ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 27
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura 27:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 26:33; 1Ng 7:15
  • +Gh 26:28
  • +Yos 17:3

Guharura 27:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:26; Gus 17:8

Guharura 27:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:35
  • +Gh 16:2, 19, 35
  • +Ezk 18:4; Rm 5:12; 6:23

Guharura 27:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 26:64
  • +Yos 17:4

Guharura 27:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 18:15; 33:11; Lw 24:12

Guharura 27:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 36:2; Yos 17:6

Guharura 27:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:25, 49; Rs 4:3; Yr 32:8

Guharura 27:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 33:47; Gus 32:49
  • +It 13:15; Gus 3:27; 32:52; 34:1

Guharura 27:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 31:2; Gus 34:7
  • +Gh 20:24, 28; 33:38; Gus 10:6; 32:50

Guharura 27:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:10; Gus 1:37; Zb 106:33
  • +Gh 20:12
  • +Zb 106:32
  • +Gus 1:2; 32:51
  • +Gh 13:21; Yos 15:1

Guharura 27:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:18; Zb 31:5; 104:29
  • +Gh 16:22; Yb 12:10
  • +Gus 31:14

Guharura 27:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:2
  • +1Bm 22:17; Mt 9:36

Guharura 27:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:24; 2Bm 2:9; Lk 1:17
  • +Gus 34:9; Ivk 6:6; 1Tm 4:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2002, rup. 11-12

Guharura 27:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:7

Guharura 27:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:38; 31:3; 34:10
  • +Yos 1:17

Guharura 27:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 22:10; 28:6
  • +Kv 28:30; Lw 8:8; Gus 33:8; 1Sm 23:9; 28:6; Neh 7:65

Guharura 27:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 20:28

Guharura 27:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 27:18; Gus 31:14
  • +Gus 3:28; 31:23

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 27:1Gh 26:33; 1Ng 7:15
Guh. 27:1Gh 26:28
Guh. 27:1Yos 17:3
Guh. 27:2Kv 18:26; Gus 17:8
Guh. 27:3Gh 14:35
Guh. 27:3Gh 16:2, 19, 35
Guh. 27:3Ezk 18:4; Rm 5:12; 6:23
Guh. 27:4Gh 26:64
Guh. 27:4Yos 17:4
Guh. 27:5Kv 18:15; 33:11; Lw 24:12
Guh. 27:7Gh 36:2; Yos 17:6
Guh. 27:11Lw 25:25, 49; Rs 4:3; Yr 32:8
Guh. 27:12Gh 33:47; Gus 32:49
Guh. 27:12It 13:15; Gus 3:27; 32:52; 34:1
Guh. 27:13Gh 31:2; Gus 34:7
Guh. 27:13Gh 20:24, 28; 33:38; Gus 10:6; 32:50
Guh. 27:14Gh 20:10; Gus 1:37; Zb 106:33
Guh. 27:14Gh 20:12
Guh. 27:14Zb 106:32
Guh. 27:14Gus 1:2; 32:51
Guh. 27:14Gh 13:21; Yos 15:1
Guh. 27:16Gh 27:18; Zb 31:5; 104:29
Guh. 27:16Gh 16:22; Yb 12:10
Guh. 27:16Gus 31:14
Guh. 27:17Gus 31:2
Guh. 27:171Bm 22:17; Mt 9:36
Guh. 27:18Gh 14:24; 2Bm 2:9; Lk 1:17
Guh. 27:18Gus 34:9; Ivk 6:6; 1Tm 4:14
Guh. 27:19Gus 31:7
Guh. 27:20Gus 1:38; 31:3; 34:10
Guh. 27:20Yos 1:17
Guh. 27:211Sm 22:10; 28:6
Guh. 27:21Kv 28:30; Lw 8:8; Gus 33:8; 1Sm 23:9; 28:6; Neh 7:65
Guh. 27:22Gh 20:28
Guh. 27:23Gh 27:18; Gus 31:14
Guh. 27:23Gus 3:28; 31:23
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Guharura 27:1-23

Guharura

27 Maze abakobwa ba Zelofehadi+ mwene Heferi, Heferi wa Gileyadi, Gileyadi wa Makiri, Makiri wa Manase+, bo mu miryango ya Manase mwene Yozefu, baregera. Kandi aya ni yo yari amazina ya nya bakobwa biwe: Mahila, Nowa na Hogula na Milika na Tiruza+. 2 Nuko bahagarara imbere ya Musa n’imbere ya Eleyazari umuherezi+ n’imbere y’abakuru n’ikoraniro ryose ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, bavuga bati: 3 “Data yapfiriye mu gahinga+, yamara ntiyari muri rya koraniro, muri bamwe baja hamwe ngo barwanye Yehova mw’ikoraniro rya Kora+, mugabo yapfuye ku bw’igicumuro ciwe bwite+; kandi nta bahungu yaronse. 4 Kubera iki izina rya data ryokurwa hagati mu muryango wiwe ngo ni uko ataronse umuhungu+? Enda nuduhe itongo twigabira hagati muri bene wabo na data+.” 5 Nuko Musa ashikiriza ikibazo cabo imbere ya Yehova+.

6 Maze Yehova abwira Musa ati: 7 “Abakobwa ba Zelofehadi bavuga vyo. Ubwirizwa kubaha intoranwa bigabira hagati ya bene wabo na se, kandi uze ubahe intoranwa ya se+. 8 Ubwire bene Isirayeli uti: ‘Nihagira umugabo apfa ataronse umuhungu, muze muhe umukobwa wiwe intoranwa yiwe. 9 Niyaba adafise umukobwa, muze muhe bene wabo intoranwa yiwe. 10 Niyaba adafise bene wabo, muze muhe intoranwa yiwe bene wabo na se. 11 Se wiwe niyaba adafise bene wabo, muze muhe intoranwa yiwe incuti yiwe y’amaraso+ ya hafi kuruta izindi yo mu muryango wiwe, uno aheze ayigarurire. Ivyo bize bibere bene Isirayeli icagezwe hakurikijwe ingingo y’ubutungane, nk’uko Yehova yategetse Musa.’”

12 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: “Duga kuri uyu musozi wa Abarimu+, uheze ubone igihugu nzoha bene Isirayeli+. 13 Niwamara kukibona, uzoheza uhamvye ab’iwanyu+, egome, wewe, nk’uko Aroni mwene wanyu yabahambije+, 14 kuko mwagararije itegeko ryanje mu gahinga ka Zini, igihe ca kwa gutongana kw’ikoraniro+, ntimwanyeza+ kuri ya mazi mu maso yabo. Ayo ni ya mazi y’i Meriba+ i Kadeshi+ mu gahinga ka Zini+.”

15 Maze Musa abwira Yehova ati: 16 “Yehova Imana y’impwemu+ z’ubwoko bwose bw’ikiri n’umubiri+ nagene umugabo+ azogaba ikoraniro 17 azosohoka imbere yabo akongera akinjira imbere yabo, azobasohora akongera akabinjiza+, kugira ngo ikoraniro rya Yehova ntiribe nk’intama zitagira umwungere+.” 18 Nuko Yehova abwira Musa ati: “Niwitorere Yosuwa mwene Nuni, umugabo arimwo impwemu+, maze umurambikeko ikiganza cawe+; 19 uze umuhagarike imbere ya Eleyazari umuherezi n’imbere y’ikoraniro ryose, maze umushinge igikorwa mu maso yabo+. 20 Uze umuheko kw’iteka ryawe+, kugira ngo ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rimwumvirize+. 21 Imbere ya Eleyazari umuherezi ni ho azohagarara, maze uno amusigurize+ biciye ku rubanza rwa Urimu*+, imbere ya Yehova. Kw’itegeko ryiwe bazosohoka, kw’itegeko ryiwe binjire, we na bene Isirayeli bose bari kumwe na we, n’ikoraniro ryose.”

22 Nuko Musa akora nk’uko Yehova yari yamutegetse. Atora rero Yosuwa, amuhagarika imbere ya Eleyazari+ umuherezi n’imbere y’ikoraniro ryose, 23 amurambikako ibiganza hanyuma amushinga igikorwa+, nk’uko Yehova yari yavuze biciye kuri Musa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika