ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 6
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 6:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:5
  • +2Sm 14:2; 2Ng 11:6; Am 1:1
  • +Neh 3:14
  • +Yr 1:14; 4:6; 10:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 14

Yeremiya 6:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:16

Yeremiya 6:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:1
  • +Yr 4:17

Yeremiya 6:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 3:9
  • +Yr 15:8

Yeremiya 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:19; Am 2:5

Yeremiya 6:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:20
  • +Ezk 21:22; Lk 19:43
  • +Yr 5:9
  • +2Bm 21:16; Ezk 7:23

Yeremiya 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:9; Yr 20:8; Ezk 7:11; Mik 2:2

Yeremiya 6:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 4:13; Zf 3:7
  • +Ezk 23:18; Hs 9:12
  • +Lw 26:34; Yr 2:15; 9:11

Yeremiya 6:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:13; Yr 49:9

Yeremiya 6:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:10; Yr 7:26; Ivk 7:51
  • +2Ng 36:16; Yr 20:8
  • +2Tm 4:3

Yeremiya 6:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 20:9
  • +Yr 9:21; 18:21
  • +Ezk 9:6

Yeremiya 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:30; Yr 8:10; Int 5:11; Zf 1:13
  • +Yes 5:25

Yeremiya 6:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:10; Ezk 22:12; 33:31; Lk 16:14
  • +Yr 2:8; 14:18; 23:11; Mik 3:5, 11; Zf 3:4

Yeremiya 6:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:11
  • +Yr 14:13; 23:17; Ezk 13:10; 1Ts 5:3

Yeremiya 6:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:12; Zf 3:5
  • +Yr 3:3
  • +Yr 23:12

Yeremiya 6:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:15; Mal 4:4
  • +Yes 2:3, 5; 30:21
  • +Zb 23:3
  • +Zb 78:10; Yes 42:24; Yr 44:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 10

    1/11/2005, rup. 24-25

Yeremiya 6:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:11; Yr 25:4; Ezk 3:17; Hab 2:1
  • +Yes 58:1
  • +Zk 7:11

Yeremiya 6:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:26; Yes 1:2; Dn 9:12
  • +Img 1:31; Yes 59:7
  • +Img 28:9

Yeremiya 6:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Kanehe” ni igiterwa kimota kimeze nk’umusigati.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:1; Yes 60:6
  • +Yr 7:21
  • +Yes 1:11; 66:3; Am 5:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2006, rup. 5

Yeremiya 6:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:14
  • +2Ng 36:17; Yes 9:14; Int 2:21

Yeremiya 6:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:14; 25:9

Yeremiya 6:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:16; 50:42
  • +Yr 10:22
  • +Hab 1:8
  • +Yr 4:11; Lk 21:20

Yeremiya 6:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “arakorotse.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 21:7
  • +Yr 4:31; 30:6; 49:24

Yeremiya 6:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:10; 20:3

Yeremiya 6:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:8
  • +Est 4:3; Yr 25:34; Ezk 27:30; Mik 1:10
  • +Int 1:2, 16; Am 5:16; Lk 7:12
  • +Yr 15:8; 48:8

Yeremiya 6:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 22:2; Mal 3:2

Yeremiya 6:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:1; 48:4; Yr 5:23; 13:10
  • +2Sm 19:27; Img 20:19; Yr 9:4
  • +Yes 1:4

Yeremiya 6:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 22:20
  • +Yr 9:7
  • +Ezk 24:13

Yeremiya 6:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:22
  • +Yr 14:19; Int 5:22; Hs 9:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 6:1Yr 4:5
Yer. 6:12Sm 14:2; 2Ng 11:6; Am 1:1
Yer. 6:1Neh 3:14
Yer. 6:1Yr 1:14; 4:6; 10:22
Yer. 6:2Yes 3:16
Yer. 6:32Bm 25:1
Yer. 6:3Yr 4:17
Yer. 6:4Yw 3:9
Yer. 6:4Yr 15:8
Yer. 6:52Ng 36:19; Am 2:5
Yer. 6:6Gus 20:20
Yer. 6:6Ezk 21:22; Lk 19:43
Yer. 6:6Yr 5:9
Yer. 6:62Bm 21:16; Ezk 7:23
Yer. 6:7Zb 55:9; Yr 20:8; Ezk 7:11; Mik 2:2
Yer. 6:8Img 4:13; Zf 3:7
Yer. 6:8Ezk 23:18; Hs 9:12
Yer. 6:8Lw 26:34; Yr 2:15; 9:11
Yer. 6:9Yes 24:13; Yr 49:9
Yer. 6:10Yes 6:10; Yr 7:26; Ivk 7:51
Yer. 6:102Ng 36:16; Yr 20:8
Yer. 6:102Tm 4:3
Yer. 6:11Yr 20:9
Yer. 6:11Yr 9:21; 18:21
Yer. 6:11Ezk 9:6
Yer. 6:12Gus 28:30; Yr 8:10; Int 5:11; Zf 1:13
Yer. 6:12Yes 5:25
Yer. 6:13Yr 8:10; Ezk 22:12; 33:31; Lk 16:14
Yer. 6:13Yr 2:8; 14:18; 23:11; Mik 3:5, 11; Zf 3:4
Yer. 6:14Yr 8:11
Yer. 6:14Yr 14:13; 23:17; Ezk 13:10; 1Ts 5:3
Yer. 6:15Yr 8:12; Zf 3:5
Yer. 6:15Yr 3:3
Yer. 6:15Yr 23:12
Yer. 6:16Yr 18:15; Mal 4:4
Yer. 6:16Yes 2:3, 5; 30:21
Yer. 6:16Zb 23:3
Yer. 6:16Zb 78:10; Yes 42:24; Yr 44:16
Yer. 6:17Yes 21:11; Yr 25:4; Ezk 3:17; Hab 2:1
Yer. 6:17Yes 58:1
Yer. 6:17Zk 7:11
Yer. 6:19Gus 4:26; Yes 1:2; Dn 9:12
Yer. 6:19Img 1:31; Yes 59:7
Yer. 6:19Img 28:9
Yer. 6:201Bm 10:1; Yes 60:6
Yer. 6:20Yr 7:21
Yer. 6:20Yes 1:11; 66:3; Am 5:21
Yer. 6:21Yes 8:14
Yer. 6:212Ng 36:17; Yes 9:14; Int 2:21
Yer. 6:22Yr 1:14; 25:9
Yer. 6:23Yr 5:16; 50:42
Yer. 6:23Yr 10:22
Yer. 6:23Hab 1:8
Yer. 6:23Yr 4:11; Lk 21:20
Yer. 6:24Ezk 21:7
Yer. 6:24Yr 4:31; 30:6; 49:24
Yer. 6:25Yr 4:10; 20:3
Yer. 6:26Yr 4:8
Yer. 6:26Est 4:3; Yr 25:34; Ezk 27:30; Mik 1:10
Yer. 6:26Int 1:2, 16; Am 5:16; Lk 7:12
Yer. 6:26Yr 15:8; 48:8
Yer. 6:27Ezk 22:2; Mal 3:2
Yer. 6:28Yes 30:1; 48:4; Yr 5:23; 13:10
Yer. 6:282Sm 19:27; Img 20:19; Yr 9:4
Yer. 6:28Yes 1:4
Yer. 6:29Ezk 22:20
Yer. 6:29Yr 9:7
Yer. 6:29Ezk 24:13
Yer. 6:30Yes 1:22
Yer. 6:30Yr 14:19; Int 5:22; Hs 9:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 6:1-30

Yeremiya

6 Nimwugame, yemwe bene Benyamini, muve hagati muri Yeruzalemu; muvuze inzamba+ i Tekowa+. Muduze ikimenyetso c’umuriro kuri Beti-hakeremu+; kuko ivyago biravye epfo, biri mu buraruko, egome, ugusenyuka gukomeye+. 2 Umukobwa wa Siyoni asigaye koko asa n’umugore ateye igomwe kandi adibamye+. 3 Abungere n’amasho yabo bije kuri we. Bashinze amahema yabo irya n’ino yiwe+. Umwe wese arishije igice ciwe+. 4 Bejeje intambara ngo bamutere+, bavuga bati: “Haguruke tuduge ku mutaga+!”

“Turagowe, kuko umusi witereye, kuko ibitutu vy’umugoroba biguma vyirehura!”

5 “Haguruke tuduge mw’ijoro, duhonye iminara yo kubamwo yiwe+.”

6 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Nimwicire ibiti+, mudugirize Yeruzalemu igikuta co kumusugereza+. Ni igisagara gitegerezwa kugira ico kibazwa+. Hagati muri we ni agahahazo gusa+. 7 Nk’uko itangi rituma amazi yaryo aguma apfutse, ni ko yatumye ububi bwiwe buguma bupfutse. Muri we humvikana ubukazi n’ukunyaga+; indwara n’icago vyama imbere y’amaso yanje. 8 Emera ukosorwe+, ewe Yeruzalemu, kugira ngo noye kukuzinukwa nkirabira hirya+; kugira ngo sindakugire igiharabuga, igihugu ata wukibamwo+.”

9 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Amasigarira ya Isirayeli bazoyatorora* nk’umuzabibu+. Subira utume ukuboko kwawe nk’uwamura inzabibu ku dushami tw’umuzabibu.”

10 “Ni nde nobwira nkamuha n’imburi, kugira ngo bumve? Ehe ugutwi kwabo ntikugenyereye, ku buryo badashobora kwumviriza+. Ehe ijambo rya Yehova ryacitse iceyi kuri bo+, ntibashobora guhimbarwa na ryo+. 11 Nsigaye nuzuye ubushangashirwe bwa Yehova. Ndambiwe no kwigumya+.”

“Busuke ku mwana ari mw’ibarabara+ no ku mugwi w’abagenzi somambike w’abasore icarimwe; kuko na bo nyene bazofatwa, umugabo hamwe n’umugore wiwe, umutama hamwe n’uwugeze mu zabukuru+. 12 Amazu yabo azohabwa koko abandi ngo bayigabire, amatongo n’abagore icarimwe+. Kuko nzobangurira ukuboko kwanje ababa mu gihugu,” ni ko Yehova avuze+.

13 “Kuko kuva ku mutoyi muri bo gushika no ku wuhambaye kuruta abandi muri bo, bose bironderera inyungu y’akarenganyo+; kandi kuva ku muhanuzi gushika no ku muherezi, bose bakorana ububeshi+. 14 Kandi bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’abantu banje+, bakavuga bati: ‘Hari amahoro! Hari amahoro!’, kandi ata mahoro ariho+. 15 Boba baramaramajwe n’uko bakoze ikintu giteye ishishi+? Kimwe coco, ntibamaramara; vyongeye, ntibigeze bamenya no guteterwa ico ari co+. Ku bw’ivyo, bazogwa mu bagwa+; bazotsitara ninagira ico ndababaza,” ni ko Yehova avuze.

16 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Nimuhagarare mu mayira, murabe, mubariritse amabarabara ya kera, aho rero inzira nziza iri+; muheze muyigenderemwo+, mubone kuruhurirwa+.” Mugabo bagumye bavuga bati: “Eka ntituyigenderamwo+.” 17 “Nabahagurukirije inderetsi+, nti: ‘Nimwumvirize ijwi ry’inzamba+!’” Mugabo bagumye bavuga bati: “Eka ntituryumviriza+.” 18 “Umve rero, mwa mahanga! Umenye ibizoba muri bo, wa koraniro we! 19 Umva, wa si we! Ehe ngira nzane ivyago kuri aba bantu+ bibe ivyamwa vy’ivyiyumviro vyabo+, kuko batumvirije amajambo yanje; kandi itegeko ryanje, na ryo nyene bagumye barishibura+.”

20 “Bimariye iki kuba uzana imibavu ya olibani uyikuye i Sheba+, na kanehe* nziza uyikuye mu gihugu ca kure? Amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ntampimbara+, kandi ibimazi vyanyu ntibinezera+.” 21 Ibi rero ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nshirireho aba bantu ibitsitaza+, na bo bazobitsitarako ata gukeka, ba se hamwe n’abana; umubanyi na mugenziwe, emwe, bazoyogera+.”

22 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe, igisata c’abantu kiraje kivuye mu gihugu co mu buraruko, kandi ihanga rikomeye rizokangurwa rivuye mu mihingo ya kure kuruta iyindi y’isi+. 23 Bazofata umuheto n’ikobero+. Ni ihanga ruburakigongwe, kandi nta kagongwe bazogira. Ijwi ryabo rizosamirana nk’ikiyaga+, kandi bazogendera ku mafarasi+. Batonze urugamba nk’umurwanyi kugira ngo bagutere, ewe mukobwa wa Siyoni+!”

24 Twumvise inkuru yabo. Amaboko yacu araregeye*+. Amarushwa araducakiye, ububabare bw’ibise nk’ubw’umugore ariko yibaruka+. 25 Ntusohoke ngo uje mu gahinga, kandi ntugendere no mu nzira; kuko hari inkota y’umwansi, hakaba n’ivutu irya n’ino+. 26 Ewe mukobwa w’igisata canje, kenyera amagunira+, wikumbagaze mu minyota+. Ukugandara kwawe nukugire ukugandarira umwana w’ikinege, ukuboroga kw’umururazi+; kuko umunyazi azotuzako giturumbuka+.

27 “Nkugize umusuzumyi w’ivyuma mu bantu banje, uwuserangura; uze wihweze witonze, usuzume inzira yabo+. 28 Bose ni abantu b’akagagazo kuruta abandi+, abantu bagendagenda ari ababesheranyi+, bameze nk’umujumpu n’icuma. Bose bakora ivy’uguhonya+. 29 Imivuba+ irababutse. Mu muriro wayo havamwo ubutare bw’isǎsu+. Umuntu aguma atyorora akanoza ariko bikaba ivy’ubusa gusa, kandi ababi ntibakuwemwo+. 30 Abantu bazobita ifeza itawe+, kuko Yehova abataye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika