ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Malaki 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Malaki 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 21:9; Zf 2:2; Mt 13:42; 2Ts 1:8; 2Pt 3:7
  • +Kv 15:7; Yes 5:24; Ob 18; Mt 3:12
  • +Hs 9:16; Am 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 29

    1/5/2002, rup. 28, 30

Malaki 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:26; Lk 1:78; Ef 5:14
  • +Zb 147:3; Yr 30:17; 33:6
  • +Yes 49:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 29

    1/5/2002, rup. 28-29

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 155

Malaki 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:15; Mik 7:10; Zk 10:5; Rm 16:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 28

    1/5/2002, rup. 29

Malaki 4:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:5; Zb 119:4; 147:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 28

Malaki 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:3; Mt 11:14; Mr 9:11
  • +Yw 2:31; Ivk 2:20; 2Pt 3:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 10

    15/12/2007, rup. 28-29

    1/5/2002, rup. 30-31

    1/10/1997, rup. 9-12

    Abahurikiye hamwe, rup. 96

Malaki 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:20; Zk 14:11; Lk 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 9-12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mal. 4:1Zb 21:9; Zf 2:2; Mt 13:42; 2Ts 1:8; 2Pt 3:7
Mal. 4:1Kv 15:7; Yes 5:24; Ob 18; Mt 3:12
Mal. 4:1Hs 9:16; Am 2:9
Mal. 4:2Yes 30:26; Lk 1:78; Ef 5:14
Mal. 4:2Zb 147:3; Yr 30:17; 33:6
Mal. 4:2Yes 49:9
Mal. 4:3It 3:15; Mik 7:10; Zk 10:5; Rm 16:20
Mal. 4:4Gus 4:5; Zb 119:4; 147:19
Mal. 4:5Yes 40:3; Mt 11:14; Mr 9:11
Mal. 4:5Yw 2:31; Ivk 2:20; 2Pt 3:10
Mal. 4:6Gus 29:20; Zk 14:11; Lk 1:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
Bibiliya y’isi nshasha
Malaki 4:1-6

Malaki

4 “Kuko ehe wa musi uriko uraza, umusi waka nk’itanure+, kandi abita imbere bose be n’abakora ivy’ububisha bose bazotegerezwa gucika nk’ibishakara+. Kandi uwo musi uriko uraza uzobarigata koko,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “ntihagire n’umuzi canke agashami ubasigariza+. 2 Kandi mwebwe abatinya izina ryanje izuba ry’ubugororotsi rizobarasira koko+, riri n’ugukiza mu mababa yaryo+; namwe muzosohoka vy’ukuri mwikina amatavu nk’inyana zadoheshejwe+.”

3 “Kandi muzohonyangira hasi ababisha, kuko bazocika nk’intumo munsi y’ubworo bw’ibirenge vyanyu ku musi nzogira ico nkoze+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

4 “Nimwibuke rya tegeko rya Musa umusavyi wanje, iryo namutegekeye i Horebu ku vyerekeye Isirayeli yose, ni zo ngingo nyobozi n’ingingo z’ubutungane*+.

5 “Ehe ntumye kuri mwebwe Eliya umuhanuzi+ imbere y’ukuza kwa wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+. 6 Azogarukana umutima wa ba se ku bana, n’umutima w’abana kuri ba se; kugira ngo simpave nza ngakubita isi vy’ukuri nkayitikiza+.”

(Ivyanditswe vy’igiheburayo n’igiharameya uko vyahinduwe mu kirundi bigarukira aha, bigakurikirwa n’Ivyanditswe vy’ikigiriki vya gikirisu)

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika