ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 8:5; 37:3
  • +Dn 10:11

Ezekiyeli 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 3:24
  • +Ivh 11:11

Ezekiyeli 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:15; Ezk 33:7; Mt 10:16
  • +Zb 107:11; Yes 1:4; 30:9; Yr 16:12; Int 1:20; Dn 9:9
  • +Gus 9:24; Neh 9:26; Zb 78:8; Yr 3:25; Ezk 20:18; Ivk 7:51

Ezekiyeli 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 22:6
  • +Yos 11:20; Zb 95:8; Ezk 3:7; Heb 3:15

Ezekiyeli 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 33:15
  • +Ezk 3:11; 33:4
  • +Ezk 12:2
  • +Ezk 33:33; Yoh 15:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2008, rup. 11

    1/5/1997, rup. 31

Ezekiyeli 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 1:15; Img 29:25; Yr 1:17; Lk 12:4
  • +Gus 2:30; Ivk 7:51
  • +Yes 9:18; Mik 7:4
  • +Lk 10:19
  • +Ezk 3:9
  • +Yr 1:8
  • +Yes 51:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 12

Ezekiyeli 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:17; Ezk 3:27

Ezekiyeli 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:24; Yes 50:5
  • +Yr 15:16; Ivh 10:9

Ezekiyeli 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:9; Ezk 8:3
  • +Ezk 3:1; Ivh 10:8

Ezekiyeli 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 5:3; Ivh 5:1
  • +Yes 3:11; Yr 7:29; Ezk 19:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 2:1Ezk 8:5; 37:3
Ezk. 2:1Dn 10:11
Ezk. 2:2Ezk 3:24
Ezk. 2:2Ivh 11:11
Ezk. 2:32Ng 36:15; Ezk 33:7; Mt 10:16
Ezk. 2:3Zb 107:11; Yes 1:4; 30:9; Yr 16:12; Int 1:20; Dn 9:9
Ezk. 2:3Gus 9:24; Neh 9:26; Zb 78:8; Yr 3:25; Ezk 20:18; Ivk 7:51
Ezk. 2:4Mt 22:6
Ezk. 2:4Yos 11:20; Zb 95:8; Ezk 3:7; Heb 3:15
Ezk. 2:5Ezk 33:15
Ezk. 2:5Ezk 3:11; 33:4
Ezk. 2:5Ezk 12:2
Ezk. 2:5Ezk 33:33; Yoh 15:22
Ezk. 2:62Bm 1:15; Img 29:25; Yr 1:17; Lk 12:4
Ezk. 2:6Gus 2:30; Ivk 7:51
Ezk. 2:6Yes 9:18; Mik 7:4
Ezk. 2:6Lk 10:19
Ezk. 2:6Ezk 3:9
Ezk. 2:6Yr 1:8
Ezk. 2:6Yes 51:7
Ezk. 2:7Yr 1:17; Ezk 3:27
Ezk. 2:8Gh 20:24; Yes 50:5
Ezk. 2:8Yr 15:16; Ivh 10:9
Ezk. 2:9Yr 1:9; Ezk 8:3
Ezk. 2:9Ezk 3:1; Ivh 10:8
Ezk. 2:10Zk 5:3; Ivh 5:1
Ezk. 2:10Yes 3:11; Yr 7:29; Ezk 19:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 2:1-10

Ezekiyeli

2 Araheza ambwira ati: “Mwana w’umuntu+, haguruka uhagarare ku birenge vyawe kugira ngo mvugane nawe+.” 2 Akimara kumvugisha+, impwemu itangura kunzamwo, amaherezo impagarika ku birenge vyanje kugira ngo numve Uwo yariko avugana nanje+.

3 Hanyuma ambwira ati: “Mwana w’umuntu, ndagutumye kuri bene Isirayeli+, ku mahanga y’amagarariji yangararije+. Bo ubwabo be na ba sekuruza babo barangabitanijeko gushika n’uyu musi nyene+. 4 Abo bana b’amaso atisonera+ kandi b’umutima ukomantaye+, ni bo ngutumyeko, kandi uze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze.’ 5 Nayo bobo, bumva+ canke batumva+—nakare ni inzu y’ingarariji+—ntibazobura kumenya rero ko umuhanuzi yabaye hagati muri bo+.

6 “Kandi wewe ga mwana w’umuntu, ntubatinye+; kandi ntutinye amajambo yabo, kuko hariho abantu b’intabarirwa+ be n’ibintu bikuzibura+, kandi hagati mu tumina+ akaba ari ho uba. Ntutinye amajambo yabo+, kandi mu maso habo ntihaguce ivutu+, kuko ari inzu y’ingarariji+. 7 Kandi uze ubabwire amajambo yanje, bumva canke batumva, kuko ari abagarariji+.

8 “Kandi wewe ga mwana w’umuntu, niwumve ivyo ndiko ndakubwira. Ntube umugarariji nk’iyo nzu y’ingarariji+. Asamika akanwa kawe, urye ico ngira nguhe+.”

9 Nuko ntangura kubona, maze ngize ntya, mbona ukuboko kuramvuye kuza iyo ndi+, kandi ngize ntya, mbona muri kwo hari umuzingo w’igitabu+. 10 Maze awuzingururira imbere yanje, kandi wari wanditseko imbere n’inyuma+; kandi muri wo hari handitsemwo uturirimbo tw’intimba, n’iminihagiro, n’amaborogo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika