ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 13
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 3:5; Zf 3:4; 2Pt 2:1
  • +Yr 14:14; 23:16
  • +Am 7:16

Ezekiyeli 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:26
  • +Zb 81:12
  • +Yr 23:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1999, rup. 24-25

    1/5/1997, rup. 16

Ezekiyeli 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ind 2:15; Gl 2:4; Ef 4:14

Ezekiyeli 13:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:23
  • +Ezk 22:30
  • +Yes 2:12; Yw 1:15

Ezekiyeli 13:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:24
  • +Yr 29:31

Ezekiyeli 13:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 2:1

Ezekiyeli 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 21:3; 22:28

Ezekiyeli 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:14; 28:16; 29:9
  • +Zb 111:1
  • +Kv 32:32; Neh 7:5; Zb 69:28
  • +Ezk 20:38
  • +Ezk 6:13; 11:10

Ezekiyeli 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:21; Yr 6:14; 8:11
  • +2Ng 18:12; Yes 30:10; Ezk 22:28
  • +Zb 127:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1999, rup. 24-25

Ezekiyeli 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 25:4; 27:8; Ezk 38:22

Ezekiyeli 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 37:19

Ezekiyeli 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hg 2:17

Ezekiyeli 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 1:6; Mt 7:27
  • +Ezk 14:8

Ezekiyeli 13:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 16

Ezekiyeli 13:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:14; 28:9
  • +Yes 48:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 16

Ezekiyeli 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 20:46; 21:2
  • +Kv 15:20; 2Bm 22:14; Lk 2:36
  • +Ivh 2:20

Ezekiyeli 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 22:25; 2Pt 2:14

Ezekiyeli 13:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:21; Mik 3:11
  • +1Bm 21:15
  • +Yr 23:14; Lk 6:26

Ezekiyeli 13:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 9:8

Ezekiyeli 13:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:16; Ezk 6:13

Ezekiyeli 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:14
  • +Yr 23:14
  • +Yr 23:17; 2Pt 2:18

Ezekiyeli 13:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 12:19
  • +Gus 18:10; Yr 27:9
  • +Ezk 12:24; Mik 3:6
  • +Gus 18:14; Yes 44:25
  • +Ezk 34:10; 2Pt 2:9
  • +Ezk 14:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 13:2Mik 3:5; Zf 3:4; 2Pt 2:1
Ezk. 13:2Yr 14:14; 23:16
Ezk. 13:2Am 7:16
Ezk. 13:3Img 28:26
Ezk. 13:3Zb 81:12
Ezk. 13:3Yr 23:32
Ezk. 13:4Ind 2:15; Gl 2:4; Ef 4:14
Ezk. 13:5Zb 106:23
Ezk. 13:5Ezk 22:30
Ezk. 13:5Yes 2:12; Yw 1:15
Ezk. 13:6Ezk 12:24
Ezk. 13:6Yr 29:31
Ezk. 13:72Pt 2:1
Ezk. 13:8Ezk 21:3; 22:28
Ezk. 13:9Yr 14:14; 28:16; 29:9
Ezk. 13:9Zb 111:1
Ezk. 13:9Kv 32:32; Neh 7:5; Zb 69:28
Ezk. 13:9Ezk 20:38
Ezk. 13:9Ezk 6:13; 11:10
Ezk. 13:10Yes 57:21; Yr 6:14; 8:11
Ezk. 13:102Ng 18:12; Yes 30:10; Ezk 22:28
Ezk. 13:10Zb 127:1
Ezk. 13:11Yes 25:4; 27:8; Ezk 38:22
Ezk. 13:12Yr 37:19
Ezk. 13:13Hg 2:17
Ezk. 13:14Mik 1:6; Mt 7:27
Ezk. 13:14Ezk 14:8
Ezk. 13:15Yes 30:13
Ezk. 13:16Yr 6:14; 28:9
Ezk. 13:16Yes 48:22
Ezk. 13:17Ezk 20:46; 21:2
Ezk. 13:17Kv 15:20; 2Bm 22:14; Lk 2:36
Ezk. 13:17Ivh 2:20
Ezk. 13:18Ezk 22:25; 2Pt 2:14
Ezk. 13:19Img 28:21; Mik 3:11
Ezk. 13:191Bm 21:15
Ezk. 13:19Yr 23:14; Lk 6:26
Ezk. 13:20Hs 9:8
Ezk. 13:21Zb 9:16; Ezk 6:13
Ezk. 13:22Yr 27:14
Ezk. 13:22Yr 23:14
Ezk. 13:22Yr 23:17; 2Pt 2:18
Ezk. 13:23Img 12:19
Ezk. 13:23Gus 18:10; Yr 27:9
Ezk. 13:23Ezk 12:24; Mik 3:6
Ezk. 13:23Gus 18:14; Yes 44:25
Ezk. 13:23Ezk 34:10; 2Pt 2:9
Ezk. 13:23Ezk 14:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 13:1-23

Ezekiyeli

13 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi ku bijanye n’abahanuzi ba Isirayeli bavuga ubuhanuzi+, ubwire abavuga ubuhanuzi buvuye mu mutima wabo bwite, uti+: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova+. 3 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Baragowe abahanuzi b’ibijuju+ bagenda bakurikira umutima wabo bwite+, kandi ata co babonye+! 4 Abahanuzi bawe bacitse nk’imbwebwe mu bibanza vyatikijwe, ewe Isirayeli+! 5 Ntimuzogenda muduze ngo muje mu bihengeri+ canke ngo mwubakire uruhome rw’amabuye+ inzu ya Isirayeli, kugira ngo muhagarare mu rugamba ku musi wa Yehova+.” 6 “Beretswe ivy’ububeshi be n’indagu y’ikinyoma+, abavuga ngo: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze,’ kandi Yehova ubwiwe atabatumye, bakarindira ko hagira ijambo riranguka+. 7 Mbega ntimweretswe iyerekwa ry’ububeshi, mukavuga indagu y’ikinyoma, ngo: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze,’ kandi jewe ata co navuze+?”’

8 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “‘Ko mwavuze ivy’ububeshi, mukerekwa ikinyoma, ni co gituma ngira ndabarwanye+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.” 9 Ukuboko kwanje kuje kurwanya abahanuzi berekwa ivy’ububeshi, bakaragura ivy’ikinyoma+. Ntibazobandanya kuba mu mugwi w’abagenzi somambike+ w’abantu banje, kandi ntibazokwandikwa mu gitabu c’inzu ya Isirayeli+, kandi ntibazoza ku butaka bwa Isirayeli+ kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Umukama Segaba Yehova+, 10 kuko, egome, kuko bahubije abantu banje, bakavuga ngo: “Hari amahoro!” kandi ata mahoro ahari+, hakaba kandi uwubaka urusika, mugabo abaruhomesha ishwagara+ bakaruhomera ubusa+.’

11 “Bwira abaruhomesha ishwagara yuko ruzogwa. Ntihazobura kugwa imvura y’isegenya isegenyuka; namwe mwa minana y’urubura, muzogwa, kandi uguhuhuta kw’ibirura vy’umuyaga kuzotuma haba ugusaduka+. 12 Kandi, ehe uruhome ruzogwa ata kabuza. Mbega ntimuzobazwa ngo: ‘Ibihomesho mwaruhomesheje biri hehe+?’

13 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma kandi haduka uguhuhuta kw’ibirura vy’umuyaga mu bushangashirwe bwanje; kandi mw’ishavu ryanje hazoza imvura y’isegenya isegenyuka, mu bushangashirwe habe iminana y’urubura yo gutikiza+. 14 Nzosenyura uruhome mwahometseko ishwagara, rushike hasi, kandi umushinge warwo uzoja ahabona koko+. Ntikizobura gutemba, kandi muzotegerezwa guherengeterera hagati muri co; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’

15 “‘Nzorangiriza ubushangashirwe bwanje kuri urwo ruhome no ku baruhomesha ishwagara, ndababwire nti: “Rwa ruhome ntirukiriho, kandi n’abaruhoma ntibakiriho+, 16 ari bo ba bahanuzi ba Isirayeli bavuga ubuhanuzi kuri Yeruzalemu, bakerekwa iyerekwa ry’amahoro ku bwaho+, kandi ata mahoro ahari,”’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.

17 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, rabisha mu maso hawe+ ku bakobwa b’igisata cawe bariko bakora bwa bahanuzikazi+ bavyigeneye mu mutima wabo bwite+, uvuge ubuhanuzi bubagiriza. 18 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Baragowe abagore bashona udutambara ku nkokora zose, bagahingura ivyitwikiro ku mutwe w’urugero rwose kugira ngo bahige ubuzima bw’abantu+! Mbe ga mwa bagore mwe, muhiga ubuzima bw’abantu banje, ubwanyu bukaba ari bwo muzigama? 19 Mbega mumpumanye ku bantu banje kubera amashi ya sayiri no kubera ibimanyu vy’umukate+, kugira ngo mwice abatari bakwiye gupfa+ no kugira ngo muzigamire ubuzima abatari bakwiye kubaho, mu kubwira ikinyoma abantu banje, abumviriza ikinyoma+?”’

20 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndwanye udutambara twanyu, utwo mukoresha mu guhiga ubuzima bw’abantu nk’aho vyoba ari ibiguruka, kandi nzodutantamura ndadukure ku maboko yanyu, ndeke abo muhiga bigire, abo muhiga nk’aho vyoba ari ibiguruka+. 21 Nzoshikura ivyitwikiro vyanyu, ndokore abantu banje mu kuboko kwanyu, kandi mu kuboko kwanyu ntibazokwongera kuba icafashwe mu ruhigi; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+. 22 Kubera ko mwateye umutima w’umugororotsi kujonjogora mukoresheje ikinyoma+, kandi jewe ata mubabaro nari namuteje, mugakomeza amaboko y’umubisha+ ku buryo adahindukira ngo ave mu nzira yiwe mbi kugira ngo azigamirwe ubuzima+, 23 ni co gituma, mwa bagore, mutazoguma mwerekwa ivy’ububeshi+, kandi nta ndagu+ muzosubira+ kuragura+; nzorokora abantu banje mu kuboko kwanyu+, kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika