ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:6; 6:6; 14:12; 19:21; Gh 6:12
  • +Lw 6:17; 21:22

Abalewi 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3; 6:25
  • +Lw 5:9; Heb 9:22
  • +Lw 1:5; 3:2; 5:9; 1Pt 1:2

Abalewi 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:13; Lw 3:9, 17; 4:8; 8:20

Abalewi 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:4; 4:9

Abalewi 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:9; 3:16; 5:12

Abalewi 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:13; 6:16; Gh 18:9
  • +Lw 2:3

Abalewi 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:25; 14:13

Abalewi 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:14; Lw 1:6; Gh 19:5

Abalewi 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:4
  • +Lw 2:7
  • +Lw 2:5; 6:21; 1Ng 23:29
  • +Lw 2:3; Gh 18:9; 1Kr 9:13

Abalewi 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:4; 14:21
  • +Lw 5:11; Gh 5:15

Abalewi 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1; 7:20; 22:21; 1Kr 10:16

Abalewi 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:29; 2Ng 29:31; Neh 12:43; Zb 50:14; 2Kr 9:11
  • +Lw 2:4; 6:16; Gh 6:15

Abalewi 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:11; 23:17

Abalewi 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:14
  • +Lw 6:26; 7:35; Gh 18:8

Abalewi 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:30

Abalewi 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:21; Gh 30:2; Abc 11:30; 1Sm 1:11; Zb 66:13; Img 20:25; Ums 5:4; Ivk 21:23
  • +Lw 22:23; Gus 12:6

Abalewi 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:6

Abalewi 7:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:7
  • +It 4:5
  • +Lw 5:17; 19:8; Gh 9:13; Ezk 4:14

Abalewi 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:24; Gh 19:15

Abalewi 7:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo ni “nefeshi” (neʹphesh). Raba Inyongera ya 6.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 15:3; Gh 19:20

Abalewi 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 12:4; 15:2
  • +Lw 11:24; Gus 14:7
  • +Lw 11:10; Gus 14:10; Ezk 4:14

Abalewi 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:16, 17; 4:8; 1Sm 2:16

Abalewi 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:31; Lw 17:15

Abalewi 7:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:31

Abalewi 7:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:4; Lw 3:17; 17:10; Gus 12:16; 1Sm 14:33; Ezk 33:25; Ivk 15:20, 29

Abalewi 7:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:14

Abalewi 7:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1; 1Kr 10:18

Abalewi 7:30

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:3
  • +Kv 29:24; Lw 8:27; 9:21; Gh 6:20

Abalewi 7:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:5
  • +Lw 5:13; 6:16; 8:29; Gh 18:18

Abalewi 7:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:27; Lw 10:14; Gh 6:20

Abalewi 7:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:26; Gus 18:3

Abalewi 7:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:28; Lw 10:14; Gh 18:18

Abalewi 7:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:1; 29:7; 40:13; Gh 18:7

Abalewi 7:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:15; Lw 8:12
  • +Heb 7:12

Abalewi 7:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:9; Am 5:22; Mr 12:33; Heb 10:5, 6
  • +Lw 2:1; 6:14
  • +Lw 6:25
  • +Lw 5:6; 7:1
  • +Kv 29:1; Lw 6:20
  • +Lw 3:1

Abalewi 7:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:27; Lw 25:1
  • +Kv 24:5; Lw 1:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 7:1Lw 5:6; 6:6; 14:12; 19:21; Gh 6:12
Lew. 7:1Lw 6:17; 21:22
Lew. 7:2Lw 1:3; 6:25
Lew. 7:2Lw 5:9; Heb 9:22
Lew. 7:2Lw 1:5; 3:2; 5:9; 1Pt 1:2
Lew. 7:3Kv 29:13; Lw 3:9, 17; 4:8; 8:20
Lew. 7:4Lw 3:4; 4:9
Lew. 7:5Lw 1:9; 3:16; 5:12
Lew. 7:6Lw 5:13; 6:16; Gh 18:9
Lew. 7:6Lw 2:3
Lew. 7:7Lw 6:25; 14:13
Lew. 7:8Kv 29:14; Lw 1:6; Gh 19:5
Lew. 7:9Lw 2:4
Lew. 7:9Lw 2:7
Lew. 7:9Lw 2:5; 6:21; 1Ng 23:29
Lew. 7:9Lw 2:3; Gh 18:9; 1Kr 9:13
Lew. 7:10Lw 2:4; 14:21
Lew. 7:10Lw 5:11; Gh 5:15
Lew. 7:11Lw 3:1; 7:20; 22:21; 1Kr 10:16
Lew. 7:12Lw 22:29; 2Ng 29:31; Neh 12:43; Zb 50:14; 2Kr 9:11
Lew. 7:12Lw 2:4; 6:16; Gh 6:15
Lew. 7:13Lw 2:11; 23:17
Lew. 7:14Lw 10:14
Lew. 7:14Lw 6:26; 7:35; Gh 18:8
Lew. 7:15Lw 22:30
Lew. 7:16Lw 22:21; Gh 30:2; Abc 11:30; 1Sm 1:11; Zb 66:13; Img 20:25; Ums 5:4; Ivk 21:23
Lew. 7:16Lw 22:23; Gus 12:6
Lew. 7:17Lw 19:6
Lew. 7:18Lw 19:7
Lew. 7:18It 4:5
Lew. 7:18Lw 5:17; 19:8; Gh 9:13; Ezk 4:14
Lew. 7:19Lw 11:24; Gh 19:15
Lew. 7:20Lw 15:3; Gh 19:20
Lew. 7:21Lw 12:4; 15:2
Lew. 7:21Lw 11:24; Gus 14:7
Lew. 7:21Lw 11:10; Gus 14:10; Ezk 4:14
Lew. 7:23Lw 3:16, 17; 4:8; 1Sm 2:16
Lew. 7:24Kv 22:31; Lw 17:15
Lew. 7:25Gh 15:31
Lew. 7:26It 9:4; Lw 3:17; 17:10; Gus 12:16; 1Sm 14:33; Ezk 33:25; Ivk 15:20, 29
Lew. 7:27Lw 17:14
Lew. 7:29Lw 3:1; 1Kr 10:18
Lew. 7:30Lw 3:3
Lew. 7:30Kv 29:24; Lw 8:27; 9:21; Gh 6:20
Lew. 7:31Lw 3:5
Lew. 7:31Lw 5:13; 6:16; 8:29; Gh 18:18
Lew. 7:32Kv 29:27; Lw 10:14; Gh 6:20
Lew. 7:33Lw 6:26; Gus 18:3
Lew. 7:34Kv 29:28; Lw 10:14; Gh 18:18
Lew. 7:35Kv 28:1; 29:7; 40:13; Gh 18:7
Lew. 7:36Kv 40:15; Lw 8:12
Lew. 7:36Heb 7:12
Lew. 7:37Lw 6:9; Am 5:22; Mr 12:33; Heb 10:5, 6
Lew. 7:37Lw 2:1; 6:14
Lew. 7:37Lw 6:25
Lew. 7:37Lw 5:6; 7:1
Lew. 7:37Kv 29:1; Lw 6:20
Lew. 7:37Lw 3:1
Lew. 7:38Kv 34:27; Lw 25:1
Lew. 7:38Kv 24:5; Lw 1:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 7:1-38

Abalewi

7 “‘Kandi iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+: Ni ikintu ceranda rwose+. 2 Ha hantu+ bakererera ubudasiba ishikanwa riturirwa ni ho bazokererera ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, kandi amaraso+ yaryo umuntu azoyamijagira+ irya n’ino ku gicaniro. 3 Nayo ku vy’ikinure+ caryo cose, azoshikiriza ca gitsembe kinuze na ca kinure gipfuka amara, 4 na ya mafyigo abiri n’ikinure kiri kuri yo, cokimwe na kirya co mu kiyunguyungu. Nayo ka gahimba ko ku gitigu, azogakuranako n’amafyigo+. 5 Umuherezi aze abifumbishe umwotsi ku gicaniro bwa shikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+. Ni ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha. 6 Uw’igitsina-gabo wese mu baherezi azorirya+. Ahantu heranda ni ho rizoririrwa. Ni ikintu ceranda rwose+. 7 Nk’uko biri kw’ishikanwa ry’igicumuro, ni ko biri no kw’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha. Itegeko ni rimwe+. Rizokwegukira umuherezi azotanga impongano arikoresheje.

8 “‘Nayo umuherezi ashikirije ishikanwa riturirwa ry’umuntu uwo ari we wese, urushato+ rwa nya shikanwa riturirwa ashikirije ruzokwegukira nya muherezi.

9 “‘Kandi ishikanwa ryose ry’intete ryokejwe mw’ifuru+ be n’iryo ryose ryakorewe mw’isafuriya idengereyemwo amavuta+ no kw’ikarayi+, ni iry’umuherezi arishikirije. Rizomwegukira+. 10 Mugabo ishikanwa ryose ry’intete ribombekeshejwe amavuta+ canke ryumye+, rizoba irya bene Aroni bose, iry’umwe ribe kimwe n’iry’uwundi.

11 “‘Iri rero ni ryo tegeko rigenga ikimazi c’ugusangira+ umuntu wese azoshikiriza Yehova: 12 Hamwe yogishikiriza agomba guserura ugukenguruka+, nya kimazi c’ugukenguruka aze agishikirize kumwe n’udutsima tumeze nk’ikigōmbo tutarimwo umwambiro tubombekeshejwe amavuta, n’udukate tutarimwo umwambiro dusizwe amavuta+, n’ifu inoze ivanze neza yacumbwemwo udutsima tumeze nk’ikigōmbo tubombekeshejwe amavuta. 13 Azoshikiriza ishikanwa ryiwe kumwe n’ikimazi c’ugukenguruka c’ibimazi vyiwe vy’ugusangira, biri kumwe n’udutsima tumeze nk’ikigōmbo tw’umukate wambiye+. 14 Kandi muri vyo, aze ashikirize umuturi uvuye kw’ishikanwa rimwe ryose bwa mugabane uhabwa Yehova+; nayo umuherezi amijagiye amaraso y’ibimazi vy’ugusangira, ni we rizokwegukira+. 15 Inyama z’ikimazi c’ugukenguruka c’ibimazi vyiwe vy’ugusangira, zize ziribwe ku musi w’ishikanwa ryiwe. Ntaze agire izo abikako gushika mu gitondo+.

16 “‘Kandi nimba ikimazi c’ishikanwa ryiwe ari indagano+ canke ishikanwa ritangwa ku bushake+, kize kiribwe ku musi ashikiriza ikimazi ciwe. Ku musi ukurikira, ibisigaye kuri co na vyo nyene vyoshobora kuribwa. 17 Mugabo izisigaye ku nyama za nya kimazi ku musi ugira gatatu zibwirizwa guturizwa umuriro+. 18 Ariko hamwe hogira inyama z’ikimazi ciwe c’ugusangira ziribwa ku musi ugira gatatu, uwugishikirije ntazoshimwa+. Ntazogiharurwako+. Kizocika ikintu gihumanye, kandi uwuzokiryako azokwishura ikosa ryiwe+. 19 Kandi inyama zikoze ku kintu ico ari co cose gihumanye+, si izo kuribwa. Ni izo guturira n’umuriro. Nayo izindi nyama, umuntu wese adahumanye arashobora kuzirya.

20 “‘Umuntu* arya inyama z’ikimazi c’ugusangira, ikimazi ca Yehova, kandi ubuhumane bwiwe buri kuri we, uyo muntu ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+. 21 Umuntu niyakora ku kintu cose gihumanye, bwaba ubuhumane bw’umuntu+, canke igikoko gihumanye+, canke ikintu cose gishisha gihumanye+, kandi vy’ukuri akarya ku nyama z’ikimazi c’ugusangira, ikimazi ca Yehova, uyo muntu aze arandurwe mu bantu b’iwabo.’”

22 Yehova abandanya kubarira Musa ati: 23 “Barira bene Isirayeli uti: ‘Ntimuze murye ikinure+ na kimwe c’ishūri canke c’impfizi y’intama y’umukangara canke c’impene. 24 Ikinure c’umuvyimba w’icamaze gupfa be n’ikinure c’igikoko catabaguwe+, gishobora gukoreshwa ikindi kintu cose ciyumvirwa, mugabo ntimuze mukirye namba. 25 Kuko uwo wese ariye ikinure kivuye ku gikoko yakuyeko ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, uwo muntu akiriyeko ategerezwa kurandurwa+ mu bantu b’iwabo.

26 “‘Ntimuze murye amaraso+ y’ubwoko na bumwe ahantu na hamwe muba, yaba ay’ikiguruka canke ay’igikoko. 27 Umuntu wese ariye amaraso ayo ari yo yose, uyo muntu ategerezwa kurandurwa+ mu bantu b’iwabo.’”

28 Yehova abandanya kubarira Musa ati: 29 “Barira bene Isirayeli uti: ‘Uwushikirije Yehova ikimazi ciwe c’ugusangira, azozanira Yehova ishikanwa ryiwe arikuye ku kimazi ciwe c’ugusangira+. 30 Amaboko yiwe azozana ikinure+ co ku nkoro bwa mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro. Azokizanana na ya nkoro kugira kizungagizwe irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa*+ imbere ya Yehova. 31 Umuherezi aze afumbishe umwotsi+ nya kinure ku gicaniro, mugabo inkoro ize yegukire Aroni n’abahungu biwe+.

32 “‘Kandi muzoha umuherezi ukuguru kw’ukuryo bwa mugabane mweranda+ uvuye ku bimazi vyanyu vy’ugusangira. 33 Uwo muri bene Aroni ashikirije amaraso y’ibimazi vy’ugusangira be n’ikinure, nya kuguru kw’ukuryo kuzocika umugabane wiwe+. 34 Kuko ya nkoro y’ishikanwa rizungagizwa+, be na kwa kuguru kw’umugabane mweranda, ndabitwaye bene Isirayeli ndabikuye ku bimazi vyabo vy’ugusangira, nkabiha Aroni umuherezi n’abahungu biwe bikuwe kuri bene Isirayeli, iyo ikaba ari ingingo nyobozi gushika igihe kitagira urugero.

35 “‘Uwo ni wo wari umugabane ujanye n’ubuherezi wa Aroni n’abahungu biwe uvuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, ku musi yabashikirije+ ngo bakorere Yehova bwa baherezi, 36 nk’uko Yehova yari yategetse kuwubaha ku musi yabarobanuza amavuta+ muri bene Isirayeli. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yabo+.’”

37 Iryo ni ryo tegeko ku vyerekeye ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’ishikanwa ry’igicumuro+ n’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ n’ikimazi c’iyatira+ n’ikimazi c’ugusangira+, 38 nk’uko Yehova yari yategetse Musa ku musozi Sinayi+ ku musi yategeka bene Isirayeli gushikiriza Yehova amashikanwa yabo, mu gahinga ka Sinayi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika