ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 45
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 45:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:16; Yes 44:28
  • +Ezr 1:1; Zb 73:23; Yes 45:4
  • +Yes 13:17; 41:25; Yr 51:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 18

Yesaya 45:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:4
  • +Yes 40:4
  • +Zb 107:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 18

Yesaya 45:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:37
  • +Ezr 1:2; Yes 44:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 18-19

Yesaya 45:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Yes 41:8
  • +Gl 4:8

Yesaya 45:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:35; 1Bm 8:60; Yes 44:8; Yw 2:27
  • +Gus 4:39; 32:39; 1Kr 8:4

Yesaya 45:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:46; Zb 102:15; Yes 37:20; Mal 1:11
  • +Zb 83:18

Yesaya 45:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:3; Zb 8:3; Yr 31:35; Yak 1:17
  • +Kv 10:21; Zb 104:20; Am 4:13
  • +Zb 29:11; Yes 26:12; 2Kr 1:2
  • +Ums 7:14; Yes 10:6; Yr 18:7; Am 3:6
  • +1Sm 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 19

Yesaya 45:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:6; Ezk 34:26
  • +Hs 10:12; 2Pt 3:13
  • +Yes 61:11; 1Kr 3:6
  • +Yes 65:17; Ivh 21:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 19

Yesaya 45:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:9; 1Kr 10:22
  • +Yes 29:16; Yr 18:6; Rm 9:20

Yesaya 45:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 1:6

Yesaya 45:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:3
  • +Yes 43:7, 21
  • +Yes 46:10; Yr 33:3
  • +Yes 29:23; 60:21; Yr 3:19; Hs 1:10; Gl 3:29
  • +Zb 111:3

Yesaya 45:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:1; 14:19; Zb 102:25; Yes 40:28; Ivh 10:6
  • +It 1:27; 2:7; 5:2; Gus 4:32; Zb 139:14; Yr 27:5
  • +Yes 44:24; Yr 32:17; Zk 12:1
  • +It 2:1; Neh 9:6

Yesaya 45:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:6
  • +Heb 1:8
  • +2Ng 36:23; Ezr 1:2; Yes 44:28
  • +Ezr 1:3; Yes 14:17; 43:14; 49:25
  • +Yes 13:17

Yesaya 45:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:23
  • +Zb 72:10
  • +Yes 18:7
  • +Yes 49:23; 61:5
  • +Zb 149:8
  • +Est 8:17; Yes 14:2; 60:14
  • +Zk 8:23
  • +Yes 44:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 26

    1/4/2007, rup. 24-25

Yesaya 45:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:24
  • +Yes 43:11; 60:16; Tt 1:3

Yesaya 45:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:7; Yes 44:9

Yesaya 45:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 1:7
  • +Yes 26:4; 51:6
  • +Zb 25:3; Yes 29:22; Yw 2:26
  • +Yes 54:4; Zf 3:11

Yesaya 45:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:5; Yr 10:12
  • +2Sm 22:31; 1Kr 8:5
  • +It 14:19; Zb 102:25; Ivh 10:6
  • +Yb 38:4; Zb 78:69; 104:5; 119:90; Img 3:19
  • +It 1:28; 9:1; Zb 37:29; 115:16
  • +1Bm 8:60; Yes 46:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

Yesaya 45:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:11; Img 8:1; Yes 48:16
  • +Gh 23:20; 1Ng 28:8; 1Tm 4:8
  • +Zb 111:8; 119:137; Img 8:6

Yesaya 45:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:5; Ivh 22:17
  • +Yes 4:3; 66:20; Yr 50:28
  • +1Bm 18:26; Yes 42:17; Yr 50:2

Yesaya 45:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:21
  • +Yes 41:22
  • +Yes 43:9
  • +Yes 44:8; Mr 12:32
  • +Yes 43:3
  • +Gus 4:39; Yw 2:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 28

Yesaya 45:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 65:5; Mik 7:7; Yoh 3:16
  • +Gus 4:35; 1Bm 8:60; Yes 45:5

Yesaya 45:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 22:16; Am 6:8; Heb 6:13
  • +Gh 23:19; Tt 1:2
  • +Yes 55:11
  • +Rm 14:11
  • +Gus 6:13; Yr 4:2; 12:16

Yesaya 45:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 29:1
  • +Ivh 11:18

Yesaya 45:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:29
  • +Yes 61:9
  • +Zb 64:10; 2Kr 10:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 45:11Bm 19:16; Yes 44:28
Yes. 45:1Ezr 1:1; Zb 73:23; Yes 45:4
Yes. 45:1Yes 13:17; 41:25; Yr 51:20
Yes. 45:2Yes 13:4
Yes. 45:2Yes 40:4
Yes. 45:2Zb 107:16
Yes. 45:3Yr 50:37
Yes. 45:3Ezr 1:2; Yes 44:28
Yes. 45:4Kv 19:5; Yes 41:8
Yes. 45:4Gl 4:8
Yes. 45:5Gus 4:35; 1Bm 8:60; Yes 44:8; Yw 2:27
Yes. 45:5Gus 4:39; 32:39; 1Kr 8:4
Yes. 45:61Sm 17:46; Zb 102:15; Yes 37:20; Mal 1:11
Yes. 45:6Zb 83:18
Yes. 45:7It 1:3; Zb 8:3; Yr 31:35; Yak 1:17
Yes. 45:7Kv 10:21; Zb 104:20; Am 4:13
Yes. 45:7Zb 29:11; Yes 26:12; 2Kr 1:2
Yes. 45:7Ums 7:14; Yes 10:6; Yr 18:7; Am 3:6
Yes. 45:71Sm 2:7
Yes. 45:8Zb 72:6; Ezk 34:26
Yes. 45:8Hs 10:12; 2Pt 3:13
Yes. 45:8Yes 61:11; 1Kr 3:6
Yes. 45:8Yes 65:17; Ivh 21:1
Yes. 45:9Zb 2:9; 1Kr 10:22
Yes. 45:9Yes 29:16; Yr 18:6; Rm 9:20
Yes. 45:10Mal 1:6
Yes. 45:11Yes 43:3
Yes. 45:11Yes 43:7, 21
Yes. 45:11Yes 46:10; Yr 33:3
Yes. 45:11Yes 29:23; 60:21; Yr 3:19; Hs 1:10; Gl 3:29
Yes. 45:11Zb 111:3
Yes. 45:12It 1:1; 14:19; Zb 102:25; Yes 40:28; Ivh 10:6
Yes. 45:12It 1:27; 2:7; 5:2; Gus 4:32; Zb 139:14; Yr 27:5
Yes. 45:12Yes 44:24; Yr 32:17; Zk 12:1
Yes. 45:12It 2:1; Neh 9:6
Yes. 45:13Yes 42:6
Yes. 45:13Heb 1:8
Yes. 45:132Ng 36:23; Ezr 1:2; Yes 44:28
Yes. 45:13Ezr 1:3; Yes 14:17; 43:14; 49:25
Yes. 45:13Yes 13:17
Yes. 45:14Yes 19:23
Yes. 45:14Zb 72:10
Yes. 45:14Yes 18:7
Yes. 45:14Yes 49:23; 61:5
Yes. 45:14Zb 149:8
Yes. 45:14Est 8:17; Yes 14:2; 60:14
Yes. 45:14Zk 8:23
Yes. 45:14Yes 44:8
Yes. 45:15Zb 44:24
Yes. 45:15Yes 43:11; 60:16; Tt 1:3
Yes. 45:16Zb 97:7; Yes 44:9
Yes. 45:17Hs 1:7
Yes. 45:17Yes 26:4; 51:6
Yes. 45:17Zb 25:3; Yes 29:22; Yw 2:26
Yes. 45:17Yes 54:4; Zf 3:11
Yes. 45:18Yes 42:5; Yr 10:12
Yes. 45:182Sm 22:31; 1Kr 8:5
Yes. 45:18It 14:19; Zb 102:25; Ivh 10:6
Yes. 45:18Yb 38:4; Zb 78:69; 104:5; 119:90; Img 3:19
Yes. 45:18It 1:28; 9:1; Zb 37:29; 115:16
Yes. 45:181Bm 8:60; Yes 46:9
Yes. 45:19Gus 30:11; Img 8:1; Yes 48:16
Yes. 45:19Gh 23:20; 1Ng 28:8; 1Tm 4:8
Yes. 45:19Zb 111:8; 119:137; Img 8:6
Yes. 45:20Yes 41:5; Ivh 22:17
Yes. 45:20Yes 4:3; 66:20; Yr 50:28
Yes. 45:201Bm 18:26; Yes 42:17; Yr 50:2
Yes. 45:21Yes 41:21
Yes. 45:21Yes 41:22
Yes. 45:21Yes 43:9
Yes. 45:21Yes 44:8; Mr 12:32
Yes. 45:21Yes 43:3
Yes. 45:21Gus 4:39; Yw 2:27
Yes. 45:22Zb 65:5; Mik 7:7; Yoh 3:16
Yes. 45:22Gus 4:35; 1Bm 8:60; Yes 45:5
Yes. 45:23It 22:16; Am 6:8; Heb 6:13
Yes. 45:23Gh 23:19; Tt 1:2
Yes. 45:23Yes 55:11
Yes. 45:23Rm 14:11
Yes. 45:23Gus 6:13; Yr 4:2; 12:16
Yes. 45:24Zb 29:1
Yes. 45:24Ivh 11:18
Yes. 45:25Gl 3:29
Yes. 45:25Yes 61:9
Yes. 45:25Zb 64:10; 2Kr 10:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 45:1-25

Yesaya

45 Ibi ni vyo Yehova abwiye uwo yarobanuje amavuta+, Kuro, uwo mfashe ukuryo+, ngo ntume amahanga ayoboka imbere yiwe+, kugira ngo nkenyurure amafyinga y’abami; ngo nugurure imbere yiwe ya miryango y’inzugi zibirizibiri, ku buryo n’amarembo atazokwugarwa: 2 “Jewe nzogendera imbere yawe+, kandi ibidunduri vy’isi nzobiringaniza+. Imiryango y’umujumpu nzomenagura, ibihindizo vy’icuma ncagagure+. 3 Kandi nzoguha amatunga+ ari mu mwiza n’amatunga anyegejwe mu bwihisho, kugira ngo umenye yuko jewe ndi Yehova, Umwe aguhamagara mw’izina ryawe+, Imana ya Isirayeli. 4 Kubera umusavyi wanje Yakobo no kubera Isirayeli uwo natoye+, naraguhamagaye mw’izina ryawe; naguhaye izina ry’iteka, naho utamenye+. 5 Ndi Yehova, kandi nta wundi n’umwe ariho+. Nta Mana iriho kiretse jewe+. Nzogukenyeza cane, naho utamenye, 6 kugira ngo bimenyekane guhera iyo izuba rirasira no gushika iyo rirengera yuko ata wundi ariho atari jewe+. Ndi Yehova, kandi nta wundi n’umwe ariho+. 7 Uguhingura umuco+ n’ukurema umwiza+, ugushiraho amahoro+ n’ukurema ivyago+, jewe Yehova, ivyo ndabikora vyose+.

8 “Emwe majuru, nimutonyangishe ubugororotsi buvuye hejuru+; ibirere vyuzuye ibicu nibitembe ubugororotsi+. Isi niyuguruke, yame cane ubukiriro, kandi nitume ubugororotsi bumera+, icarimwe. Jewe Yehova, narabiremye+.”

9 Aragowe uwaniganye n’Umubumvyi wiwe+, nk’urujo runigana n’izindi njo zo ku butaka! Mbega ibumba+ ryobwira umubumvyi waryo ngo: “Ico ukora ni igiki?” Ico wakoze covuga ngo: “Nta maboko agira”? 10 Aragowe uwubwira se ngo: “Uvyara iki?”, akabwira umugore ngo: “Ikiguteye ububabare bwo kwibaruka ni igiki+?”

11 Ibi ni vyo Yehova avuze, wa Mweranda wa Isirayeli+ n’Umubumvyi+ wiwe: “Nimumbaze mbere n’ibigira bize+ ku vyerekeye abana banje+; kandi ku vyerekeye igikorwa+ c’amaboko yanje, nimuntegeke. 12 Jewe narakoze isi+, ndarema n’umuntu kuri yo+. Jewe—amaboko yanje ni yo yaramvuye amajuru+, kandi nategetse ingabo zayo zose+.”

13 “Jewe nahagurukije umuntu mu bugororotsi+, kandi inzira ziwe zose nzozigorora+. Ni we azokwubaka igisagara canje+, kandi abanje bari mu bunyagano azobarekura+, atari ku kiguzi+ canke ku giturire,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

14 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Abakozi badahembwa ba Misiri+ be n’abadandaza ba Etiyopiya be n’Abasabeya+, abagabo barebare+, ubwabo bazoza bagushikire, bacike abawe+. Bazogendera inyuma yawe; bazoza mu mapingu+, bakwunamire+. Bazogusenga bati: ‘Koko, Imana iri mu bumwe nawe+, kandi nta yindi n’imwe iriho; nta yindi Mana iriho+.’”

15 Vy’ukuri uri Imana iguma yihishije+, Imana ya Isirayeli, Umukiza+. 16 Bazomaramara koko mbere bateterwe, bose uko bangana. Abahinguzi b’amashusho y’ibigirwamana bazogendera hamwe bateterewe+. 17 Nayo Isirayeli, azokizwa koko mu bumwe na Yehova+, akirishwe ubukiriro ku bw’ibihe bitagira urugero+. Mwebwe ntimuzomaramara+, eka ntimuzoteterwa+ ibihe bitagira urugero, ibihe bidahera.

18 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze, Umuremyi w’amajuru+, We Mana y’ukuri+, Uwabumvye isi akayihingura+, We yayishimangiye+, ntayiremere ubusa gusa, mugabo akayirema ngo ibeko abantu+: “Ndi Yehova, kandi nta wundi n’umwe ariho+. 19 Sinavugiye mu bwihisho+, ahantu h’umwiza h’isi; eka sinabwiye uruvyaro rwa Yakobo nti: ‘Nimundonderere ubusa+.’ Ndi Yehova, mvuga ibigororotse, ngahishura ibitumbereye+.

20 “Nimutororokane muze+. Nimwegere muri kumwe, yemwe abacitse kw’icumu mu mahanga+! Abikorera igiti c’igishusho cabo c’ikibazano nta bumenyi bashitseko, eka n’abasenga imana idashobora gukiza ni ukwo+. 21 Nimushikirize raporo yanyu n’ivyiyumviro vyanyu+. Egome, nibaje inama mu bumwe. Ni nde yavyumvikanishije kuva kera+? Ni nde yabimenyesheje kuva ico gihe+? Mbega si jewe Yehova, umwe ata yindi Mana iriho atari we+, Imana igororotse n’Umukiza+, akaba ata wundi ariho kiretse jewe+?

22 “Hindukire muze kuri jewe mukizwe+, mwese abo ku mpera z’isi; kuko ndi Imana, kandi nta yindi n’imwe iriho+. 23 Narirahiye jewe ubwanje+—ijambo ryarasohotse mu kanwa kanje mu bugororotsi+, ku buryo ritazosubira inyuma+—yuko ivi ryose rizompfukamira+, yuko ururimi rwose ruzorahira+, 24 ruti: ‘Ni ukuri, muri Yehova hari ubugororotsi bwuzuye be n’inkomezi+. Abamurungurira bose bazoza bamutumbereye, bamaramare+. 25 Muri Yehova uruvyaro+ rwa Isirayeli rwose ruzoboneka ko ruri mu kuri+, kandi rwirate+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika