ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yohani 1:1

Amajwi n'amasanamu

  • Jambo yari kumwe n’Imana kuva mu ntango kandi yari imana (gnj 1 00:00–00:43)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 8:22; Kl 1:15; Ivh 3:14
  • +Yoh 12:50; Ivh 19:13
  • +Img 8:30; Yoh 17:5
  • +Yes 9:6; Yoh 1:18; 10:35; Fp 2:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 202-203

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2009, rup. 18-19

    1/11/2008, rup. 24-25

    Urashobora Kubaho, rup. 40

    Bibiliya (bi12), rup. 1936-1938

    Abahurikiye hamwe, rup. 17

Yohani 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:1; Mik 5:2
  • +It 1:26; 3:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2000, rup. 4

Yohani 1:3

Amajwi n'amasanamu

  • Imana yakoresheje Jambo mu kurema ibindi bintu vyose (gnj 1 00:44–01:00)
  • Ubuzima n’umuco vyabayeho biciye kuri Jambo (gnj 1 01:01–02:11)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:10; 1Kr 8:6; Kl 1:16; Heb 1:2

Yohani 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 5:26; Ivk 3:15; 1Yh 1:2; 5:11
  • +Yoh 8:12

Yohani 1:5

Amajwi n'amasanamu

  • Umwiza ntiwatsinze umuco (gnj 1 02:12–03:59)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 3:19; 12:35

Yohani 1:6

Amajwi n'amasanamu

  • Yohani Umubatizi atangura igikorwa ciwe (gnj 2 00:00–01:01)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:2
  • +Mt 3:1; Lk 1:13

Yohani 1:7

Amajwi n'amasanamu

  • Yohani ashingira intahe umuco (gnj 2 01:01–01:35)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:3; Yoh 5:33
  • +Mt 3:11
  • +Ivk 19:4

Yohani 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:20; Ivk 13:25
  • +Yoh 5:36

Yohani 1:9

Amajwi n'amasanamu

  • Umuco w’ukuri wagira uze mw’isi (gnj 1 1:10:28–1:10:55)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 4:16; Yoh 3:19; 1Yh 2:8
  • +Yoh 9:39; 12:46
  • +Ivk 13:47

Yohani 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:14
  • +Yoh 1:3

Yohani 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 19:14

Yohani 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:27
  • +Rm 8:16; 2Kr 6:18; Ef 1:5; 1Yh 3:1
  • +Gl 3:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2001, rup. 5

Yohani 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 3:3; Yak 1:18; 1Pt 1:23; 1Yh 3:9

Yohani 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:7; 1Tm 3:16; Heb 2:14; 1Yh 4:2; 2Yh 7
  • +Yoh 3:16; 1Yh 4:9
  • +Ef 4:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2005, rup. 13

Yohani 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:16; Yoh 8:58; Kl 1:17

Yohani 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:19; 2:3, 9
  • +Ef 1:6

Yohani 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 31:18; Gus 4:44; Yoh 7:19
  • +Rm 3:24; 6:14
  • +Yoh 8:32; 14:6; 18:37; 2Kr 1:20

Yohani 1:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Dufatiye ku vyandiko vy’iminwe vy’ikigiriki vya kera cane ni “ya mana y’ikinege.” Mu vyandiko vyo mu nyuma havuga ngo “wa Mwana w’ikinege.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 33:20; Yoh 6:46; 1Yh 4:12
  • +Yoh 1:1
  • +Img 8:30; Yoh 13:23
  • +Mt 11:27; Lk 10:22; 1Yh 3:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2015, rup. 15

    1/7/2014, rup. 14-15

    15/4/2012, rup. 4

    1/2/1997, rup. 25

Yohani 1:19

Amajwi n'amasanamu

  • Yohani avuga ko atari Kristu ahubwo ko ari ijwi ry’umuntu asemerera mu bugaragwa (gnj 2 26:02–29:36)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:15

Yohani 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 3:28; Ivk 13:25

Yohani 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 4:5; Mt 11:14; 17:10; Mr 9:13
  • +Gus 18:15; Yoh 6:14; 7:40; Ivk 3:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 30

Yohani 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:16

Yohani 1:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:3; Mt 3:3; Lk 1:17, 76; 7:27; Yoh 3:28

Yohani 1:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Yohani 1:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:25

Yohani 1:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 17:21
  • +Yes 53:2

Yohani 1:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “isandali.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:11; Ivk 13:25

Yohani 1:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:6

Yohani 1:29

Amajwi n'amasanamu

  • Yohani abwira abantu ko Yezu ari «Umwagazi w’intama w’Imana» (gnj 2 29:36–30:31)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:3; Yes 53:7; 1Kr 5:7; 1Pt 1:19; Ivh 5:6
  • +Yes 53:11; 1Kr 15:3; Heb 9:14; 1Pt 2:24; 1Yh 3:5
  • +Yoh 6:51; 1Yh 2:2; 4:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2009, rup. 6

    1/4/2001, rup. 4-5

Yohani 1:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:15; 8:58; Kl 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 38

Yohani 1:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:3; Mal 3:1; Lk 1:76; Ivk 19:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 38

Yohani 1:32

Amajwi n'amasanamu

  • Yohani ashinga intahe y’uko impwemu yamanutse kuri Yezu akongera akavuga ubuhanuzi bujanye no kubatizwa mu mpwemu nyeranda (gnj 2 30:31–31:20)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:16; Mr 1:10; Lk 3:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2007, rup. 26

Yohani 1:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 3:2
  • +Mt 3:11; Ivk 1:5; 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 34

Yohani 1:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:17; Yoh 5:33

Yohani 1:35

Amajwi n'amasanamu

  • Abigishwa ba Yohani bakurikira Yezu (gnj 2 31:20–32:41)

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2008, rup. 30

Yohani 1:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 8:32; Ivh 5:12

Yohani 1:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 38

Yohani 1:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 8:20; 2Kr 8:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 38

Yohani 1:40

Amajwi n'amasanamu

  • Andereya ajana mwenewabo Petero kuri Yezu (gnj 2 32:41–33:51)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 4:18

Yohani 1:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 9:25; Yoh 11:27
  • +Yoh 4:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2006, rup. 4-5

    15/9/2005, rup. 4

Yohani 1:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 2:25
  • +Mt 10:2; Ivk 15:14
  • +Mt 16:17; Yoh 21:15
  • +Mt 16:18; Mr 3:16; Lk 6:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2014, rup. 3-4

    1/10/2009, rup. 22

    1/2/2009, rup. 15

    Niwigane, rup. 181-182

Yohani 1:43

Amajwi n'amasanamu

  • Filipo na Natanayeli bacika abigishwa ba Yezu (gnj 2 33:51–36:53)

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:3
  • +Mt 9:9; Ivh 14:4

Yohani 1:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 8:22; Yoh 12:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 38-39

Yohani 1:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:3; Lk 6:14
  • +It 3:15; 22:18; 49:10; Gus 18:18; Yoh 5:46
  • +Yes 9:6; Yr 33:15; Ezk 34:23; Mik 5:2; Zk 6:12; Mal 3:1
  • +Mt 1:16; 13:55; Lk 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2006, rup. 4-5

    Abahurikiye hamwe, rup. 30-31

Yohani 1:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 7:41

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2021, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2002, rup. 13

Yohani 1:47

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 2:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2002, rup. 13

Yohani 1:49

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:32
  • +Zk 9:9; Mt 27:11; Yoh 12:13

Yohani 1:51

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:4; Mt 4:11; Lk 22:43
  • +It 28:12; Dn 7:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yoh. 1:1Img 8:22; Kl 1:15; Ivh 3:14
Yoh. 1:1Yoh 12:50; Ivh 19:13
Yoh. 1:1Img 8:30; Yoh 17:5
Yoh. 1:1Yes 9:6; Yoh 1:18; 10:35; Fp 2:6
Yoh. 1:2It 1:1; Mik 5:2
Yoh. 1:2It 1:26; 3:22
Yoh. 1:3Yoh 1:10; 1Kr 8:6; Kl 1:16; Heb 1:2
Yoh. 1:4Yoh 5:26; Ivk 3:15; 1Yh 1:2; 5:11
Yoh. 1:4Yoh 8:12
Yoh. 1:5Yoh 3:19; 12:35
Yoh. 1:6Lk 3:2
Yoh. 1:6Mt 3:1; Lk 1:13
Yoh. 1:7Yes 40:3; Yoh 5:33
Yoh. 1:7Mt 3:11
Yoh. 1:7Ivk 19:4
Yoh. 1:8Yoh 1:20; Ivk 13:25
Yoh. 1:8Yoh 5:36
Yoh. 1:9Mt 4:16; Yoh 3:19; 1Yh 2:8
Yoh. 1:9Yoh 9:39; 12:46
Yoh. 1:9Ivk 13:47
Yoh. 1:10Yoh 1:14
Yoh. 1:10Yoh 1:3
Yoh. 1:11Lk 19:14
Yoh. 1:12Rm 9:27
Yoh. 1:12Rm 8:16; 2Kr 6:18; Ef 1:5; 1Yh 3:1
Yoh. 1:12Gl 3:26
Yoh. 1:13Yoh 3:3; Yak 1:18; 1Pt 1:23; 1Yh 3:9
Yoh. 1:14Fp 2:7; 1Tm 3:16; Heb 2:14; 1Yh 4:2; 2Yh 7
Yoh. 1:14Yoh 3:16; 1Yh 4:9
Yoh. 1:14Ef 4:21
Yoh. 1:15Lk 3:16; Yoh 8:58; Kl 1:17
Yoh. 1:16Kl 1:19; 2:3, 9
Yoh. 1:16Ef 1:6
Yoh. 1:17Kv 31:18; Gus 4:44; Yoh 7:19
Yoh. 1:17Rm 3:24; 6:14
Yoh. 1:17Yoh 8:32; 14:6; 18:37; 2Kr 1:20
Yoh. 1:18Kv 33:20; Yoh 6:46; 1Yh 4:12
Yoh. 1:18Yoh 1:1
Yoh. 1:18Img 8:30; Yoh 13:23
Yoh. 1:18Mt 11:27; Lk 10:22; 1Yh 3:2
Yoh. 1:19Lk 3:15
Yoh. 1:20Yoh 3:28; Ivk 13:25
Yoh. 1:21Mal 4:5; Mt 11:14; 17:10; Mr 9:13
Yoh. 1:21Gus 18:15; Yoh 6:14; 7:40; Ivk 3:22
Yoh. 1:22Lk 3:16
Yoh. 1:23Yes 40:3; Mt 3:3; Lk 1:17, 76; 7:27; Yoh 3:28
Yoh. 1:25Mt 21:25
Yoh. 1:26Lk 17:21
Yoh. 1:26Yes 53:2
Yoh. 1:27Mt 3:11; Ivk 13:25
Yoh. 1:28Mt 3:6
Yoh. 1:29Kv 12:3; Yes 53:7; 1Kr 5:7; 1Pt 1:19; Ivh 5:6
Yoh. 1:29Yes 53:11; 1Kr 15:3; Heb 9:14; 1Pt 2:24; 1Yh 3:5
Yoh. 1:29Yoh 6:51; 1Yh 2:2; 4:14
Yoh. 1:30Yoh 1:15; 8:58; Kl 1:17
Yoh. 1:31Yes 40:3; Mal 3:1; Lk 1:76; Ivk 19:4
Yoh. 1:32Mt 3:16; Mr 1:10; Lk 3:22
Yoh. 1:33Lk 3:2
Yoh. 1:33Mt 3:11; Ivk 1:5; 2:4
Yoh. 1:34Mt 3:17; Yoh 5:33
Yoh. 1:36Ivk 8:32; Ivh 5:12
Yoh. 1:39Mt 8:20; 2Kr 8:9
Yoh. 1:40Mt 4:18
Yoh. 1:41Dn 9:25; Yoh 11:27
Yoh. 1:41Yoh 4:25
Yoh. 1:42Yoh 2:25
Yoh. 1:42Mt 10:2; Ivk 15:14
Yoh. 1:42Mt 16:17; Yoh 21:15
Yoh. 1:42Mt 16:18; Mr 3:16; Lk 6:14
Yoh. 1:43Mt 10:3
Yoh. 1:43Mt 9:9; Ivh 14:4
Yoh. 1:44Mr 8:22; Yoh 12:21
Yoh. 1:45Mt 10:3; Lk 6:14
Yoh. 1:45It 3:15; 22:18; 49:10; Gus 18:18; Yoh 5:46
Yoh. 1:45Yes 9:6; Yr 33:15; Ezk 34:23; Mik 5:2; Zk 6:12; Mal 3:1
Yoh. 1:45Mt 1:16; 13:55; Lk 2:4
Yoh. 1:46Yoh 7:41
Yoh. 1:47Yoh 2:25
Yoh. 1:49Lk 1:32
Yoh. 1:49Zk 9:9; Mt 27:11; Yoh 12:13
Yoh. 1:51Zb 104:4; Mt 4:11; Lk 22:43
Yoh. 1:51It 28:12; Dn 7:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
  • 51
Bibiliya y’isi nshasha
Yohani 1:1-51

Yohani

1 Mu ntango+ Jambo+ yariho, kandi Jambo yari kumwe n’Imana+, kandi Jambo yari imana+. 2 Uyo mu ntango+ yari kumwe n’Imana+. 3 Ibintu vyose vyabayeho biciye kuri we+, kandi bidaciye kuri we nta n’ikintu na kimwe cabayeho.

Icabayeho 4 biciye kuri we bwari ubuzima+, kandi ubuzima bwari umuco+ w’abantu. 5 Kandi umuco urakayanganira mu mwiza+, mugabo umwiza ntuwutsinda.

6 Hahagurutse umuntu yari yatumwe ngo aserukire Imana+: izina ryiwe ryari Yohani+. 7 Uyo muntu yaje ku bw’intahe+, kugira ngo ashingire intahe umuco+, ngo abantu b’uburyo bwose bemere biciye kuri we+. 8 Ntiyari uwo muco+, mugabo yari uwo gushingira intahe+ uwo muco.

9 Umuco w’ukuri+ uha umuco+ abantu b’uburyo bwose+ wagira uze mw’isi. 10 Yari mw’isi+, kandi isi yabayeho biciye kuri we+, mugabo isi ntiyamumenye. 11 Yaje iwe, mugabo abiwe ntibamwakiriye+. 12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+; 13 kandi ntibavyawe n’amaraso canke ukugomba kw’umubiri canke ukugomba kw’umuntu, ahubwo bavyawe n’Imana+.

14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+. 15 (Yohani yaramushingiye intahe, egome, mu vy’ukuri yarasemereye—uyo ni we yabivuze—ati: “Uwuriko araza inyuma yanje yarandenganye, kuko yabayeho imbere yanje+.”) 16 Kuko twese twaronse bivuye ku kunengesera kwiwe+, egome, ubuntu ata wari abukwiriye ku buntu ata wari abukwiriye+. 17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu. 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.

19 Iyi rero ni yo ntahe ya Yohani igihe Abayuda batuma kuri we abaherezi n’Abalewi bavuye i Yeruzalemu kumubaza bati: “Uri nde+?” 20 Kandi yaremeye icese ntiyahakana, mugabo yemera icese ati: “Jewe sindi Kristu+.” 21 Na bo bamubaza bati: “Ni gute none? Uri Eliya+?” Na we ati: “Sindi we.” “Uri wa Muhanuzi none+?” Na we arishura ati: “Oya!” 22 Nuko rero bamubwira bati: “Uri nde? kugira ngo duhe inyishu abaturungitse. Wewe wivugako iki+?” 23 Avuga ati: “Ndi ijwi ry’umuntu ariko arasemerera mu gahinga, ati: ‘Nimugorore inzira ya Yehova,’ nk’uko Yesaya umuhanuzi yavuze+.” 24 Ico gihe abari batumwe bari abo mu Bafarizayo*. 25 Nuko bamubaza ibibazo, bamubwira bati: “Ni kuki none ubatiza+ nimba ubwawe utari Kristu canke Eliya canke wa Muhanuzi?” 26 Yohani arabishura ati: “Jewe mbatiza mu mazi. Hagati+ muri mwebwe harahagaze umuntu mutazi+, 27 umwe ariko araza inyuma yanje, mugabo umugozi w’inkweto* yiwe ntibinkwiriye kuwupfundurura+.” 28 Ivyo vyabereye i Betaniya hakurya ya Yorodani, aho Yohani yariko arabatiriza+.

29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+! 30 Uyo ni umwe navuga ku bimwerekeye nti: Inyuma yanje hariko haraza umugabo yandenganye, kubera ko yabayeho imbere yanje+. 31 Na jewe sinari ndamuzi, mugabo icatumye nza mbatiza mu mazi kwari ukugira ngo ahishurirwe Isirayeli+.” 32 Yohani kandi yarashinze intahe, ati: “Nabonye impwemu imanuka nk’inuma, ivuye mw’ijuru, hanyuma iguma kuri we+. 33 Na jewe sinari ndamuzi, mugabo Umwe nyene yandungika+ kubatiza mu mazi ni we yambwiye ati: ‘Uwo wese ubona impwemu imanuka kuri we ikamugumako, uwo ni we abatiza mu mpwemu nyeranda+.’ 34 Nanje narabibonye, kandi narashinze intahe yuko uwo ari we Mwana w’Imana+.”

35 Bukeye na ho nyene, Yohani yari ahagararanye na babiri mu bigishwa biwe, 36 hanyuma yitegereje Yezu ariko aragendagenda, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana!” 37 Nya bigishwa babiri baramwumva avuga, baca bakurikira Yezu. 38 Maze Yezu arahindukira, hanyuma ababonye bariko baramukurikira, ababwira ati: “Murondera iki?” Bamubwira bati: “Rabi (bikaba bisobanura ngo Mwigisha), uba hehe?” 39 Ababwira ati: “Ingo, murahabona+.” Nuko baragenda, barabona aho yaba, baraheza bagumana na we uyo musi; hari nko kw’isaha y’icumi. 40 Andereya+ mwene wabo na Simoni Petero yari umwe muri abo babiri bumva ivyo Yohani avuze bagaca bakurikira Yezu. 41 Uwo yabanje kurondera mwene wabo bwite Simoni, amubwira ati: “Twabonye Mesiya+” (bikaba bisobanura ngo Kristu+). 42 Amujana kuri Yezu. Yezu amwitegereje+ avuga ati: “Uri Simoni+ mwene Yohani+; uzokwitwa Kefa” (bikaba bisobanura ngo Petero+).

43 Bukeye, yipfuza kuja i Galilaya. Nuko Yezu abona Filipo+, amubwira ati: “Nkurikira+.” 44 Filipo na we yava i Betsayida+, mu gisagara ca Andereya na Petero. 45 Filipo arondera Natanayeli+, amubwira ati: “Twabonye umwe Musa yandika ivyiwe mw’Itegeko+, n’Abahanuzi+ bakavyandika, ari we Yezu, wa mwana wa Yozefu+, w’i Nazareti.” 46 Mugabo Natanayeli amubwira ati: “Hari ikintu ciza cova i Nazareti+?” Filipo amubwira ati: “Ingo urabe.” 47 Yezu abona Natanayeli aza amugana, avuga ku bimwerekeye ati: “Raba, Umwisirayeli vy’ukuri, atarimwo ubuhendanyi+.” 48 Natanayeli amubwira ati: “Jewe wamenye gute?” Yezu amwishura ati: “Imbere y’uko Filipo aguhamagara, igihe wari munsi y’igiti c’umusukoni, nakubonye.” 49 Natanayeli aramwishura ati: “Rabi, uri Umwana w’Imana+, uri Umwami+ wa Isirayeli.” 50 Yezu amwishura ati: “Wemeye kubera ndakubwiye yuko nakubonye munsi y’igiti c’umusukoni? Uzobona ibiruta ivyo.” 51 Yongera kumubwira ati: “Ni ukuri kwose ndabibabwiye, muzobona ijuru ryuguruwe, n’abamarayika+ b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’umuntu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika