Gusubira mu vyagezwe 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+. Abaroma 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 kuko igihe batari bwavuke canke ngo bakore ikintu na kimwe ciza canke c’agahomerabunwa+, kugira ngo intumbero y’Imana ku bijanye n’itorwa ryabo igume itavana n’ibikorwa, ahubwo igume ivana n’Umwe ahamagara+, Abaheburayo 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kubera ukwizera kandi, Izahaki yarahezagiye Yakobo+ na Esawu+ ku bintu bizoza.
17 Kuko akwiye kwemera ko imfura ari umuhungu w’umwe yankwa mu kumuha imigabane ibiri ku kintu cose afise+, kuko uyo ari we buzibūra bwiwe*+. Uburenganzira bw’imfura ni we bwegukira+.
11 kuko igihe batari bwavuke canke ngo bakore ikintu na kimwe ciza canke c’agahomerabunwa+, kugira ngo intumbero y’Imana ku bijanye n’itorwa ryabo igume itavana n’ibikorwa, ahubwo igume ivana n’Umwe ahamagara+,