Itanguriro 35:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Inyuma y’aho Izahaki aracikana, arapfa, maze ahamvya ab’iwabo, yisaziye kandi ahaze imisi+; Esawu na Yakobo abahungu biwe baramuhamba+. Imigani 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko biciye kuri jewe imisi yawe izoba myinshi+, kandi uzokwongerwa imyaka y’ubuzima+.
29 Inyuma y’aho Izahaki aracikana, arapfa, maze ahamvya ab’iwabo, yisaziye kandi ahaze imisi+; Esawu na Yakobo abahungu biwe baramuhamba+.