Zaburi 45:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Azozanirwa umwami ari mu vyambarwa vy’ibijishano+.Abigeme b’isugi bamuherekeje, bakaba ari abagenzi biwe, binjijwe iwawe+.
14 Azozanirwa umwami ari mu vyambarwa vy’ibijishano+.Abigeme b’isugi bamuherekeje, bakaba ari abagenzi biwe, binjijwe iwawe+.