ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abatesalonika 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:10; 1Pt 2:12
  • +Fp 1:27

1 Abatesalonika 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 6:13

1 Abatesalonika 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:19; Ef 5:26; 2Ts 2:13; 1Pt 1:16
  • +1Kr 6:15; Ef 5:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 21

    1/8/1997, rup. 17

1 Abatesalonika 4:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “icombo.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:5; 2Tm 2:22
  • +Rm 6:19; 2Tm 2:21

1 Abatesalonika 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 6:18; Ef 5:5
  • +1Kr 5:10; Ef 4:17
  • +Zb 79:6; 1Pt 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    9/2013, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 21

1 Abatesalonika 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:21; 1Kr 6:8; 7:2
  • +Zb 94:1; 2Ts 1:8
  • +Ivk 20:20; 28:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2002, rup. 16-17

    1/8/1997, rup. 17

1 Abatesalonika 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:44; 1Kr 1:2; Heb 12:14; 1Pt 1:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 21

1 Abatesalonika 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:16
  • +1Kr 6:19
  • +Ezk 37:14; 1Yh 3:24

1 Abatesalonika 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 13:34, 35; Rm 12:10
  • +Yes 54:13; Yoh 6:45
  • +1Pt 1:22; 1Yh 4:21

1 Abatesalonika 4:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2003, rup. 13-14

1 Abatesalonika 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 3:12
  • +Rm 12:11; 1Pt 4:15
  • +1Kr 4:12; Ef 4:28; 2Ts 3:10; 1Tm 5:8

1 Abatesalonika 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:13
  • +Rm 12:17; 2Kr 8:21
  • +Yak 1:4

1 Abatesalonika 4:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 11:11; Ivk 7:60; 1Kr 15:6
  • +1Kr 15:32; Ef 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 51-52

1 Abatesalonika 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 14:9; 1Kr 15:4
  • +1Kr 15:23; Fp 3:21; 2Ts 2:1; Ivh 20:4

1 Abatesalonika 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 2:13; 1Yh 4:2
  • +Mt 24:30; 1Kr 15:51

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 103-104

1 Abatesalonika 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 1:11
  • +Yud 9
  • +Mt 24:31
  • +1Kr 15:52

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 103-104, 180-181

1 Abatesalonika 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:8
  • +Ivk 1:9; 2Kr 5:8; Fp 1:23
  • +Mt 26:64
  • +Yoh 12:26; 17:24; 2Ts 2:1
  • +Yoh 14:3; Ivh 20:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 18-19

    15/9/2008, rup. 29

    1/1/2007, rup. 28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 103-104, 211

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tes. 4:1Kl 1:10; 1Pt 2:12
1 Tes. 4:1Fp 1:27
1 Tes. 4:21Tm 6:13
1 Tes. 4:3Yoh 17:19; Ef 5:26; 2Ts 2:13; 1Pt 1:16
1 Tes. 4:31Kr 6:15; Ef 5:3
1 Tes. 4:4Kl 3:5; 2Tm 2:22
1 Tes. 4:4Rm 6:19; 2Tm 2:21
1 Tes. 4:51Kr 6:18; Ef 5:5
1 Tes. 4:51Kr 5:10; Ef 4:17
1 Tes. 4:5Zb 79:6; 1Pt 4:3
1 Tes. 4:6Gus 5:21; 1Kr 6:8; 7:2
1 Tes. 4:6Zb 94:1; 2Ts 1:8
1 Tes. 4:6Ivk 20:20; 28:23
1 Tes. 4:7Lw 11:44; 1Kr 1:2; Heb 12:14; 1Pt 1:15
1 Tes. 4:8Lk 10:16
1 Tes. 4:81Kr 6:19
1 Tes. 4:8Ezk 37:14; 1Yh 3:24
1 Tes. 4:9Yoh 13:34, 35; Rm 12:10
1 Tes. 4:9Yes 54:13; Yoh 6:45
1 Tes. 4:91Pt 1:22; 1Yh 4:21
1 Tes. 4:112Ts 3:12
1 Tes. 4:11Rm 12:11; 1Pt 4:15
1 Tes. 4:111Kr 4:12; Ef 4:28; 2Ts 3:10; 1Tm 5:8
1 Tes. 4:12Rm 13:13
1 Tes. 4:12Rm 12:17; 2Kr 8:21
1 Tes. 4:12Yak 1:4
1 Tes. 4:13Yoh 11:11; Ivk 7:60; 1Kr 15:6
1 Tes. 4:131Kr 15:32; Ef 2:12
1 Tes. 4:14Rm 14:9; 1Kr 15:4
1 Tes. 4:141Kr 15:23; Fp 3:21; 2Ts 2:1; Ivh 20:4
1 Tes. 4:151Ts 2:13; 1Yh 4:2
1 Tes. 4:15Mt 24:30; 1Kr 15:51
1 Tes. 4:16Ivk 1:11
1 Tes. 4:16Yud 9
1 Tes. 4:16Mt 24:31
1 Tes. 4:161Kr 15:52
1 Tes. 4:172Tm 4:8
1 Tes. 4:17Ivk 1:9; 2Kr 5:8; Fp 1:23
1 Tes. 4:17Mt 26:64
1 Tes. 4:17Yoh 12:26; 17:24; 2Ts 2:1
1 Tes. 4:17Yoh 14:3; Ivh 20:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
1 Abatesalonika 4:1-18

1 Abatesalonika

4 Ubwa nyuma, bene wacu, turabasaba kandi tukabahimiriza biciye ku Mukama Yezu, nk’uko twababwirije ku vy’ukuntu mukwiye kugenda+ no guhimbara Imana, nk’uko mbere muriko muragenda, yuko mwoguma murushiriza rwose kubigira+. 2 Kuko muzi amategeko+ twabahaye biciye ku Mukama Yezu.

3 Kuko ico Imana igomba ari iki: ni uko mwezwa+, mukirinda ubusambanyi+, 4 umwe wese muri mwebwe akamenya kuganza umubiri*+ wiwe bwite mu kwezwa+ no mw’iteka, 5 atari mu nambu y’umubiri y’intahomwa+ nk’iyo ayo mahanga+ atazi Imana afise+; 6 kugira ngo ntihagire n’umwe ashika aho agirira nabi mwene wabo kandi akarenga ku burenganzira bwiwe muri ivyo+, kuko Yehova ari we atanga igihano ku bw’ivyo bintu vyose+, nk’uko twabibabwiye imbere y’igihe tukanabishingira intahe inogangije kuri mwebwe+. 7 Kuko Imana itaduhamagariye kwirengagiza ubuhumane, ahubwo yaduhamagariye kwezwa+. 8 Nuko rero, uwubikengera+ ntaba akengereye umuntu, ahubwo aba akengereye Imana+, yo ishira impwemu nyeranda+ yayo muri mwebwe.

9 Ariko ku bijanye n’urukundo rwa kivukanyi+, ntimukeneye ko tubandikira, kuko mwebwe ubwanyu mwigishijwe n’Imana+ gukundana+; 10 kandi nkako, muriko murabigirira bene wacu bose b’i Makedoniya hose. Mugabo turabahimiriza, bene wacu, mubandanye kurushiriza rwose kubigira, 11 no kwishingira intumbero yo kubaho mutekanye+ no kuraba ivyanyu bwite+ no gukoresha amaboko yanyu+, nk’uko twabibategetse; 12 kugira ngo mugende mu buryo bubereye+ ku bantu bo hanze+, ata co mukena+.

13 Vyongeye, bene wacu, ntidushaka ko mutamenya ivyerekeye abasinzira+ mu rupfu; kugira ngo ntimugire agahinda nk’uko abandi bakagira, bamwe badafise icizigiro+. 14 Kuko nimba twizera yuko Yezu yapfuye akongera akazuka+, n’abasinziriye mu rupfu muri Yezu na bo nyene Imana izobazanana na we+. 15 Kuko ibi ari vyo tubabwira biciye kw’ijambo rya Yehova+, yuko twebwe abazima bazoba bakiriho gushika mu gihe c’ukuhaba kw’Umukama+ tutazotanga mu buryo na bumwe abasinziriye mu rupfu; 16 kuko Umukama ubwiwe azomanuka avuye mw’ijuru+ n’akamo k’ugutegeka, n’ijwi ry’umumarayika mukuru+ be n’urumbete rw’Imana+, maze abapfiriye muri Kristu bazobanza kuzuka+. 17 Mu nyuma twebwe abazima tuzoba tukiriho, hamwe na bo+, tuzojanwa+ mu bicu+ gusanganira+ Umukama mu kirere; gutyo tuzokwama turi kumwe n’Umukama+. 18 Nimugume rero muhozanya muri ayo majambo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika