ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abatesalonika 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:15

1 Abatesalonika 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:1; Rm 16:21; 1Kr 16:10
  • +Mt 24:14; 2Ts 1:8; Ivh 14:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2009, rup. 14

1 Abatesalonika 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 14:22; Ef 3:13
  • +1Kr 4:9; 1Pt 2:21

1 Abatesalonika 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 2:5
  • +Ivk 20:23
  • +1Ts 2:14

1 Abatesalonika 3:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 3:2
  • +Mt 4:3; 1Kr 7:5; 2Kr 11:3
  • +1Kr 15:58; Gl 4:11; Fp 2:16

1 Abatesalonika 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:5
  • +Rm 13:8; Yak 2:8; 1Pt 1:22
  • +Fp 1:8

1 Abatesalonika 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 7:6
  • +2Ts 1:4

1 Abatesalonika 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:20; 1Kr 15:1; Fp 4:1

1 Abatesalonika 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:2

1 Abatesalonika 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 1:3
  • +2Ts 1:3; Yud 20

1 Abatesalonika 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 2:16

1 Abatesalonika 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 1:3
  • +1Ts 4:9; 2Pt 1:7

1 Abatesalonika 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:8; Fp 1:10
  • +Yak 5:8; 1Yh 2:28
  • +1Ts 2:19; 5:23; 2Ts 2:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tes. 3:1Ivk 17:15
1 Tes. 3:2Ivk 16:1; Rm 16:21; 1Kr 16:10
1 Tes. 3:2Mt 24:14; 2Ts 1:8; Ivh 14:6
1 Tes. 3:3Ivk 14:22; Ef 3:13
1 Tes. 3:31Kr 4:9; 1Pt 2:21
1 Tes. 3:42Ts 2:5
1 Tes. 3:4Ivk 20:23
1 Tes. 3:41Ts 2:14
1 Tes. 3:51Ts 3:2
1 Tes. 3:5Mt 4:3; 1Kr 7:5; 2Kr 11:3
1 Tes. 3:51Kr 15:58; Gl 4:11; Fp 2:16
1 Tes. 3:6Ivk 18:5
1 Tes. 3:6Rm 13:8; Yak 2:8; 1Pt 1:22
1 Tes. 3:6Fp 1:8
1 Tes. 3:72Kr 7:6
1 Tes. 3:72Ts 1:4
1 Tes. 3:8Rm 11:20; 1Kr 15:1; Fp 4:1
1 Tes. 3:9Fp 2:2
1 Tes. 3:102Tm 1:3
1 Tes. 3:102Ts 1:3; Yud 20
1 Tes. 3:112Ts 2:16
1 Tes. 3:122Ts 1:3
1 Tes. 3:121Ts 4:9; 2Pt 1:7
1 Tes. 3:131Kr 1:8; Fp 1:10
1 Tes. 3:13Yak 5:8; 1Yh 2:28
1 Tes. 3:131Ts 2:19; 5:23; 2Ts 2:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
1 Abatesalonika 3:1-13

1 Abatesalonika

3 Ni co gituma, igihe tutari tugishoboye kuvyihanganira, twabonye ari vyiza gusigara twenyene i Atene+; 2 turaheza turungika Timoteyo+, mwene wacu akaba n’umusuku w’Imana mu bijanye n’inkuru nziza+ yerekeye Kristu, kugira ngo abashikamishe yongere abahoze kugira ngo ukwizera kwanyu gukomezwe, 3 ngo ntihagire n’umwe ahungabanywa n’ayo makuba+. Kuko mwebwe ubwanyu muzi ko twagenewe ico kintu nyene+. 4 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubabwira imbere y’igihe+ yuko twabwirizwa gushikirwa n’amakuba+, nk’uko nyene vyabaye, nk’uko kandi mubizi+. 5 Ni co gituma rero, igihe ntari ngishoboye kuvyihanganira, narungitse intumwa kugira ngo menye ivy’ubwizigirwa bwanyu+, kubera ko kumbure wa Mugerageji+ ashobora kuba yarabagerageje, maze ukubira akuya kwacu kukaba impfagusa+.

6 Mugabo Timoteyo ubu nyene arashitse iwacu avuye iwanyu+ aduha inkuru nziza y’ubwizigirwa bwanyu n’urukundo rwanyu+, avuga kandi yuko muguma mutwibukira ku bintu vyiza nantaryo, be n’uko mushashaye kutubona, egome, nk’uko natwe dushashaye kubabona+. 7 Ni co gituma, bene wacu, twahojejwe+ ku bijanye namwe mu ngorane zacu zose n’amakuba yacu yose, biciye ku bwizigirwa mwerekana+, 8 kubera ko ubu turiho nimba muhagaze mushikamye mu Mukama+. 9 Kuko, mbega ni ugukenguruka nyabaki twoha Imana ku biberekeye mu kwishura akanyamuneza kose dufise+ kubera mwebwe imbere y’Imana yacu, 10 mu gihe ijoro n’umurango dutakambana+ ubwira burengeye ubudasanzwe kugira tubone mu maso hanyu no kugira ngo twuzurize ibihaze ku kwizera kwanyu+?

11 Imana yacu rero ikaba na Data ubwayo hamwe n’Umukama wacu Yezu+ bayobore neza inzira yacu igana iwanyu. 12 Vyongeye, Umukama abahe kwongerekana+, egome, abahe kugwira, mu rukundo+ mugiriranira mukarugirira na bose, nk’uko natwe turubagirira; 13 kugira ngo ashikamishe imitima yanyu, ayigire iyitagirako umugayo+ mu bweranda imbere y’Imana yacu ikaba na Data mu gihe c’ukuhaba+ kw’Umukama wacu Yezu ari kumwe n’aberanda biwe bose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika