ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:20; Ivk 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 77-78

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2007, rup. 22

Ivyakozwe 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 4:21
  • +Mt 20:23; Lk 11:49

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2012, rup. 11

    Nushinge intahe, rup. 78

Ivyakozwe 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 24:27
  • +Kv 12:15; 23:15; Lw 23:6

Ivyakozwe 12:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 21:12; Ivk 5:18
  • +Kv 12:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2012, rup. 11

    Nushinge intahe, rup. 77-78

Ivyakozwe 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 1:11; Ef 6:18; 1Ts 5:17; Yak 5:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2012, rup. 11-12

    Nushinge intahe, rup. 78-79

Ivyakozwe 12:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 77, 79

Ivyakozwe 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:7; Heb 1:14
  • +1Bm 19:7
  • +Ivk 16:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2012, rup. 12

Ivyakozwe 12:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “amasandali.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:19
  • +Mr 10:50

Ivyakozwe 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:5

Ivyakozwe 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 83

Ivyakozwe 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:7; Dn 3:28; 6:22; Heb 1:14
  • +2Pt 2:9

Ivyakozwe 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:5; 15:37; Kl 4:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 6-7

    1/2/2008, rup. 24

    1/3/2000, rup. 26

    Nushinge intahe, rup. 18, 80, 118

Ivyakozwe 12:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 7

    Nushinge intahe, rup. 80-81

Ivyakozwe 12:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 80-81

Ivyakozwe 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 48:16; Mt 18:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 80-81

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2005, rup. 31

Ivyakozwe 12:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:16; 19:33
  • +Mt 13:55; Ivk 15:13; 21:18; 1Kr 15:7; Gl 1:19; 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 81, 112

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1997, rup. 14

Ivyakozwe 12:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:21

Ivyakozwe 12:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 12:6
  • +Ivk 16:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 81

Ivyakozwe 12:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “baba iruhande ya.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 5:9; Ezk 27:17

Ivyakozwe 12:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2011, rup. 12

    Nushinge intahe, rup. 81-82

Ivyakozwe 12:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 28:2; Yud 16

Ivyakozwe 12:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 24:17; 2Ng 32:21
  • +Yes 42:8; 1Kr 1:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2011, rup. 12

    Nushinge intahe, rup. 82

Ivyakozwe 12:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:11; Ivk 6:7; 19:20
  • +Kl 1:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 82

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2001, rup. 20, 21-22

Ivyakozwe 12:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:36
  • +Ivk 11:29
  • +Ivk 13:5; 15:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 7

    Nushinge intahe, rup. 118

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 12:1Yoh 15:20; Ivk 4:3
Ivyak. 12:2Mt 4:21
Ivyak. 12:2Mt 20:23; Lk 11:49
Ivyak. 12:3Ivk 24:27
Ivyak. 12:3Kv 12:15; 23:15; Lw 23:6
Ivyak. 12:4Lk 21:12; Ivk 5:18
Ivyak. 12:4Kv 12:11
Ivyak. 12:52Kr 1:11; Ef 6:18; 1Ts 5:17; Yak 5:16
Ivyak. 12:7Zb 34:7; Heb 1:14
Ivyak. 12:71Bm 19:7
Ivyak. 12:7Ivk 16:26
Ivyak. 12:8Ivk 5:19
Ivyak. 12:8Mr 10:50
Ivyak. 12:9Ivk 11:5
Ivyak. 12:10Ivk 16:26
Ivyak. 12:11Zb 34:7; Dn 3:28; 6:22; Heb 1:14
Ivyak. 12:112Pt 2:9
Ivyak. 12:12Ivk 13:5; 15:37; Kl 4:10
Ivyak. 12:15It 48:16; Mt 18:10
Ivyak. 12:17Ivk 13:16; 19:33
Ivyak. 12:17Mt 13:55; Ivk 15:13; 21:18; 1Kr 15:7; Gl 1:19; 2:9
Ivyak. 12:18Ivk 5:21
Ivyak. 12:19Ivk 12:6
Ivyak. 12:19Ivk 16:27
Ivyak. 12:201Bm 5:9; Ezk 27:17
Ivyak. 12:22Ezk 28:2; Yud 16
Ivyak. 12:232Sm 24:17; 2Ng 32:21
Ivyak. 12:23Yes 42:8; 1Kr 1:29
Ivyak. 12:24Yes 55:11; Ivk 6:7; 19:20
Ivyak. 12:24Kl 1:6
Ivyak. 12:25Ivk 4:36
Ivyak. 12:25Ivk 11:29
Ivyak. 12:25Ivk 13:5; 15:37
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyakozwe 12:1-25

Ivyakozwe

12 Nko muri ico gihe nyene, Herodi umwami aramvura amaboko ngo agirire nabi+ bamwe mu bo mw’ishengero. 2 Yica Yakobo mwene wabo na Yohani+ akoresheje inkota+. 3 Abonye ko bihimbara Abayuda+, arabandanya afata na Petero. (Ico gihe yari imisi y’imikate itarimwo umwambiro+.) 4 Nuko aramufata, amushira mw’ibohero+, amuhereza imigwi ine y’abasoda banebane iza irakuranwa mu kumurinda, kuko yagomba kumuzana imbere y’abantu inyuma ya pasika*+. 5 Petero rero agumizwa mw’ibohero; mugabo ishengero riguma rimusabira+ ku Mana n’ubwira bwinshi.

6 Buno Herodi ari hafi kumuzana, iryo joro Petero yari asinziriye aboheshejwe iminyororo ibiri hagati y’abasoda babiri, kandi abarinzi imbere y’umuryango bari bacunze nya bohero. 7 Mugabo, ehe umumarayika wa Yehova ahagarara+ ng’aho, umuco na wo ukayanganira mu gasho. Akubita Petero mu rubavu, aramuvyura+, amubwira ati: “Haguruka ningoga!” Ya minyororo yiwe ica irakoroka+ imuva ku maboko. 8 Nya mumarayika+ amubwira ati: “Kenyera, wambare inkweto* zawe.” Agira kuno. Amaherezo amubwira ati: “Ambara impuzu yawe yo hejuru+, ugume unkurikira.” 9 Nuko arasohoka, aguma amukurikira, mugabo ntiyari azi yuko ivyariko biraba biciye kuri nya mumarayika vyari ivy’ukuri. Kukaba nkako, yagira ngo ariko arerekwa+. 10 Barenganye umugwi wa mbere w’abanyezamu n’uwa kabiri, bashikira umuryango w’irembo w’icuma winjira mu gisagara, uno uca uriyugurura imbere yabo+. Bamaze gusohoka, barabandanya baciye mw’ibarabara rimwe, buno nyene nya mumarayika aca amusiga aho aragenda. 11 Petero na we, agaruye akenge, avuga ati: “Ubu rero ndamenye vy’ukuri yuko Yehova yatumye umumarayika wiwe+ akandokora+ mu kuboko kwa Herodi no mu vyo abantu bo mu Bayuda bari biteze vyose.”

12 Amaze kubirimbura, aja ku nzu kwa Mariya nyina wa Yohani batazira Mariko+, aho abatari bake bari bakoraniye bongera basenga. 13 Adodoye ku muryango w’irembo, umusukukazi yitwa Roda aza kwitaba, 14 maze amenye ijwi rya Petero, ntiyugurura umuryango kubera akanyamuneza, ahubwo aca arirukanga mu nzu, avuga yuko Petero yari ahagaze kw’irembo. 15 Bamubwira bati: “Urasara.” Mugabo aguma ashimika yemeza yuko ari vyo. Batangura kuvuga bati: “Ni umumarayika wiwe+.” 16 Mugabo Petero aguma ng’aho adodora. Buguruye, baramubona, barajongoroka. 17 Mugabo abagirira ikimenyetso+ n’ukuboko ngo bacereze, hanyuma abadondera ingene Yehova yamukuye mw’ibohero, maze avuga ati: “Mwiganire ivyo bintu Yakobo+ n’abavukanyi.” Aca arasohoka, aja ahandi.

18 Erega hakeye+, haba uruhagarara rutari ruto mu basoda, bibaza ivyari vyashikiye koko Petero. 19 Herodi+ aramurondera ashirutse ubute, hanyuma amubuze, asambisha ba barinzi maze ategeka yuko bajanwa guhanwa+; nuko Herodi aramanuka ava i Yudaya aja i Sezariya, ahamara igihe.

20 Ico gihe yashaka kurwana n’abantu b’i Tiro n’i Sidoni. Nuko baza* kuri we bahuje inama; hanyuma Bulasito uwari ajejwe icumba c’uburyamo c’umwami, bamaze kumwumvisha akanyurwa, batangura gusaba amahoro, kubera ko igihugu cabo caronswa ibifungurwa+ bivuye mu gihugu c’umwami. 21 Mugabo umusi uri izina, Herodi yambara impuzu za cami hanyuma yicara ku ntebe yiwe y’imanza, atangura kubashikiriza ijambo rigenewe abantu bose. 22 Maze abantu bari bakoraniye ng’aho batangura gusemerera bati: “Ni ijwi ry’imana, si iry’umuntu+!” 23 Ako kanya nyene umumarayika wa Yehova aramukubita+, kuko atari yahaye ubuninahazwa Imana+; aca arigitwa n’inyo, aracikana.

24 Mugabo ijambo+ rya Yehova ribandanya gukura no gukwiragira+.

25 Nayo Barunaba+ na Sauli, bamaze gushitsa neza igikorwa co gutanga imfashanyo zo gutabara+ i Yeruzalemu, baragaruka, bahitana Yohani+, umwe batazira Mariko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika