ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 25
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura 25:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 2:1; Mik 6:5
  • +Gh 31:16; 1Kr 10:8; Ivh 2:14

Guharura 25:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:15; 1Bm 11:2; Ivk 15:29; 1Kr 10:20
  • +Kv 20:5; Yos 23:7; 1Kr 10:7

Guharura 25:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:3; Yos 22:17; Zb 106:28; Hs 9:10
  • +Zb 106:29

Guharura 25:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 21:6

Guharura 25:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:21
  • +Kv 22:20; 32:27; Gus 13:8, 9; 1Bm 18:40

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2004, rup. 29

Guharura 25:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:14
  • +Gh 25:15

Guharura 25:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:25; Yos 22:30; 1Ng 6:4

Guharura 25:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:21; Zb 106:30

Guharura 25:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:4; Gus 4:3; 1Kr 10:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 97-98

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2004, rup. 29

Guharura 25:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:7
  • +Zb 106:30
  • +Zb 106:31; 2Kr 11:2
  • +Kv 20:5; 34:14; Gus 4:24; Yos 24:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 27

    15/10/2002, rup. 29

Guharura 25:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:4, 50; Ezr 7:5; 8:2
  • +1Bm 19:10
  • +Kv 32:30

Guharura 25:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 1:16

Guharura 25:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 31:8; Yos 13:21
  • +It 25:2; 1Ng 1:32

Guharura 25:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 31:2

Guharura 25:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 31:16; 2Pt 2:14; Ivh 2:14
  • +Gh 25:3; Neh 13:2; 2Pt 2:15; Yud 11
  • +Gh 25:15
  • +Gh 25:8
  • +Gh 25:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 25:1Yos 2:1; Mik 6:5
Guh. 25:1Gh 31:16; 1Kr 10:8; Ivh 2:14
Guh. 25:2Kv 34:15; 1Bm 11:2; Ivk 15:29; 1Kr 10:20
Guh. 25:2Kv 20:5; Yos 23:7; 1Kr 10:7
Guh. 25:3Gus 4:3; Yos 22:17; Zb 106:28; Hs 9:10
Guh. 25:3Zb 106:29
Guh. 25:42Sm 21:6
Guh. 25:5Kv 18:21
Guh. 25:5Kv 22:20; 32:27; Gus 13:8, 9; 1Bm 18:40
Guh. 25:6Gh 25:14
Guh. 25:6Gh 25:15
Guh. 25:7Kv 6:25; Yos 22:30; 1Ng 6:4
Guh. 25:8Kv 23:21; Zb 106:30
Guh. 25:9Gh 25:4; Gus 4:3; 1Kr 10:8
Guh. 25:11Gh 25:7
Guh. 25:11Zb 106:30
Guh. 25:11Zb 106:31; 2Kr 11:2
Guh. 25:11Kv 20:5; 34:14; Gus 4:24; Yos 24:19
Guh. 25:131Ng 6:4, 50; Ezr 7:5; 8:2
Guh. 25:131Bm 19:10
Guh. 25:13Kv 32:30
Guh. 25:14Gh 1:16
Guh. 25:15Gh 31:8; Yos 13:21
Guh. 25:15It 25:2; 1Ng 1:32
Guh. 25:17Gh 31:2
Guh. 25:18Gh 31:16; 2Pt 2:14; Ivh 2:14
Guh. 25:18Gh 25:3; Neh 13:2; 2Pt 2:15; Yud 11
Guh. 25:18Gh 25:15
Guh. 25:18Gh 25:8
Guh. 25:18Gh 25:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Guharura 25:1-18

Guharura

25 Ico gihe Isirayeli yaba i Shitimu+. Nuko abantu batangura gushurashura n’abakobwa ba Mowabu+. 2 Abagore baza gutumira abantu ku bimazi vy’imana zabo+, maze abantu batangura kurya no kwunamira imana zabo+. 3 Gutyo Isirayeli yifatanya na Bayali y’i Peyori+; maze ishavu rya Yehova ritangura kururumbira Isirayeli+. 4 Ku bw’ivyo Yehova abwira Musa ati: “Tora abakuru bose b’abantu, ubashire ahabona imbere ya Yehova+ ku zuba, kugira ngo ishavu rirurumba rya Yehova risubire inyuma, rive kuri Isirayeli.” 5 Maze Musa abwira abacamanza ba Isirayeli+ ati: “Umwe wese muri mwebwe niyice+ abagabo b’iwabo bifatanije na Bayali y’i Peyori.”

6 Mugabo, ehe umugabo umwe+ wo muri bene Isirayeli araza, kandi yari azanye hafi ya bene wabo umugore w’Umumidiyanikazi+ mu maso ya Musa no mu maso y’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, mu gihe bariko baririra ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro. 7 Finehasi+ mwene Eleyazari, Eleyazari mwene Aroni umuherezi, abibonye, aca arahaguruka ava hagati mw’ikoraniro, atora icumu mu kuboko kwiwe. 8 Akurikira nya mugabo wo muri Isirayeli mw’ihema ryihese, maze abatobekeranya bompi, nya mugabo na nya mugore mu bihimba vyiwe vy’irondoka. Ikiza kibona guhagarara kiva kuri bene Isirayeli+. 9 Abishwe na nya kiza baba ibihumbi mirongo ibiri na bine+.

10 Maze Yehova abwira Musa ati: 11 “Finehasi+ mwene Eleyazari, Eleyazari mwene Aroni umuherezi, yasubije inyuma uburake bwanje+ buva kuri bene Isirayeli mu kutihanganira ubukeba na bumwe bugirwa kuri jewe hagati muri bo+, ku buryo ntatikije bene Isirayeli, kuko nsaba kwiheberwa jenyene gusa+. 12 Ku bw’ico vuga uti: ‘Ehe ndamuhaye isezerano ryanje ry’amahoro. 13 Rizomubera we n’uruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe isezerano ry’ubuherezi gushika igihe kitagira urugero+, kuko atihanganiye ubukeba bugirwa ku Mana+ yiwe kandi agatangira impongano bene Isirayeli+.’”

14 Nya mugabo w’Umwisirayeli yishwe, akicanwa na nya Mumidiyanikazi, yitwa Zimuri mwene Salu, akaba yari umukuru+ w’inzu ya ba sekuru yo mu Basimeyoni. 15 Nayo nya mugore w’Umumidiyanikazi yishwe yitwa Kozibi umukobwa wa Zuri+; uno yari umukuru w’imiryango y’inzu ya ba sekuru muri Midiyani+.

16 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: 17 “Abamidiyani nibatotezwe, kandi muze mubice+, 18 kuko bariko babatoteza biciye ku bikorwa vyabo vy’urwenge+ babakoreye ku rwenge mu vy’i Peyori+ no mu vya Kozibi+ umukobwa w’umukuru wo muri Midiyani, mushiki wabo, umwe yicwa+ ku musi wa ca kiza kijanye n’ivyabereye i Peyori+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika