ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 95
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 95:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:1; Zb 66:2
  • +Gus 32:15; 2Sm 22:47; Zb 98:4

Zaburi 95:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:23; 100:4
  • +Zb 105:2

Zaburi 95:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 47:2; 96:4; Yr 10:10; Tt 2:13
  • +Kv 18:11; Zb 97:9; 135:5; Yes 44:8; Mal 1:14; 1Kr 8:6

Zaburi 95:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 9:3
  • +Zb 65:6; Am 4:13

Zaburi 95:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:10; Yb 38:11; Img 8:29; Yr 5:22
  • +It 1:9; Img 8:26

Zaburi 95:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:23; Mt 4:10; Rm 14:11; Ivh 14:7; 22:9
  • +1Bm 8:54; Ezr 9:5; Ef 3:14
  • +It 2:7; Yb 35:10; Zb 100:3; Mt 19:4

Zaburi 95:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 23:1; 48:14; 79:13; 80:1; Yes 40:11; Ezk 34:31
  • +Heb 3:7; 4:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 10-11

Zaburi 95:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:51; Zb 105:41; 1Kr 10:4; Heb 3:15
  • +Kv 17:7; Gus 6:16; 9:22; 33:8; Heb 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 10-11

Zaburi 95:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:18; 1Kr 10:9; Heb 3:9
  • +Gh 14:22

Zaburi 95:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 3:9
  • +Heb 3:10
  • +Img 1:7; Rm 1:28

Zaburi 95:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:23; Heb 4:3
  • +It 2:3; Heb 3:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 95:1Kv 15:1; Zb 66:2
Zab. 95:1Gus 32:15; 2Sm 22:47; Zb 98:4
Zab. 95:2Zb 50:23; 100:4
Zab. 95:2Zb 105:2
Zab. 95:3Zb 47:2; 96:4; Yr 10:10; Tt 2:13
Zab. 95:3Kv 18:11; Zb 97:9; 135:5; Yes 44:8; Mal 1:14; 1Kr 8:6
Zab. 95:4Am 9:3
Zab. 95:4Zb 65:6; Am 4:13
Zab. 95:5It 1:10; Yb 38:11; Img 8:29; Yr 5:22
Zab. 95:5It 1:9; Img 8:26
Zab. 95:6Yes 45:23; Mt 4:10; Rm 14:11; Ivh 14:7; 22:9
Zab. 95:61Bm 8:54; Ezr 9:5; Ef 3:14
Zab. 95:6It 2:7; Yb 35:10; Zb 100:3; Mt 19:4
Zab. 95:7Zb 23:1; 48:14; 79:13; 80:1; Yes 40:11; Ezk 34:31
Zab. 95:7Heb 3:7; 4:7
Zab. 95:8Gus 32:51; Zb 105:41; 1Kr 10:4; Heb 3:15
Zab. 95:8Kv 17:7; Gus 6:16; 9:22; 33:8; Heb 3:8
Zab. 95:9Zb 78:18; 1Kr 10:9; Heb 3:9
Zab. 95:9Gh 14:22
Zab. 95:10Heb 3:9
Zab. 95:10Heb 3:10
Zab. 95:10Img 1:7; Rm 1:28
Zab. 95:11Gh 14:23; Heb 4:3
Zab. 95:11It 2:3; Heb 3:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 95:1-11

Zaburi

95 Yoo! nimuze twihe akamo k’umunezero tukerekeza kuri Yehova+!

Twihe akaruru k’intsinzi tukerekeza ku Gitandara cacu c’ubukiriro+.

 2 Tuze imbere yiwe turi n’ugukenguruka+;

Twihe akaruru k’intsinzi tukerekeza kuri we, hariko n’uduhibongozo+.

 3 Kuko Yehova ari Imana ihambaye+

Akaba n’Umwami ahambaye hejuru y’izindi mana zose+.

 4 Ibwina kure h’isi hari mu kuboko kwiwe+,

N’amasonga y’imisozi ni rwiwe+;

 5 Ikiyaga ubwiwe yakoze ni rwiwe+,

Kandi amaboko yiwe ni yo yabumvye isi yumutse+.

 6 Yoo! nimuze dusenge, twuname+;

Dupfukame+ imbere ya Yehova Umuhinguzi wacu+.

 7 Kuko ari Imana yacu, natwe tukaba abantu bo mu buragiriro bwayo n’intama zo mu kuboko kwayo+.

Uno musi nimwumviriza ijwi ryiwe+,

 8 Ntimukomantaze umutima wanyu nk’i Meriba+,

Nko kuri wa musi wa Masa mu gahinga+,

 9 Hamwe ba sogokuruza banyu bangerageza+;

Baransuzumye, barabona n’igikorwa canje+.

10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,

Ndaheza mvuga nti:

“Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,

Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;

11 Ni bo narahiye mw’ishavu ryanje+ nti:

“Ntibazokwinjira ahantu hanje h’ukuruhukira+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika