-
Itanguriro 31:34Bibiliya y’isi nshasha
-
-
34 Mugabo Rasheli yari yatwaye nya terafimu; azishira rero mu gisimbo c’itandiko ry’ingamiya ry’abagore, aca aguma azicayeko. Nuko Labani atangura gukabakaba mw’ihema ryose, mugabo ntiyazironka.
-