ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 27:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko nyina amubwira ati: “Umuvumo wovumwe abe ari jewe ujako, mwananje+. Kimwe gusa niwumvirize ijwi ryanje maze ugende, uyindonderere+.”

  • Itanguriro 27:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Ubu rero mwananje, umviriza ijwi ryanje uhaguruke+, uhungire kwa Labani musazanje i Harani+.

  • Imigani 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Umviriza mwananje, indero ya so wawe+, kandi ntuhebe itegeko rya nyoko wawe+.

  • Abanyefeso 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bana, mugamburukire abavyeyi banyu+ mu bumwe+ n’Umukama, kuko ivyo bigororotse+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika