Itanguriro 27:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yakobo abwira Rebeka nyina wiwe ati: “Mugabo Esawu mwene wacu ni umugabo afise ubwoya, nanje nkaba ndi umugabo w’umubiri unyerera+. 2 Abami 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Na bo bamubwira bati: “Yari umugabo afise impuzu y’ubwoya+, akenyeye umukaba w’urushato mu kiyunguyungu+.” Aca avuga ati: “Yari Eliya Umutishibe.” Zakariya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Kuri uwo musi abahanuzi bazomaramara+, umwe wese amaramazwe n’ivyo yeretswe niyavuga ubuhanuzi; kandi ntibazokwambara impuzu y’ibango ifise ubwoya+ kugira bahende abantu.
11 Yakobo abwira Rebeka nyina wiwe ati: “Mugabo Esawu mwene wacu ni umugabo afise ubwoya, nanje nkaba ndi umugabo w’umubiri unyerera+.
8 Na bo bamubwira bati: “Yari umugabo afise impuzu y’ubwoya+, akenyeye umukaba w’urushato mu kiyunguyungu+.” Aca avuga ati: “Yari Eliya Umutishibe.”
4 “Kuri uwo musi abahanuzi bazomaramara+, umwe wese amaramazwe n’ivyo yeretswe niyavuga ubuhanuzi; kandi ntibazokwambara impuzu y’ibango ifise ubwoya+ kugira bahende abantu.