Luka 13:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Aho ni ho hazoba ukurira kwanyu n’uguhekenya amenyo+, nimwabona Aburahamu na Izahaki na Yakobo be n’abahanuzi bose mu bwami bw’Imana+, mugabo mwebwe ubwanyu mwatawe hanze.
28 Aho ni ho hazoba ukurira kwanyu n’uguhekenya amenyo+, nimwabona Aburahamu na Izahaki na Yakobo be n’abahanuzi bose mu bwami bw’Imana+, mugabo mwebwe ubwanyu mwatawe hanze.