ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Yehova Imana abandanya kuvuga ati: “Ehe wa muntu acitse nk’umwe muri twebwe mu kumenya iciza n’ikibi+; ubu rero, kugira ntatume ukuboko ngo atore koko icamwa no ku giti c’ubuzima+ akarya maze akabaho gushika igihe kitagira urugero*, . . .”

  • Yesaya 46:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Jewe muzonsanisha na nde+ canke munganishe na nde canke mungereranye na nde ngo duse+?

  • Abafilipi 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Uyo naho yari ameze nk’Imana+, ntiyiyumviriye kunyaga ubukuru, ngo arondere kungana n’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika