ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi: ibirimwo

      • Ishikanwa ry’intete (1-16)

Abalewi 2:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «olibani.» Raba Insiguro y’amajambo (Olibani).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:17; Gh 15:2-4
  • +Kv 29:1-3; Lw 6:14, 15; Gh 7:13

Abalewi 2:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «icibutso.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ry’akamoto karuhura kuri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 5:25, 26

Abalewi 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:9, 10
  • +Lw 10:12; Gh 18:9

Abalewi 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:26, 28; Gh 6:13, 19

Abalewi 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:20, 21

Abalewi 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:9

Abalewi 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:2; 5:11, 12
  • +Kv 29:38-41; Gh 28:4-6

Abalewi 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:9

Abalewi 2:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Kari agakandu gatoyi bakoresha nk’umwambiro.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:14, 17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 21-22

Abalewi 2:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umushuzo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:19; Gh 15:20; 2Ng 31:5; Img 3:9

Abalewi 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 43:23, 24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 22

Abalewi 2:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amahundo matoto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:16; 34:22; Gh 28:26

Abalewi 2:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «olibani.» Raba Insiguro y’amajambo (Olibani).

Abalewi 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:11, 12; 6:14, 15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 2:1Lw 9:17; Gh 15:2-4
Lew. 2:1Kv 29:1-3; Lw 6:14, 15; Gh 7:13
Lew. 2:2Gh 5:25, 26
Lew. 2:3Lw 7:9, 10
Lew. 2:3Lw 10:12; Gh 18:9
Lew. 2:4Lw 8:26, 28; Gh 6:13, 19
Lew. 2:5Lw 6:20, 21
Lew. 2:6Gh 28:9
Lew. 2:9Lw 2:2; 5:11, 12
Lew. 2:9Kv 29:38-41; Gh 28:4-6
Lew. 2:10Gh 18:9
Lew. 2:11Lw 6:14, 17
Lew. 2:12Kv 23:19; Gh 15:20; 2Ng 31:5; Img 3:9
Lew. 2:13Ezk 43:23, 24
Lew. 2:14Kv 23:16; 34:22; Gh 28:26
Lew. 2:16Lw 5:11, 12; 6:14, 15
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Abalewi 2:1-16

Abalewi

2 Umuntu niyaha Yehova ishikanwa ry’intete+, akwiye kuzana ifu inoze. Azoyisukako amavuta hejuru, ayishireko n’imibavu*+. 2 Azoca ayizanira abahungu ba Aroni ari bo baherezi. Umuherezi azoyora urushi rw’iyo fu inoze ivanze n’amavuta hamwe n’iyo mibavu yose, abiturire bifumbe umwotsi ku gicaniro nk’ikimenyetso* c’iryo shikanwa ryose+. Ni ishikanwa bashikanisha umuriro ry’akamoto kamotera neza* Yehova. 3 Ibisigaye vyose kuri iryo shikanwa bizoba ivya Aroni n’abahungu biwe+. Ni ikintu ceranda cane+ kivuye ku mashikanwa ya Yehova bashikanisha umuriro.

4 Nimwatanga ishikanwa ry’intete rigizwe n’imikate yokejwe mw’ifuru, ikwiye kuba ari imikate y’umuzingi icumbanywe amavuta canke udukate dufyase dusizeko amavuta+. Ikwiye kuba ikozwe mw’ifu inoze.

5 Nimba ari ishikanwa ry’intete rigizwe n’ivyakaranzwe kw’ipanu+, bikwiye kuba bikozwe mw’ifu inoze ivanze n’amavuta ariko itarimwo umwambiro. 6 Muze mubimanyagure hanyuma mubisukeko amavuta+. Ni ishikanwa ry’intete.

7 Nimba ari ishikanwa ry’intete rigizwe n’ivyakaranzwe mw’isafuriya, bikwiye kuba bikozwe mw’ifu inoze ivanze n’amavuta. 8 Muzozanira Yehova ishikanwa ry’intete rikozwe muri ivyo bintu hanyuma murishikirize umuherezi. Umuherezi na we azoca arijana hafi y’igicaniro. 9 Umuherezi azotora bikeyi kuri iryo shikanwa, abiturire bifumbe umwotsi ku gicaniro nk’ikimenyetso c’iryo shikanwa ryose+. Ni ishikanwa bashikanisha umuriro ry’akamoto kamotera neza Yehova+. 10 Ibisigaye kuri iryo shikanwa bizoba ivya Aroni n’abahungu biwe. Ni ikintu ceranda cane kivuye ku mashikanwa ya Yehova bashikanisha umuriro+.

11 Ntimuzohe Yehova ishikanwa ry’intete ririmwo umwambiro+, kuko umwambiro* canke ubuki bidakwiye guturirwa ngo bibe ishikanwa rya Yehova bashikanisha umuriro.

12 Murashobora kubishikanira Yehova nk’ishikanwa ry’ivyeze ubwa mbere*+, ariko ntimuzobishire ku gicaniro ngo bibe akamoto keza.

13 Ishikanwa ry’intete ryose muzotanga muzorishiramwo umunyu. Amashikanwa y’intete muzotanga ntaze aburemwo umunyu w’isezerano ry’Imana yanyu. Amashikanwa yanyu yose muzoyatangana umunyu+.

14 Nimwaha Yehova ishikanwa ry’intete rigizwe n’ivyeze ubwa mbere, zikwiye kuba ari intete nshasha* zikaranze kandi zijanjaguye. Ni zo muzotanga nk’ishikanwa ry’intete rigizwe n’ivyeze ubwa mbere+. 15 Mukwiye kurisukako amavuta n’imibavu*. Ni ishikanwa ry’intete. 16 Umuherezi azoca atora intete nkeyi zijanjaguye zivanze n’amavuta hamwe n’iyo mibavu yose, abiturire bifumbe umwotsi nk’ikimenyetso c’iryo shikanwa ryose+. Ni ishikanwa rya Yehova bashikanisha umuriro.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika