ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 3:1

Amajwi n'amasanamu

  • Yohani yigisha ibijanye n’ibatisimu (gnj 2 01:46–10:36)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:4; Yoh 1:6
  • +Mt 11:7

Matayo 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:3
  • +Mt 4:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 30

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2001, rup. 4

    Urashobora Kubaho, rup. 115

Matayo 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:2; Yoh 1:23
  • +Yes 40:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/1997, rup. 14

Matayo 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 1:8
  • +Mr 1:6
  • +Lw 11:22
  • +1Sm 14:27; Img 24:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    1/2018, rup. 2

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2009, rup. 28

Matayo 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:5, 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 30

Matayo 3:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 12:18; Lk 7:30
  • +Zb 58:4; Mt 12:34
  • +Mt 23:33; Lk 3:7; 21:23; Rm 2:5; Ivh 6:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 7

Matayo 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 26:20

Matayo 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 8:33, 39
  • +Rm 4:12

Matayo 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:9
  • +Mt 7:19; Lk 13:6
  • +Yoh 15:6

Matayo 3:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “amasandali.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:33; Ivk 1:5; 11:16
  • +Ivk 13:24; 19:4
  • +Mt 11:3; Yoh 1:15
  • +Mr 1:7; Yoh 1:27; Ivk 13:25
  • +Yoh 1:33; Ivk 2:4; 1Kr 12:13
  • +Lk 3:16

Matayo 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:30
  • +Yr 15:7; Mal 4:1; Lk 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2012, rup. 30

Matayo 3:13

Amajwi n'amasanamu

  • Ibatisimu ya Yezu (gnj 2 10:36–15:04)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:9
  • +Lk 3:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubumenyi, rup. 171

Matayo 3:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 34

Matayo 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 9:24; Mt 5:17; Heb 10:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 34

    Senga Imana, rup. 111-112

Matayo 3:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:1; Mr 1:10; Lk 3:21; Ivk 7:56
  • +Yes 11:2; Lk 3:22; 4:18; Ivk 10:38
  • +Yoh 1:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 34-36

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 29

    1/12/2007, rup. 26

    1/4/2002, rup. 20

    1/7/1996, rup. 21-22

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 49

    Umwigisha, rup. 52-53

Matayo 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 12:28
  • +It 22:2; Zb 2:7; Lk 9:35
  • +Mt 17:5; Lk 3:22
  • +Yes 42:1; Mt 12:18; 2Pt 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 35, 74

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2013, rup. 5

    1/1/2008, rup. 25

    1/7/1996, rup. 21-22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 11

    Be maso!,

    8/10/2004, rup. 9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 3:1Mr 1:4; Yoh 1:6
Mat. 3:1Mt 11:7
Mat. 3:2Lk 3:3
Mat. 3:2Mt 4:17
Mat. 3:3Mr 1:2; Yoh 1:23
Mat. 3:3Yes 40:3
Mat. 3:42Bm 1:8
Mat. 3:4Mr 1:6
Mat. 3:4Lw 11:22
Mat. 3:41Sm 14:27; Img 24:13
Mat. 3:6Mr 1:5, 9
Mat. 3:7Mr 12:18; Lk 7:30
Mat. 3:7Zb 58:4; Mt 12:34
Mat. 3:7Mt 23:33; Lk 3:7; 21:23; Rm 2:5; Ivh 6:17
Mat. 3:8Ivk 26:20
Mat. 3:9Yoh 8:33, 39
Mat. 3:9Rm 4:12
Mat. 3:10Lk 3:9
Mat. 3:10Mt 7:19; Lk 13:6
Mat. 3:10Yoh 15:6
Mat. 3:11Yoh 1:33; Ivk 2:4; 1Kr 12:13
Mat. 3:11Lk 3:16
Mat. 3:11Yoh 1:33; Ivk 1:5; 11:16
Mat. 3:11Ivk 13:24; 19:4
Mat. 3:11Mt 11:3; Yoh 1:15
Mat. 3:11Mr 1:7; Yoh 1:27; Ivk 13:25
Mat. 3:12Mt 13:30
Mat. 3:12Yr 15:7; Mal 4:1; Lk 3:17
Mat. 3:13Mr 1:9
Mat. 3:13Lk 3:21
Mat. 3:15Dn 9:24; Mt 5:17; Heb 10:9
Mat. 3:16Ezk 1:1; Mr 1:10; Lk 3:21; Ivk 7:56
Mat. 3:16Yes 11:2; Lk 3:22; 4:18; Ivk 10:38
Mat. 3:16Yoh 1:32
Mat. 3:17Yoh 12:28
Mat. 3:17It 22:2; Zb 2:7; Lk 9:35
Mat. 3:17Mt 17:5; Lk 3:22
Mat. 3:17Yes 42:1; Mt 12:18; 2Pt 1:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 3:1-17

Matayo

3 Muri iyo misi Yohani Umubatizi+ aza yamamaza mu gahinga+ k’i Yudaya, 2 ati: “Nimwigaye+, kuko ubwami bwo mw’ijuru bwegereje+.” 3 Nkako, uwo ni umwe yavugwa biciye kuri Yesaya umuhanuzi+ muri aya majambo ngo: “Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimutegure+ inzira ya Yehova! Mugorore amayira yiwe.’” 4 Mugabo uwo Yohani nyene, ivyambarwa vyiwe vyari ivy’ubwoya bw’ingamiya+, agakenyeza umukanda w’urushato+ mu mafyinga; ibifungurwa vyiwe na vyo vyari inzige+ n’ubuki bwo mw’ishamba+. 5 Maze Yeruzalemu na Yudaya yose be n’intara yose yo mu micungararo ya Yorodani biza kuri we, 6 abantu barabatizwa na we mu ruzi Yorodani+, bakatura ibicumuro vyabo ata guhisha.

7 Abonye benshi mu Bafarizayo n’Abasadukayo*+ baza aho abatiriza, ababwira ati: “Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, ni nde yabagiriye inama yo guhunga uburake bugiye kuza+? 8 Nuko rero nimwame ivyamwa bikwiranye n’ukwigaya+; 9 kandi ntimwirye akara ngo: ‘Data ni Aburahamu+.’ Kuko ndababwiye yuko Imana ishoboye guhagurukiriza Aburahamu+ abana ibakuye muri aya mabuye. 10 Ishoka iramaze+ gushirwa ku muzi w’ibiti; igiti cose rero kitama ivyamwa vyiza kibwirizwa gucibwa+ kigatererwa mu muriro+. 11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+. 12 Ikiyozo ciwe co kugosoza kiri mu kuboko kwiwe, kandi azosukura imbuga yiwe y’ikubitiro ayinoze, hanyuma yegeranirize ingano ziwe mu kigega+, mugabo umuguruka awuturize+ umuriro udashobora kuzima.”

13 Maze Yezu ava i Galilaya+ aza kuri Yorodani aho Yohani ari, kugira abatizwe+ na we. 14 Mugabo uno agerageza kumubuza, ati: “Ni jewe nkeneye kubatizwa nawe, none wewe uze kuri jewe?” 15 Yezu amwishura ati: “Reka bibe iki gihe, kuko ukwo ari ko bitubereye gushitsa ibigororotse vyose+.” Maze areka kumubuza. 16 Yezu amaze kubatizwa, buno nyene aduga ava mu mazi; maze ijuru riruguruka+, abona impwemu y’Imana imuzako+, imanuka imeze nk’inuma+. 17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika