugenewe ikiza cica azoja ku kiza cica, uwugenewe kugirwa imbohe, azoja kugirwa imbohe, uwugenewe inkota na we azoja ku nkota+. 12 Nzodomeka umuriro mu mazu y’imana za Misiri+; kandi Nebukadirezari azoyaturira koko maze azitware ari inyagano, yizingireko igihugu ca Misiri, nk’uko umwungere yizingirako impuzu yiwe+, kandi azovayo koko amahoro. 13 Emwe, azomenagura inkingi za Beti-shemeshi* yo mu gihugu ca Misiri; kandi amazu y’imana za Misiri azoyaturiza umuriro.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika