ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 4:1

Amajwi n'amasanamu

  • Impwemu iyobora Yezu mu bugaragwa (gnj 2 15:05–15:50)

Utujambo tw'epfo

  • *

    Dufatiye ku kigiriki ni “Diyabolosi,” bisobanura ngo “Umubesheranyi.” Raba kandi Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:21; Mr 1:12; Lk 4:1
  • +Heb 4:15

Matayo 4:2

Amajwi n'amasanamu

  • Yezu atsinda ibigeragezo vya Shetani (gnj 2 21:03–26:02)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:28; Gus 9:9; 1Bm 19:8; Mr 1:13; Lk 4:2

Matayo 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 3:5
  • +Mt 27:40; Lk 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 36

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 188

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 60

Matayo 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:3; Lk 4:4; Yoh 4:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 4-5

    1/6/2014, rup. 7-8

    1/2/2004, rup. 13-14

Matayo 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 11:1; Yes 52:1; Mt 27:53

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2016, rup. 32

    3/2016, rup. 31-32

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 18

Matayo 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 4:9
  • +Zb 91:11, 12; Lk 4:10, 11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 36

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 18

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 60-61

Matayo 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:16; Lk 4:12; 1Kr 10:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2009, rup. 23

Matayo 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:26; Lk 4:5; 1Yh 2:16; Ivh 11:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 36

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2010, rup. 22-23

    Urashobora Kubaho, rup. 16-18

Matayo 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 4:6, 7; Yoh 12:31; 2Kr 4:4
  • +Gus 11:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 36

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2001, rup. 4

    Urashobora Kubaho, rup. 16-18

Matayo 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:9; Ivh 22:9
  • +Gus 6:13
  • +Gus 10:20; Yos 24:14; Lk 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2012, rup. 23

    15/4/2010, rup. 23

    15/9/2008, rup. 27

    1/12/2000, rup. 13

    Imizimu, rup. 32

Matayo 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 4:13; Yak 4:7
  • +Lk 22:43; Heb 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2008, rup. 30-31

Matayo 4:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 14:3; Mr 1:14; 6:17; Lk 3:20
  • +Lk 4:14

Matayo 4:13

Amajwi n'amasanamu

  • Yezu aja i Kaperinawumu (gnj 3 30:53–31:56)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 4:31; Yoh 2:12
  • +Yos 19:32

Matayo 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 9:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 58

Matayo 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:22; 9:2
  • +Lk 1:79
  • +Yoh 1:9
  • +Yes 9:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 58, 161

Matayo 4:17

Amajwi n'amasanamu

  • Yezu atangura kwamamaza i Galilaya (gnj 3 22:07–23:07)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:15
  • +Mt 10:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 31

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 209-210

Matayo 4:18

Amajwi n'amasanamu

  • Bafata amafi ku gitangaro; Yezu ahamagara abigishwa biwe bambere (gnj 3 31:56–39:34)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:16
  • +Yoh 1:42

Matayo 4:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 5:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2016, rup. 9

    Yezu ni inzira, rup. 58

Matayo 4:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 10:28; Lk 18:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2020, rup. 2-3

Matayo 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:19; Yoh 21:2
  • +Mt 10:2; 27:56; Mr 3:17; 10:35

Matayo 4:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2020, rup. 2-3

Matayo 4:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 9:35; Mr 6:6
  • +Mr 1:14, 39
  • +Lk 4:16; Ivk 13:14
  • +Lk 9:11; Ivk 10:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 62

Matayo 4:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:41
  • +Mr 6:55
  • +Mt 17:15; Mr 1:32; Ivk 5:16

Matayo 4:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:7
  • +Lk 6:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 4:1Lw 16:21; Mr 1:12; Lk 4:1
Mat. 4:1Heb 4:15
Mat. 4:2Kv 34:28; Gus 9:9; 1Bm 19:8; Mr 1:13; Lk 4:2
Mat. 4:31Ts 3:5
Mat. 4:3Mt 27:40; Lk 4:3
Mat. 4:4Gus 8:3; Lk 4:4; Yoh 4:34
Mat. 4:5Neh 11:1; Yes 52:1; Mt 27:53
Mat. 4:6Lk 4:9
Mat. 4:6Zb 91:11, 12; Lk 4:10, 11
Mat. 4:7Gus 6:16; Lk 4:12; 1Kr 10:9
Mat. 4:8Mt 16:26; Lk 4:5; 1Yh 2:16; Ivh 11:15
Mat. 4:9Lk 4:6, 7; Yoh 12:31; 2Kr 4:4
Mat. 4:9Gus 11:16
Mat. 4:10Gus 5:9; Ivh 22:9
Mat. 4:10Gus 6:13
Mat. 4:10Gus 10:20; Yos 24:14; Lk 4:8
Mat. 4:11Lk 4:13; Yak 4:7
Mat. 4:11Lk 22:43; Heb 1:14
Mat. 4:12Mt 14:3; Mr 1:14; 6:17; Lk 3:20
Mat. 4:12Lk 4:14
Mat. 4:13Lk 4:31; Yoh 2:12
Mat. 4:13Yos 19:32
Mat. 4:15Yes 9:1
Mat. 4:16Yes 8:22; 9:2
Mat. 4:16Lk 1:79
Mat. 4:16Yoh 1:9
Mat. 4:16Yes 9:2
Mat. 4:17Mr 1:15
Mat. 4:17Mt 10:7
Mat. 4:18Mr 1:16
Mat. 4:18Yoh 1:42
Mat. 4:19Lk 5:10
Mat. 4:20Mr 10:28; Lk 18:28
Mat. 4:21Mr 1:19; Yoh 21:2
Mat. 4:21Mt 10:2; 27:56; Mr 3:17; 10:35
Mat. 4:23Mt 9:35; Mr 6:6
Mat. 4:23Mr 1:14, 39
Mat. 4:23Lk 4:16; Ivk 13:14
Mat. 4:23Lk 9:11; Ivk 10:38
Mat. 4:24Ivk 15:41
Mat. 4:24Mr 6:55
Mat. 4:24Mt 17:15; Mr 1:32; Ivk 5:16
Mat. 4:25Mr 3:7
Mat. 4:25Lk 6:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 4:1-25

Matayo

4 Maze Yezu arongowe n’impwemu aduga mu gahinga+ kugira ageragezwe+ na Shetani*. 2 Amaze imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+ yisonzesha, arahava arasonza. 3 Vyongeye, Umugerageji+ araza amubwira ati: “Nimba uri umwana w’Imana+, bwira aya mabuye acike imikate.” 4 Mugabo amwishura ati: “Vyanditswe ngo: ‘Umuntu ntakabeshweho n’umukate gusa, mugabo azobeshwaho n’ijambo ryose rizanana mu kanwa ka Yehova+.’”

5 Maze Shetani amujana mu gisagara ceranda+, amushira hejuru ku gakuta k’ikirindiro k’urusengero, 6 amubwira ati: “Nimba uri umwana w’Imana, ikororere hasi+; kuko vyanditswe ngo: ‘Azoha itegeko abamarayika biwe ku bikwerekeye, na bo bazokurerura mu maboko yabo, ngo ntiwigere ukubita ikirenge kw’ibuye+.’” 7 Yezu amubwira ati: “Vyanditswe kandi ngo: ‘Ntukageze Yehova Imana yawe+.’”

8 Shetani yongera kumujana ku musozi muremure bidasanzwe, amwereka ubwami bwose bw’isi+ be n’ubwiza bwabwo, 9 hanyuma amubwira ati: “Ivyo vyose ndabiguha+ niwapfa kwikubita hasi ukansenga+.” 10 Maze Yezu amubwira ati: “Ja hiyo, Shetani! Kuko vyanditswe ngo: ‘Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga+, kandi ni we wenyene+ utegerezwa gukorera igikorwa ceranda+.’” 11 Nuko Shetani aramureka+, maze abamarayika baraza, batangura kumukorera+.

12 Hanyuma yumvise ko Yohani yafashwe+, avayo yinjira i Galilaya+. 13 Amaze kuva i Nazareti, araza aba i Kaperinawumu+ iruhande y’ikiyaga mu ntara za Zebuloni na Nafutali+, 14 ngo haranguke ivyavuzwe biciye kuri Yesaya umuhanuzi ngo: 15 “Ewe gihugu ca Zebuloni nawe gihugu ca Nafutali muherereye ku nzira y’ikiyaga, ku ruhande rwo hakurya ya Yorodani, Galilaya+ y’amahanga: 16 abantu bicaye mu mwiza+ barabonye umuco mwinshi+, nayo abicaye mu karere k’igitutu c’urupfu, umuco+ warabarasiye+.” 17 Guhera ico gihe Yezu atangura kwamamaza avuga ati: “Nimwigaye+, kuko ubwami+ bwo mw’ijuru bwegereje.”

18 Ariko aragendagenda ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya abona abavukana babiri, Simoni+ yitwa Petero+ be na Andereya mwene wabo, bariko barekurira mu kiyaga urusenga rwo kuroba, kuko bari abarovyi. 19 Hanyuma ababwira ati: “Nimunkurikire, nanje nzobagira abarovyi b’abantu+.” 20 Baca baheba za nsenga+, baramukurikira. 21 Maze yigiye imbere, abona bandi babiri+ bavukana, ari bo Yakobo mwene Zebedayo+ na Yohani mwene wabo, bari kumwe na se Zebedayo mu bwato, bariko basana insenga zabo, hanyuma arabahamagara. 22 Baca basiga ubwato na se, baramukurikira.

23 Maze agendagenda+ i Galilaya+ hose, yigisha mu masinagogi+ yabo yongera yamamaza inkuru nziza y’ubwami, akiza n’indwara+ z’ubwoko bwose be n’ubumuga bw’ubwoko bwose mu bantu. 24 Maze inkuru yiwe ikwira i Siriya+ hose; bamuzanira abamerewe nabi bose+, barembejwe n’indwara be n’imibabaro bitari bimwe, abiziziwe n’amadayimoni* be n’abarwaye intandara+ hamwe n’abamugaye, na we arabakiza. 25 Bica bituma amasinzi menshi amukurikira avuye i Galilaya+ n’i Dekapoli n’i Yeruzalemu+ n’i Yudaya no ku ruhande rwo hakurya ya Yorodani.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika