ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Hoseya 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:13; Yr 25:31; Mik 6:2
  • +Yes 59:13; Yr 6:13; Mik 7:2
  • +Yr 4:22; Rm 1:28

Hoseya 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:7; 59:12
  • +Zb 5:6; Yes 59:13; Hs 11:12
  • +1Bm 21:19; Yr 7:9
  • +Zk 5:3
  • +Yr 29:23; Ezk 23:37
  • +Int 4:13; Hs 6:9; Mt 23:35; Ivk 7:52

Hoseya 4:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “azokoranirizwa mu rupfu;” canke, “azokurwaho.” Raba Yes 57:1.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:4; Yr 4:28; Yw 1:10; Am 8:8
  • +Yr 4:25; 9:10; 12:4; Zf 1:3

Hoseya 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 5:13
  • +Gus 17:12; Yr 18:18

Hoseya 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:4
  • +Yr 14:15
  • +Yes 50:1

Hoseya 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:13; Yr 4:22
  • +Yr 2:8; Lk 11:52
  • +Mt 21:43
  • +2Bm 17:16
  • +Yb 34:11

Hoseya 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:7
  • +Rm 1:23

Hoseya 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:29; Yes 56:11; Mik 3:11

Hoseya 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:2
  • +Hs 12:2; Am 3:2; Rm 14:12; Heb 4:13
  • +Zb 62:12; Img 5:22; Yr 17:10; Zk 1:6

Hoseya 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:26; Mik 6:14; Hg 1:6
  • +Hs 9:11
  • +2Ng 24:18; Zb 125:5; Ezk 18:24

Hoseya 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 6:32; 20:1; 23:33; Yes 28:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 43

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2010, rup. 5

Hoseya 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:27; Hab 2:19
  • +Yes 44:13
  • +Yr 3:9
  • +Ezk 16:17

Hoseya 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:23; Yes 65:7; Yr 3:6; Ezk 20:28
  • +2Bm 17:11; Ezk 6:13
  • +Yes 1:29; 57:5; Yr 2:20; Ezk 20:28

Hoseya 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:16
  • +Gus 23:17
  • +Yes 44:18; Yr 4:22; Dn 12:10; Hs 14:9; Rm 3:11; Ef 4:18

Hoseya 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 23:5
  • +2Bm 17:18; Yr 3:10
  • +Hs 9:15; 12:11; Am 4:4
  • +Hs 5:8; 10:5
  • +Yes 48:1; Yr 5:2; Ezk 20:39

Hoseya 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:8; 81:12; Yes 65:2; Zk 7:11

Hoseya 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 11:2; 13:2
  • +Mt 15:14

Hoseya 4:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:22
  • +Hs 4:10
  • +Zb 47:9
  • +Mik 3:11; 7:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 43

Hoseya 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:11
  • +Yes 42:17; Yr 2:26

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Hos. 4:1Yes 3:13; Yr 25:31; Mik 6:2
Hos. 4:1Yes 59:13; Yr 6:13; Mik 7:2
Hos. 4:1Yr 4:22; Rm 1:28
Hos. 4:2Zb 10:7; 59:12
Hos. 4:2Zb 5:6; Yes 59:13; Hs 11:12
Hos. 4:21Bm 21:19; Yr 7:9
Hos. 4:2Zk 5:3
Hos. 4:2Yr 29:23; Ezk 23:37
Hos. 4:2Int 4:13; Hs 6:9; Mt 23:35; Ivk 7:52
Hos. 4:3Yes 24:4; Yr 4:28; Yw 1:10; Am 8:8
Hos. 4:3Yr 4:25; 9:10; 12:4; Zf 1:3
Hos. 4:4Am 5:13
Hos. 4:4Gus 17:12; Yr 18:18
Hos. 4:5Yr 6:4
Hos. 4:5Yr 14:15
Hos. 4:5Yes 50:1
Hos. 4:6Yes 5:13; Yr 4:22
Hos. 4:6Yr 2:8; Lk 11:52
Hos. 4:6Mt 21:43
Hos. 4:62Bm 17:16
Hos. 4:6Yb 34:11
Hos. 4:7Ezr 9:7
Hos. 4:7Rm 1:23
Hos. 4:81Sm 2:29; Yes 56:11; Mik 3:11
Hos. 4:9Yes 24:2
Hos. 4:9Hs 12:2; Am 3:2; Rm 14:12; Heb 4:13
Hos. 4:9Zb 62:12; Img 5:22; Yr 17:10; Zk 1:6
Hos. 4:10Lw 26:26; Mik 6:14; Hg 1:6
Hos. 4:10Hs 9:11
Hos. 4:102Ng 24:18; Zb 125:5; Ezk 18:24
Hos. 4:11Img 6:32; 20:1; 23:33; Yes 28:7
Hos. 4:12Yr 2:27; Hab 2:19
Hos. 4:12Yes 44:13
Hos. 4:12Yr 3:9
Hos. 4:12Ezk 16:17
Hos. 4:131Bm 14:23; Yes 65:7; Yr 3:6; Ezk 20:28
Hos. 4:132Bm 17:11; Ezk 6:13
Hos. 4:13Yes 1:29; 57:5; Yr 2:20; Ezk 20:28
Hos. 4:141Kr 6:16
Hos. 4:14Gus 23:17
Hos. 4:14Yes 44:18; Yr 4:22; Dn 12:10; Hs 14:9; Rm 3:11; Ef 4:18
Hos. 4:15Ezk 23:5
Hos. 4:152Bm 17:18; Yr 3:10
Hos. 4:15Hs 9:15; 12:11; Am 4:4
Hos. 4:15Hs 5:8; 10:5
Hos. 4:15Yes 48:1; Yr 5:2; Ezk 20:39
Hos. 4:16Zb 78:8; 81:12; Yes 65:2; Zk 7:11
Hos. 4:17Hs 11:2; 13:2
Hos. 4:17Mt 15:14
Hos. 4:18Yes 1:22
Hos. 4:18Hs 4:10
Hos. 4:18Zb 47:9
Hos. 4:18Mik 3:11; 7:3
Hos. 4:19Yr 4:11
Hos. 4:19Yes 42:17; Yr 2:26
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Hoseya 4:1-19

Hoseya

4 Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bene Isirayeli, kuko Yehova afitaniye imburano n’ababa mu gihugu+, kuko ata kuri+ canke ubuntu bwuzuye urukundo canke ukumenya Imana biri mu gihugu+. 2 Ukuvumana+, ukugira ivy’ubuhendanyi+, ukwica+, ukwiba+ n’ukurenga ibigo+ bisigaye vyiraye, kandi ibikorwa vy’ugusesa amaraso birakurakuranwa+. 3 Ni co gituma igihugu kizogandara+, n’abakibamwo bose bakayamira hamwe n’igikoko co mu gahinga be n’ikiremwa kiguruka co mu kirere; mbere n’amafi yo mu kiyaga azopfa*+.

4 “Ariko rero, ntihagire umuntu arwana+ canke umuntu akangira, kuko abantu bawe bameze nk’abarwanya umuherezi+. 5 Kandi uzotsitara koko ku murango+; mbere n’umuhanuzi azotsitarana nawe, nk’uko umuntu atsitara mw’ijoro+. Nzonumya nyoko wawe+. 6 Abantu banje bazonumishwa koko, kuko ata bumenyi buhari+. Ko wewe wataye ubumenyi+, nanje nzoguta ntiwongere kumbera umuherezi+; ko uguma wibagira itegeko ry’Imana yawe+, nanje rero nzokwibagira abana bawe+. 7 Uko baba benshi, ni ko bancumurako+. Ubuninahazwa bwanje babukavye agateterwe+. 8 Igicumuro c’abantu banje ni co baguma barotsa, kandi baguma bipfuza rwose ikosa ryabo+.

9 “Uko bizogenda ku bantu ni ko bizogenda no ku muherezi+; sinzobura kugira ico ndababaza ku bijanye n’inzira zabo+; ibikorwa vyabo nzobibasubizako+. 10 Bazorya koko, mugabo ntibazohaga+. Bazofata abagore nk’aho ari abamaraya; mugabo ntibazokwongerekana+, kuko baretse kwitaho Yehova ubwiwe+. 11 Ubusambanyi n’umuvinyu be n’umuvinyu usosa ni vyo bitwara umutima+. 12 Abantu banje baguma basiguza+ ikigirwamana cabo c’ibiti+, kandi inkoni yabo yo mu kuboko ni yo iguma ibamenyesha amakuru; kubera ko impwemu y’ubusambanyi yabayerereje+, kandi biciye ku busambanyi baranka kuyoborwa n’Imana yabo+. 13 Bashikanira ibimazi ku masonga y’imisozi+, bagafumbishiriza umwotsi w’ibimazi ku mirambi+, munsi y’uruti rusagaraye n’igiti c’umulivuni n’igiti kinini, kuko igitutu caco ari ciza+. Ni co gituma abakobwa banyu bakora ubusambanyi, n’abakazana banyu bakarenga ibigo.

14 “Sinzogira ico mbaza abakobwa banyu ngo ni uko bakora ubusambanyi, n’abakazana banyu ngo ni uko barenga ibigo. Kuko abagabo bihererana n’abamaraya+, bagashikana ibimazi bari kumwe n’abamaraya b’urusengero b’abagore+; kandi abantu batagira ugutegera+ bazohonyangirwa hasi. 15 Naho wewe ukora ubusambanyi, ewe Isirayeli+, Yuda ntiyagirwe n’icaha+; ntimuze i Gilugali+, canke ngo muduge i Beti-aveni+ canke ngo murahire muti: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova+!’ 16 Kuko Isirayeli yabaye intagondwa nka kurya kw’inka y’intagondwa+. Mbega ubu ni ho Yehova azobaragira nk’impfizi y’intama y’umukangara ahantu hagutse? 17 Efurayimu yifatanije n’ibigirwamana+! Nimumureke+! 18 Inzoga yabo y’ingano imaze guhera+, baciye bafata umugore nk’aho ari umumaraya+. Abakingizi biwe+ bakunze koko agateterwe+. 19 Umuyaga wamuzingazingiye mu mababa yawo+. Kandi bazomaramazwa n’ibimazi vyabo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika