Itanguriro 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze uwa mbere arasohoka atukura hose nk’impuzu y’ibango y’ubwoya+; nuko bamwita Esawu+. Itanguriro 27:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ntiyamumenya, kuko amaboko yiwe yariko ubwoya nk’amaboko ya Esawu mwene wabo. Nuko aramuhezagira+.
23 Ntiyamumenya, kuko amaboko yiwe yariko ubwoya nk’amaboko ya Esawu mwene wabo. Nuko aramuhezagira+.