Itanguriro 25:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze uwa mbere arasohoka atukura hose nk’impuzu y’ibango y’ubwoya+; nuko bamwita Esawu+. Itanguriro 25:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Yakobo na we avuga ati: “Banza ungurisheko uburenganzira bwawe bw’imfura+!” Abaheburayo 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ngo ntihabe umusambanyi canke umuntu adaha agaciro ibintu vyeranda nka Esawu+, umwe yaheba uburenganzira bwiwe bw’imfura abukavye isahani imwe y’imfungurwa+.
16 ngo ntihabe umusambanyi canke umuntu adaha agaciro ibintu vyeranda nka Esawu+, umwe yaheba uburenganzira bwiwe bw’imfura abukavye isahani imwe y’imfungurwa+.